Ijisho Web Site News TV

Ijisho Web Site News TV Ijisho Web Site News TV est un media qui diffuse des informations sur tout les domaines

Ngo:" Hakwiye ibiganiro hagati y'Uburundi n'Urwanda" kugira umusirikare w'Urwanda yateye Uburundi agacakirwa arekurwe.Ik...
27/09/2025

Ngo:" Hakwiye ibiganiro hagati y'Uburundi n'Urwanda" kugira umusirikare w'Urwanda yateye Uburundi agacakirwa arekurwe.

Iki kirahambaye cane kuko hariho abasisirikare b'Uburundi benshi bamaze kwicwa n'igisirikare c'Urwanda bagirizwa kuvogera imbibe z'Urwanda

27/09/2025

Ibibazo vy'Urwanda bizohitana abantu

Abagwanyi ba M23 bishikanye mu minwe ya FARDC mu ntambara zabereye Nzibira,bamaze gushikanwa mu minwe y'iperereza kubazw...
25/09/2025

Abagwanyi ba M23 bishikanye mu minwe ya FARDC mu ntambara zabereye Nzibira,bamaze gushikanwa mu minwe y'iperereza kubazwa

Igisirikare FARDC gikoresheje indege z'intambara sukhoi-25, cashoboye gusambura ubwirinzi bwo mukirere bwa AFC/M23Ubwo b...
25/09/2025

Igisirikare FARDC gikoresheje indege z'intambara sukhoi-25, cashoboye gusambura ubwirinzi bwo mukirere bwa AFC/M23

Ubwo bwirinzi bwatanzwe n'abambaro ba M23 bwari buriko bujanwa mugace ka Nzibira, Kuberako bari babonye ko vyanse gose ko bafata Nzibira.

Ingabo zirenga 30 za M23 zishikanye kuri FARDC

Umusirikare w'Urwanda yacakiriwe mu Burundi ntiyicwa mugihe iyaba umusirikare w'Uburundi afatiwe kubutaka bw'Urwanda aba...
24/09/2025

Umusirikare w'Urwanda yacakiriwe mu Burundi ntiyicwa mugihe iyaba umusirikare w'Uburundi afatiwe kubutaka bw'Urwanda abayamaze kugandagurwa bunyamaswa

Uburundi bugona buri maso,gutera Uburundi muzovyihoze kuko vyarananiranye kuva mugihe c'Abami.

Iyo winjiriye mu Kirundo hoho ni iyindi Story ?

23/09/2025

Intambara zo mu mashamba ya RDC

23/09/2025

M23 isigaye yicuza icatumye itanguza intambara muri RDC

23/09/2025

Wazalendo yashavuye mukugwanira igihugu

Uyu mukobwa ntashigikiye ko Se wiwe abandanya gutwara igihugu ca Cameroun Mugihe himitije amatora muri ico gihugu,Brenda...
19/09/2025

Uyu mukobwa ntashigikiye ko Se wiwe abandanya gutwara igihugu ca Cameroun

Mugihe himitije amatora muri ico gihugu,Brenda Biya mukobwa wa Prezida Paul Biya yashize ku rubuga rwa TikTok vidéo yagiriza Se wiwe kumukorera amabi menshi, rero asaba abanya Cameroun kudasubira kumutora ngo arongore igihugu.

Muri iyo vidéo Benda Biya (bavugako ari umutinganyi) asa n’uwuriko aravuga ari mu cumba ca hoteli, atanga urutonde rurerure rw’ibintu bibi avuga ko yagirijwe na se wiwe Paul Biya hamwe n'umuryango wiwe.

Ivyo birego vyerekeye uko ameze (umutinganyi) vyaciye bihinduka politike, uwo mugore w'imyaka 27 avuga ati: "Ntimutore Paul Biya. Yatumye abantu benshi bababara, harimwo n'umuryango wiwe bwite. Nizigiye ko tuzogira uwundi mukuru w'igihugu."

Iryo jambo, ryaje hagati mu gihe c’amatora y’umukuru w’igihugu yo mu kwezi kwa Gitugutu, ryaciye rigenda rirakwiragira.

Abarwanya iyo ntwaro ya Se wiwe batandukanye baravyakiriye neza, kandi bagaragaza ukurinda n'ubutwari bwa Brenda Biya

19/09/2025

Wazalendo irigamba ukwo yakubise M23 igata ikomoka

Address

Buye
Ngozi
1982

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijisho Web Site News TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ijisho Web Site News TV:

Share

Category