11/09/2025
π¨ Umukinyi wa Portugal yagirizwa umugore wa nyakwigendera Diego Jota!!
Ruben Neves [Umukinyi wa Portugal] yashavuye cane inyuma yo kubona ifoto yiwe yabonetse yasomanye numupfakazi wuwo bahoze bakinana.
Neves yagaragaje ishavu avuga ati: π£οΈ'Mwaramutse. Buri gihe nizera ivyiza mubantu, naburiwe kutabikora, ariko namaze gushavura, kandi sinigeze nipfuriza umuntu inabi.
'Umuntu yashize iyi shusho ku gifuniko c'ikinyamakuru, ntakwiriye kwishima, iyi shusho idashimishije. Jewe numugore wanje, @ deboralourenco23, tumaranye imyaka irenga 11, twishimye, hamwe numuryango untera ivyishimo, mu myaka 11 nti twigeze dushwana.
'Twakoze ibishoboka vyose kugira ngo dufashe Jota n'umuryango wiwe mu buryo bwiza bushoboka. Kubona iyi foto ntivyadushimishije nkuwayigaragaje.
'Nubaha ko buri wese afise akazi kiwe, nubaha kandi ko buri wese ashaka gukora uko ashoboye, Si nubaha abatubaha abandi.
'Nongeye kubivuga, Ndishimiye umugore mfise, n'umuryango mfise. Twishimiye Jota, kubwinguvu yari afise, twiteguye Gukora Ibintu vyose vyosabwa. arabizi.Murakoze. '
Football Daily SANI Magara Young Boys FC. Vital'o Footbal Club