Bafashe TV

Bafashe TV BAFASHE est une chaine créé dans le but de donner la parole aux gens en misères pour inciter les âmes charitables de leur venir en aide.

Notre ligne éditoriale: La main qui donne est celle qui reçois.

11/02/2024

_______________________

Abatari bake mwama mwumva bavuga ngo bamwivye

Irijambo benshi baribaza ico risigura abandi bakariha insiguro itariyo .
iyi ni imvugo ikoreshwa mugusigura ko atakintu c'akamaro nakimwe bamusigarije

Igikombamazi rero ni igiki ?
Ni igitambara cakoreshwa n'abubakanye mukwihanagura mugihe co kurangura amabanga yabubakanye .
Bivuze ngo iki nico kintu munzu caba gifise agaciro gato hafi yantako barinze bakikwiba ntaco baba bagusigarije.

Niho havuye iyo mvugo , wewe usomye iyi nkuru wari U*i iyo mvugo iyo yavuye ?

11/01/2023
11/01/2023

hamwe n'abo benegihugu
bavuga ko ababa muri ico kigwati babayeho mu buzima bubi harimwo no kutagira uburaro. Ivyo kandi bikaba n'intandaro y'uko atamwana n'umwe muri ico kigwati yiga.
Vidéo yose ni ngaha https://youtu.be/kfSncS7oHuk

Izina ryiwe rukumbi yiswe n'abavyeyi ni  . Ni nyumbakumi wo mu kigwati c'abatwa bo mu gacimbiri   ku mutumba wa Buye mur...
27/09/2022

Izina ryiwe rukumbi yiswe n'abavyeyi ni . Ni nyumbakumi wo mu kigwati c'abatwa bo mu gacimbiri ku mutumba wa Buye muri komine Mwumba intara ya Ngozi.

Uyu mutama wo mu bwoko bw'abatwa yaratuyagiye ingene ubuzima butoroshe abatwa bo muri ico kigwati babayeho: nko
_kubura uburaro
_kubura ibifungurwa
_kuba ngo bagikumirwa n'ikibano
_ kuba abana baho atanumwe yiga
--- n'ibindi bibazo bitari bike.
Vuba cane
turabaha bishasha.

16/07/2022

Abana batabanje gusinzira ntibashobora kurangura amabanga y'abubatse kubera kubura uburaro. Abatwa ubuzima bwabo burababaje , ikiganiro cose kirabe hano👇
https://youtu.be/Rd8jlnyTREE

Raba ibibazo aba bana bifitiye.
26/06/2022

Raba ibibazo aba bana bifitiye.

Imfashanyo igizwe n᾽impuzu z᾽ishure yatanzwe nuwitwa André NDAYAMBAJE yatumye tubona abandi bana 2 bavukana n᾽uwaragenewe iyo mfashanyo nabonyene bakeneye g...

25/06/2022

Kigori company
_____mwafunguye bwinshi kandi buryoshe ariko ibazaniye ikosora

ni uruganda ruhingura ifu yakanovera kandi nziza cane

Ukaba uri umudandaza yopfuza gukorana natwe ,
Uri mugisagara ca Bujumbura aho uherereyw hose turagushiknira woba ukorera urudandazwa rwawe hagati mugihugu !!! Twakure kuri iyo Numero iri kumufuko maze dukorane

Tuguha kukabeyi kazotumaugaruk

Abantu bafise umutima w'impuhwe baracariho.________________Basomyi ba Bafashe TV, muribuka inkuru twanditse y'umwana yit...
23/06/2022

Abantu bafise umutima w'impuhwe baracariho.
________________

Basomyi ba Bafashe TV, muribuka inkuru twanditse y'umwana yitwa Emile NSABIYUMVA yavukanye ubumuga bw'urukoba (nyamwema) aho yavugako afise intambamyi zitari nke zonahavura zimubuza kubandanya ivyirwa, harimwo ubukene bw'ibikoresho vy'ishure, impuzu , ibirato, amarineti n'inkofero vyo kumukingira izuba, {ushaka kubanza gusoma inkuru twari twanditse yirabe hano : https://www.facebook.com/107302325305469/posts/109056998463335/?app=fbl }
Hari uwakozweko n'iyo nkuru aca amurungikira impuzu z'ishure imyambaro itanu . Ni uwitwa André NDEREYIMANA aba mu gisagara ca Bujumbura. Abavyeyi b'uwo mwana hamwe n'uyo mwana nyene bakaba bamukengurukira bimwe bidasanzwe kubw'iyo mutima.

Tubamenyeshe ko banasanzwe bavukana ari abana 3 . Bose bakaba bavutse ari abanyamwema , bagasaba gushigikirwa .
UNICEF
Kithub News

Burya abantu bafise umutima wo gufasha baracariho☑️_________________Jérémie Nkorerimana ni umugabo yahuye n'ikibazo c'ub...
19/06/2022

Burya abantu bafise umutima wo gufasha baracariho☑️
_________________
Jérémie Nkorerimana ni umugabo yahuye n'ikibazo c'ubugwayi bw'amaguru. Chaîne youtube Yitwa BAFASHE TV yaramugendeye aho Jérémie yasavye ubufasha bw'uwomuronsa agakinga KO kwiyunguruza .
Aha rero ngako abantu b'umutima w'urukundo barakamuronkeje. 👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿 Inkuru yose kuri Bafashe TV 👇🏼
https://youtu.be/4ZTP7W6fTfI

Address

Ngozi

Telephone

+25771175824

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bafashe TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bafashe TV:

Share

Category