Qui Sait?

Qui Sait? like the page and wait for updates be explorator

24/10/2021

Raba ingene tunywa isukari nyinshi

21/10/2021

Je ne suis pas toi!
C'est pourquoi tu n'arrives pas à me comprendre

29/08/2021

ukwezi kwa myandagaro kukwibutsa iki???

21/05/2021

Amahoro Bakunzi ba Burundi explorator.
Hamaze igihe kitari gito hibonekeza ukurenga imbibe kw'amazi yo mu kiyaga Tanganyika ndetse no mu*indi nzu*i. Uruhara rwawe nanje mu kwitaho ibidukikije ndetse nintangere.

11/01/2021

🔴 Inyuma y'aho hatangarijwe igitigiri c'abantu 40 batoweko umugera wa ku magenekerezo ya 4 na 5 Nzero 2021, Umushikiranganji w'amagara y'abantu amenyesha ko igikorwa co gukurikirana abo boba barakoranye mu minwe canke bagiye hamwe catoye abandi 100 bandujwe mu bashika 5.300 bapimwe

AIR BURUNDI
27/12/2020

AIR BURUNDI

22/12/2020
22/12/2020
Burundi: l'ancien président de la république du Burundi   pierre est mort.
18/12/2020

Burundi: l'ancien président de la république du Burundi pierre est mort.

 : Umukuru w'igihugu c'ubufaransa   bamutoye umugera wa covid19
17/12/2020

: Umukuru w'igihugu c'ubufaransa bamutoye umugera wa covid19

Recevez toutes les Alertes Info de France 24 en temps réel sur Facebook et Twitter :

17/12/2020
16/12/2020

BAKUWE MU VYARA VYABARI BAGOMBA KUBAGURISHA NK'INYAGANO|

Ni abakenyezi 101. Igipolisi cabagunduriye mu muhana wo muri zone mu gisagara ca . Bari baratswe ibibafasha guhanahana amakuru vyose (amaterefone, ...). Bari barindiriye ko bajabuka kugurishwa nk'inyagano mu bihugu vyo hanze nka Arabie Saoudite, Qatar, na Oman. Abantu babiri bikekwako ubwo bubisha bakaba bafashwe mu ntumbero y'amatohoza.
Mu gipolisi bagasaba ko ababo boza kubatora

Wari u*i ko bikibaho ivyo bintu iki gihe?

Address

Université De Ngozi
Ngozi

Telephone

+25777382872

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Qui Sait? posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Qui Sait?:

Share

Category