Rafiki Tv +257

Rafiki Tv +257 Promoted

12/08/2025

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Methode Irabona

Aho nari gutembera mu bumanuko bw'igihugu umuyagankuba wabonetse 1min.Hari ahandi abandi mwoba mwawurabutswe?
12/08/2025

Aho nari gutembera mu bumanuko bw'igihugu umuyagankuba wabonetse 1min.
Hari ahandi abandi mwoba mwawurabutswe?

12/08/2025

Mukanya isase ngo aba katorika b'i Burundi barakira umush*tsi w'iteka.
Abegereye ikibuga c'indege mutubonera bimeze gute?
Wewe aho uherereye wamenye ayo makuru?

🚨Umunezero nyakuri uva ahanini Ku mahoro ari mu mutima kurusha amafaranga.  - Ivyo Amafaranga afasha : aratanga ivyo umu...
12/08/2025

🚨Umunezero nyakuri uva ahanini Ku mahoro ari mu mutima kurusha amafaranga.

- Ivyo Amafaranga afasha : aratanga ivyo umuntu akeneye (ibifungurwa, uburaro, ubuzima busayangana…), ariko ntashobora gutanga umunezero w’ukuri. Igihe umuntu adafise amahoro n’urukundo burya ntaco aba afise.
- Amahoro, naho atabonwa n’amaso, ni yo atuma umuntu yisanga, aruhuka, akunda, kandi agira ico ashikako. Umuntu afise amahoro n’ubwo yobura vyinshi bisayangana abantu bita ubutunai, arashobora kwama atwenga twenga anezerewe mbere biducunga aho uwo munezero uva.

Muri Make:
- Amafaranga ashobora gutuma ubuzima bworoha,
- Ariko amahoro ni yo sôko ry’umunezero uramba.

Uwogumaha uhitemwo amahera canke amahoro kimwe murivyo wohitamwo ikihe ?

21/05/2025

Burya usonza kare ngo niho uba ukomeye?

🛑🚦 Umuryango w'abaryamana basangiye ibitsina LGBTQ uvuga ko Ekleziya Gatolika igiye gutakaza abayoboke benshi inyuma y'a...
21/05/2025

🛑🚦 Umuryango w'abaryamana basangiye ibitsina LGBTQ uvuga ko Ekleziya Gatolika igiye gutakaza abayoboke benshi inyuma y'aho Papa Léon XIV avugiye ko ubukwe bushobora kuba hagati y'umugabo n'umugore gusa ubundi bwose aciye kubiri nabwo.

Bamwe bariko barategura guhagarika kwinjirira muri iryo dini kuko ngo ridashigikira Ibi Bintu vyabo .

🤔 Ariko igitangaje barazi n'uko abantu amamiliyoni ubu bariko barinjira mw'idini rya Gatolika inyuma y'aho Papa Léon XIV avugiye ivyo eka n'urubuga rwiwe Kuri Instagram mu minsi Hafi 4 gusa rumaze kurenza abarukurikirana imiliyoni 8.

INkurunziza💪papa mushasha Papa   Yaraye amenyesheje ko Adashigikiye Ubukwe bwabahuza Ibitsina babisangiye.yagize ati Umu...
21/05/2025

INkurunziza💪papa mushasha Papa Yaraye amenyesheje ko Adashigikiye Ubukwe bwabahuza Ibitsina babisangiye.yagize ati Umuryango ugizwe numugore nu Mugabo abo nibo bakwiye Guhezagirwa.yaniyamirije abakorora inda aho yagize ati Umwana ari Munda nikiremwa c'Imana gikwiye gukingirwa. Abemera Imana Oyeeee🙏🙏

19/05/2025

😳 KARABAYE , EREGA NGO REAL MADRID ISHOBORA GUTAHUKANA LALIGA 🏆. MUTI GUTE ⁉️🙆🏾

🫣 Naho K'umunsi w'ejo Fc Barcelona yakinye Bigurintege igatsindwa maze Real Madrid igatsinda,Ubu Fc Barcelona isumvya amanota 4 Real Madrid.

⚠️ Aho bigiye kubera ibamba rero ni hano, murukino rwahuje Fc Barcelona 🆚 Osasuna , Myugariro wabo Inigo Martinez yakinye urwo rukino bitemewe.

🧑🏻‍⚖️ Umurwi wa Osasuna waratanze ikirego muri Komine ijejwe indero no gusubiramwo imanza ariko ico kirego barakiraba baterera muri Poubelle 🗑️. Osasuna ntiyashirwa ,ica yunguruza ico kirego muri Sentare gasamburamanza y'umupira w'amaguru ariko bo ikirego baracakira ngo bacigeko.⚖️

⌛ Nk'uko bimenyeshwa n'ibinyamakuru nka na Top Time News ,ngo hamwe Fc Barcelona yokwagira amakosa izoca itsindwa impaga "Forfait" y'ibitsindo ( 3-0 ) nk'uko bisanzwe,Hama Real Madrid ikomeze kuba ndakibona sindagifata kuko Fc Barcelona nayone ntizoba yicaye igikombe izoba igikeneye.

19/05/2025

Nkaha mwibaza ko zaari isaha zingahe z'agatondo??

19/05/2025

Raba uyu murozi abanza kunteguza ngo tuganire imbere y'uko andoga.
Aha ntagira yiyononere akazi?mbe ko umushatsi wanje waheze nkifise imyaka 40,uwo mushatsi wanje bamushiriye bawukuyehe?

Address

Makamba

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Rafiki Tv +257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Rafiki Tv +257:

Share

Category