IFT Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from IFT, Digital creator, Bujumbura.

🔥🔥UPDATE NEWS ON PLANET🌍🇧🇮🇷🇼🇹🇿🇰🇪🇺🇬🇨🇩🇳🇬🇸🇩🇲🇫🇿🇦🇺🇲🇦🇺🇮🇪...

‎‎🔴🟢 Ugurura 𝗕𝗨𝗕𝗘𝗧 uciye kuriyo 𝗟𝗶𝗻𝗸 👇 application birikumwe👇Koresha 𝗖𝗼𝗱𝗲 𝗣𝗮𝗿𝗿𝗮𝗶𝗻: 𝗙𝗜𝗙𝗔𝟭𝟱𝟳
https://ks.gy/2BB00SFIFA157

✅ WhatsApp: 79554785

visca
09/09/2026

visca

Show ya Fally Ipupa wayibonye gute ?
08/09/2026

Show ya Fally Ipupa wayibonye gute ?

❤️‍🔥💑 Bain Turo  ari mubicu,turamukeza ku ntambwe nshasha y’urukundo, aho ubu bishoboka ko yoba ari kumwe vyeruye na Dji...
30/08/2026

❤️‍🔥💑 Bain Turo ari mubicu,turamukeza ku ntambwe nshasha y’urukundo, aho ubu bishoboka ko yoba ari kumwe vyeruye na Djicia Kezak Bdi , umukunzi yamwitayeho cane mu gihe amaze ari kumusego. ❤️‍🩹🥰
Mu bihe Bain Turo yari arwaye cane, Djicia Kezak ngo yaramwegereye, aramwitaho kandi amuba hafi, aca aba umuntu w’ingenzi muri ico gihe kigoye Maze Bain Turo nawe ati :"Umuntu nkawe niwe abavyeyi bantumye"✊🏿❤️

Ibi bibaye inyuma y’uko ubucuti bwa Bain Turo n'uwari akanuma kiwe Nice Sky butakomeje nk’uko vyari bimeze. Abakunzi ba Bain Turo rero mumuhe amashurwe mwakire Umwana mashasha mu muryango mu mwipfurize yohorana na Djicia Kezak na we mu bihe vyiza no mu bihe bigoye. 💍❤️

👉🏿 Urukundo nyarwo ntirupimirwa gusa ku munezero, ahubwo rugaragarira cane mu gihe c’amagorwa. ❤️‍🩹

Bain Turo na Djicia Kezak, tubipfurije urukundo rwuzuye umunezero, ukwizerana n’amahoro! 🥰❤️🇧🇮

🤷🏾‍♂️ Ubwo Nice Sky ntazohava yabira nk'impene yamaze kurenga imitumba ⁉️

Igihuha turose muri kano kanya ⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️🚳Nuko  : Diamond Platnumz baraye bamuzimirijeko ivyuma inyuma y’igiteramo yarik...
30/08/2026

Igihuha turose muri kano kanya ⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️🚳

Nuko : Diamond Platnumz baraye bamuzimirijeko ivyuma inyuma y’igiteramo yariko akorera muri BK Arena!

Nk’uko vyabaye kuri Kirikou Akili, abanyarwanda bazimirijeko ivyuma umuririmvyi Diamond Platnumz wo muri Tanzania ariko araririmba ava ku ruvyiniro bamurikisha amaterefone!

Ni ibintu bimaze kuba kuri Kirikou Akili na Double bo mu Burundi uretse ko kuri Diamond bavugako vyatewe no kuba igiteramo carengeje amasaha cari guhererako!

29/08/2026

uyu mujama muramwibuka🤣😂😅

27/08/2026

500.000.000F🇧🇮 niyo nawewe uzohabwa ufashe ISOKO

23/08/2026

😱 None Uwu Musore Ari i 🇦🇪 Ko Nguma ndamubona Yidodomba Ku Mbuga Ngurukanabumenyi, Erega Sagasho none Ntiyotaha Nukuri?..🛬🇧🇮

uyu ninde?
23/08/2026

uyu ninde?

Mugani arabaramutsa Big Fizzo
23/08/2026

Mugani arabaramutsa Big Fizzo

Diamond Platnumz X Zuchu
22/08/2026

Diamond Platnumz X Zuchu

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IFT posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to IFT:

Shortcuts

Share