Logique burundi

Logique burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Logique burundi, Musenyi.

01/04/2026

🔥🌊🔥🌊Kuvyaraye bibaye ejo kumugoroba umva umva ukiri kwavyo

Mwibuka kugira kuriyi page yanyu

Ivyabaye mugisagara cibujumbura ivyabaye ibiturika bidasanzwe aho hadutse umuriro udasanzwe mukigo cigisirikareWibuke ku...
31/03/2026

Ivyabaye mugisagara cibujumbura ivyabaye ibiturika bidasanzwe aho hadutse umuriro udasanzwe mukigo cigisirikareWibuke kugira follow kuriy page tugugezeho amakuru mashasha page

31/03/2026

🔥🔥☄️☄️☄️bagiye hehe canke barabivuyemwo???

🔥🔥🔥Inkuru nziza kubaririvyi b'uburundi Iyinkur akaba arije muntu wambere ayibonye aband bakaba bagisinziriye ah umuririm...
31/03/2026

🔥🔥🔥Inkuru nziza kubaririvyi b'uburundi

Iyinkur akaba arije muntu wambere ayibonye aband bakaba bagisinziriye ah umuririmvyi LINO G afata rutema ikirere aho yagiye yambaye umupira uriko umuririmvyi wacu amaze imisi abikora neza cane kundirimbo yiwe AHA NIHE uwo muririmvyi akaba ariwe kirikou akil

Akaba aheruka gutwara akandi gashimwe kumuduga kuva mumateka yuburundi ariwe muririmvyi akoze ibikogwa nkibi

LINO G rero kumvo zurukundo n kwemere k kirikou ubu abafise akaba yamuhaye icubahiro nurukundo mukwerekana ibi raba kur iyo photo
Ushaka kumenya amakuru agezweho kanda suivre cank follow hama ubashe umenya utuntu nutundi 🙏🌍🌍

Bantu banje raba iyi photo neza uyicurike wongere uyicurure urambwira ico wabonye muri
19/03/2026

Bantu banje raba iyi photo neza uyicurike wongere uyicurure urambwira ico wabonye muri

👁👣Menya amakuru agezweho nibindi mutazi kuri  #  Aho vyadutse mugihugu c'uburundi bavuga ko mugihugu ca congo bariko bat...
06/03/2026

👁👣Menya amakuru agezweho nibindi mutazi kuri #

Aho vyadutse mugihugu c'uburundi bavuga ko mugihugu ca congo bariko batanga ibimazi kugira ngo ingwano yintambara iri muri congo ihagarare bakaba bateye mugihug cuburundi kuko Nico gihugu bavuga ko kirimwo abantu basenga cane hakaba reo hamaze gufata aba congoman batar bake besh bakaba bari Bujumbura'cibitoke c'arugombo kuko niho hantu cane hegeranye nigihugu ca congo kiretse nikindi akaba arizo ntara zari zirimwo aba congoman benshi cane

Hama ukaba ukeneye amakuru yukuntu biriko biragenda fyonda kuri # # ubashe ubona amakuru agezweho

Abantu bafise amenyo amez uko mubaziko iki???
19/02/2026

Abantu bafise amenyo amez uko mubaziko iki???

😴🥳Muntu umaze kuraba izi vidéo🖥 za wakera nukur sivyishimwo Abantu bubu ntibaciyumvira ibaze🤯 kugira vidéo🖥 u*i ko muban...
21/01/2026

😴🥳Muntu umaze kuraba izi vidéo🖥 za wakera nukur sivyishimwo
Abantu bubu ntibaciyumvira ibaze🤯 kugira vidéo🖥 u*i ko mubantu zitazofudika hazogera igihe abana👩‍👦 bawe vyoshika bakareba iyo video😱😭😥 abavyeyi nabandi benshiii mwandike muri impanuro twotanga🤌🙏❤

14/01/2026
Hello 🚁 nibanz ko umirimvy wacu B face twaray tubonye k yaray yuriye indeg igana mur kenya ariko akaba ataratubwira nez ...
20/12/2025

Hello 🚁 nibanz ko umirimvy wacu B face twaray tubonye k yaray yuriye indeg igana mur kenya ariko akaba ataratubwira nez n nez ikint agiye gukora ariko tukaba tacitez vuba cane gira ham tubasangize amakurur

🙏😍Nyenicubahiro umukuru wigihugu NDAYISHIMIYE EVARISTE ivyiza aguma adokorera m'abonne za nzahabu ingene zikayangana aka...
18/12/2025

🙏😍Nyenicubahiro umukuru wigihugu NDAYISHIMIYE EVARISTE ivyiza aguma adokorera m'abonne za nzahabu ingene zikayangana akajambo kamw mur

Address

Musenyi

Telephone

+25762541160

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Logique burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Logique burundi:

Share