17/10/2022
NANJE NDICUZA
______________
_______
: we birya bariko bavuga wavyumvagut?
: jahubwo nagira haruwu*i umwe muritwebwe ivyo twikoza
: oyareka shaaa twoba dupfuye ndake noneho iyaba babizi baba bamuvuze
: shaaa jemfitamakenga burya papa yivugira make nabayakubonyahantu aranihorera ntumenya nakimwe
Mamawe uraziko avugiraho nkiradio
: ndakesera nkeka mzeh yarambonye kandi noneho harumusi yambona turikumwe naka jiji ariko haraciyigihe
: none yababonye gute? Asha muganawe ahusanga wikanga ngowakuze!
: hubwo naje namuciyeko nyene kwirigara naje namubonye tuza twamushikiy kera
: hahahaaa ndazi warimaramaje nubusoni bwinshi
Nukonyene shaaa ucawitwazango nukomusana
: nawuravyumva ! Ewana narakautse mugariko iyomubona kare nariguca nitambukisha nkamusiga nkahumenga ntitwarikumwe
: rekivyo tuvyihoze nakare ntakamaro mbe mbewaciyumuheba?
: yoooo malaika my kintu,
My mutima, gusa rero andikure
: bertin nukuri wuragowe ukokuntu uvangavanga ubukobwa akaje kose wikwegerako wenukuri nomubu*ima bizakugora
: haaaaa ! Werero ndumvukeney kunteranya kubantu none bose banyihaye nanje ntabwonzabakauka
: u*ingorane uzagira nuko hazageraho gukundumwe utazigera ubishobora kandiyindi ngorane nuko bose badafita imitimimwe haruwugukunze vya vrai n'uwundi akunda kukubona impandeye gusa kandi ndazi nawe ubwawe ndaziko nka annick utamukunda
Ikintangaza nukoga ngo na divine burya ntagushira kure nguramuryohera iyurikubaterinkuri urikutwenga rer ntumbazengo yakubonyehe!
: uwo divine nawe nuwahe?
: ntagakobwa u*i gafita utubiri twompi ntikirabura kandi ntaninzobe wenda ntikabyubushe kandi ntanavye
Gusa wangu gafita mumaso heza kagiye guseka kumatamaye hazudufosete
noneho ndazi urakazi gafita ninyenyi!
: aaah! Ubwo ntibabana?
: ntavyomenya jebarya twamenyaniye skl
: umva rero ninde muribarya nokunda?
: urumva ivyuri kuzana!
Wifi (belle soeur )wanje nkeneye kandinzi ni siala abandi iconkusaba wabihoza nimbudashaka abazakwambika ibara
: harinabi ubaziko?urazi jimpamvu bose bankunda bacumuganati vomera zose kuko utazi uruzama kare
Kandi noshobora ku*icuza nkigihe nobankira hama nkagaruka kubahiga
: urya nk'inka ugapfa n'imbwa
Gusa nimbutazi kuresha bizaguhanga
Harya urabiga bakakwiga
U*iyuko numvise annick ko............
kanda na canke ubandanye wironkera izindinkur