Pax tv burundi

Pax tv burundi Pax TV Burundi

Kubwanyu mudahengeshanye kudukurikira Niki urwaruka rwokora kugira tube imboneza mwiterambere??
02/09/2023

Kubwanyu mudahengeshanye kudukurikira Niki urwaruka rwokora kugira tube imboneza mwiterambere??

02/09/2023

NUBWO BISHIKA TUKABABAZWA NABISI ,HEJURU Y UMUBABARO HARIHO IMANA IKOMEY YISHURE

Life is not how others think
18/05/2022

Life is not how others think

Pax TV ibifurije imigisha
21/10/2021

Pax TV ibifurije imigisha

30/08/2021

Abarundi dukwiye kumenya KO uburundi ari ubwacu kwari twe ddukwiye kubugira bwiza kurusha ,ico ciyumvira kije cisunga iciyumvira cugutereba ibiti kumutumba ndetse nuguca imikobeko wew uvyakira gut??

07/06/2021

Mwaramutse mute abeshi turi baza igituma indero iguma itituka ariko inyishu yavyo nuko abavyeyi basigay batakiyaga n abana babo , kuvyerekey imico n imigenzo ndetse n inyifato iberey murugo ,
M
🌹🛂🛂.ikindi abavyeyi basigaye batagiha umwanya abana babo aho mbere usanga abana basigaye babona ko abayaya n ababoyi aribo bavyeyi babo guko aribo babona hafi .
Rero twokwikebuka tukitaho indero y abana guko aribo Burundi bwejo nawe usomye ibi ubivuze ko iki ?

30/04/2021

Ejo aho bukera turahimbaza umzsi mukuri w abakozi non umukozi n uyuhe ?mbega umukozi asabwa iki?amategeko amugenga nayahe?ubwo hoba abagifata nabi abakozi babo?ayo nayandi ni kumusi wejo

Send a message to learn more

27/04/2021

Mû makuru twumva hirya Nino muvyo indero haravugwa cane urwaruka ruheba amashure bitumée n'imvo zitandukanye ngo aheshi birava kubukene kungwara abandi nabo bakabura uwubashigikira ngwariko bobo bagaheba ngo ngumbure atarimvo zibavuyeko?abandi nabo ngo bikava kungirane zitwndukanye nkirwara non ivyo bibazo vyoterwa inyishu gut?murahawe ikaze

27/04/2021

Pax TV Burundi

Haravuga cane ibijanye nukwambere udufukamunwa mukazi ndetse mubiyunguruza aho abeshi bavyitabirye naho havurwa KO hari ...
16/04/2021

Haravuga cane ibijanye nukwambere udufukamunwa mukazi ndetse mubiyunguruza aho abeshi bavyitabirye naho havurwa KO hari abatabinezererwa na cane cane kubantu biyunguruza aho usanga bamwe batakambay akarorero ni kwibarabara kamenge kinama aho usanga abajejw umutekana baguma bahimiriza aba chauffeur gukurikiza iyo ngingo .kubwawe ubibona gut?

Address

Mutanga
Ngagara

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pax tv burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share