Mubivuze Kw'Iki? New Media

Mubivuze Kw'Iki? New Media Murahawe Ikaze Gushikiriza Ivyiyumviro Bitandukanye Kumakuru Atandukanye Ava Mugihugu cu Burundi.

Plan B is coming!!!
04/03/2025

Plan B is coming!!!

Mubivuze Kw'Iki?
27/02/2025

Mubivuze Kw'Iki?

Mwibazako Arigiki Gituma Abakobwa Bambara Ututuntu Munda? Kanda Like and Share Kugira Mudufashe Kuronka Inyishu.
11/02/2025

Mwibazako Arigiki Gituma Abakobwa Bambara Ututuntu Munda? Kanda Like and Share Kugira Mudufashe Kuronka Inyishu.

30/07/2024

.

Kw'isi nzima, Uburundi nico gihugu conyene umuntu atonda kuri station, abuze igitoro bakaca bamutwara imparati y'imodoka, akongera agatanga amande !

Igihugu gitwarwa na Evariste Ndayishimiye nico conyene Leta inaniwe kuzana ibitoro ica irihisha amakosa yayo abafise imiduga !
Ikori ryo kubura igitoro nta handi na hamwe ribaho !

Ewe !

Umusi Umwe Iyonda Izohava Imukorokana.
30/07/2024

Umusi Umwe Iyonda Izohava Imukorokana.

23/07/2024

Akabazo kamwe : Mbega igiye kubandanya yitwa umurwa mukuru w'ubutunzi canke tugiye kuwimurira mu kugira ducunge neza ntibatwibe ca kinogo?

_Niyungeko Gordien

12/11/2023

.

Amakuru Avugwa Mu Burundi, Icamamare Bunyoni Yasabiwe Gupfungwa Umunyororo Woguherayo Nawe Umusabiye Iki? .

Address

Avenue Muyinga
Ngagara

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mubivuze Kw'Iki? New Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Mubivuze Kw'Iki? New Media:

Share