06/10/2025
Kubatamuzi ni Evangelist Nziza Jordan numusore amazimisi Ariko afasha urwaruka muburyo bwinshi butandukanya, nyuma y’imisi mike iheze avuye muBurundi mubikorwa vyari vyamuzanye agiye Kenya naho neza neza mugisagara ca NAIROBI aho agomba yigishe abarundi baba muricogihugu ibijanye nuburyo bokwinjiza amafaranga bakoresheje urubuga rwa Facebook, tumazimisi tubona INTAHE zitandukanye z’abo Yafashije bakemererwa kurihwa nugworubuga, kubarundi muba mugisagara ca Nairobi aka ni akaryo keza muronse ko kuzobonana n’uwumukunzi wanyu neza neza NAIROBI CBD kuriyi salle mubona hano bita GREEN PARK HALL ni ikibanza kinini cane yabafatiye kandi kubazohashika Bose bazokwiga kubuntu.
Ukaba uzohaboneka urashobora kwandikira uwujejwe kwandika abantu kurino numero👇
+254111687753 (DAVID)