FranckNews.com

FranckNews.com journal

26/06/2025
🔵 🔴 Alain Olivier Niyungeko, anayejulikana pia k**a Mutombora, yuko tayari kuinoa Inter Stars kwa sababu hawajamlipa pes...
26/06/2025

🔵 🔴 Alain Olivier Niyungeko, anayejulikana pia k**a Mutombora, yuko tayari kuinoa Inter Stars kwa sababu hawajamlipa pesa yoyote.

🎤 Katika kitabu cha Prolongation, kocha huyo mkongwe alitueleza kuhusu migogoro aliyokuwa nayo na timu aliyoifundisha msimu uliopita:

“Nilisaini mkataba na Inter Stars, meneja ni W***y Mpingwe, uongozi umebadilika lakini sisi wafanyakazi tunawajibika kwa meneja mpya.

Katika mkataba huo, Inter Star ilitakiwa kunipa faranga za Rwanda milioni 10 k**a bonasi ya kusaini lakini walinipa milioni 1 tu na kuniambia kuwa mashindano yangeisha baada ya kuniandaa.

Kwa upande wa mshahara, ningesema kwamba kwa jumla, walinipa miezi 2 tu. Kwa mwezi mmoja, Inter Star waliweza kunipa milioni 2 walipopokea pesa za FFB lakini vinginevyo walinipa kiasi kidogo. Unapaswa kujua kuwa mshahara kwenye mkataba ni franc za Rwanda milioni 2 kwa mwezi.

Hata wachezaji hawalipwi, nikawaambia waendelee kucheza kwa sababu hakuna timu nyingine ya kucheza. Tulimaliza shindano letu na tulifanya kazi yetu vizuri lakini hatukupata pesa yoyote.

Hakuna ambaye angekubali kufanya kazi bure, tutaenda kwa Shirikisho la Soka la Burundi au FIFA, tuone wanaweza kutusaidia. "

14/06/2023

GUSHIKA UMUKURU W' IGIHUGU AFUNGUYE KURI ROLL EGGS NAKOZE
_____________________

ni umusore yitunganiriza imigambi mu gukora ifungurwa igezweho yitwa mu gisagara ca bujumbura ,aho agira ati : " Indoto yanje ni ukubona ari jewe ntumirwa mu manama akomakomeye gutegura z'abanyacubahiro, eka mbere ntasize inyuma n'umukuru w'igihugu".

Uwo munyamigambi atunganya iyo mfungurwa ikozwe mu magi , ifiriti , isosiso hamwe n'isalade n'utundi ngo ivyo yavyigiye ku mbuga ngurukanabimenyi kandi ari we avyiyigishije, inyuma yo gushira mu ngiro ivyo yabonye, akabona abironkeye abaguzi kandi babikunze yaciye abona kwatakidashoboka bimutera intege zo kubandanya .

arashima intambwe agezeko naho ataragera aho yifuza agatera akamo urundi rwaruka guhaguruka bagakora batarindiriye kuronka imitahe miremire , kuko ikiza imbere si amafaranga ahubwo ni ndoto yaho umuntu ashaka kugera .




✍️IrMed

 :Nkuko mubibonaho kuma photo abitwereka uyo numwambaro mushasha umugwi wa atletico new oil academy imaze gushira hanze ...
14/06/2022

:Nkuko mubibonaho kuma photo abitwereka uyo numwambaro mushasha umugwi wa atletico new oil academy imaze gushira hanze uzokoreshwa mumwakuza wamahiganwa wa 2022-2023 wewe mukunzi wa sport kubwawe ubona gute uyumwambaro.

Ufise icuvuga kuriyi nkuru twandikire muri commentaire

Mwivuka nokugira like na share musangiza nincutizanyu baze baronka amakuru agezweho kumwanya kumwanya

Source:FranckNews.Com

 :BOM BOM Bumamuru irongeye iratahukanye igikombe cumukuru wigihugu edission 2021-2022 imbere y'umugwi wa flambeau du ce...
11/06/2022

:BOM BOM Bumamuru irongeye iratahukanye igikombe cumukuru wigihugu edission 2021-2022 imbere y'umugwi wa flambeau du centre twibukanye nigikombe c'umukuru w'igihugu c'umwaka uheze vyagenze nkuku iyimirwi yarahuye muri final kandi bakinira kuri stade mukayanza batsindanye 3-1 nkuku nyene kweli urabona ko nuyumunsi ya score nyene niyo yagarutse kandi kuboneka kuruyumunsi aho Bumamuru 3-1 Flambeau du centre ikindi nuko twokwibuka ko na samedi iyi mirwi yatsindanye ukunyene 3-1

Bandanya tugira like na share tutibagiwe na comentaire tubandanye turonka amakuru agezweho kumwanya kumwanya

Source:FranckNews.Com

11/06/2022

:Half time imigwiyose igiye kuruhuka ari ubusa kubundi kumpande zose Bumamuru 0-0 Flambeau du centre

Twitege mugice kigira kabiri ko tuzakubona uwurusha uwundi atahukane igikombe kuruyumunsi reka tuvunti wait and see turindire igice cakabiri

Bandanya mukora share na like na comentaire

Dukomeze turonka amakuru ari update

Source:FranckNews.Com

11/06/2022
 :Ibiciro vyokwinjira gukurikirana urukino rwa final ya coup du président vyamaze kuja ahabonaDD:Portour ni 3000fb      ...
08/06/2022

:Ibiciro vyokwinjira gukurikirana urukino rwa final ya coup du président vyamaze kuja ahabona

DD:Portour ni 3000fb
Tribune ni 5000fb

Imiryango izoba yuguruye kuva isaha zine(10h) hama kugeza isaha zirindwi(13h)bazoba bugaye bisigure ko inyuma yayo masaha ntabantu bazosubira kwinjira mukibuga

Mbe ubona Bumamuru irasubira gutwara igikombe imbere ya flambeau du centre cank ni flambeau du centre iza kubikora itwara ibikombe bibiri vyose vyuyu mwaka wimikino wa 2021-2022 niko ubibona nawe

Ibuka kugira like kuri page yacu ugire na partage usangize ni ncuti zawe amakuru agiye atandukanye azirakumwanya

Source:FranckNews.Com


#

 :Umuryango wanyakwigendera nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA mubirori vyukumwibuka vyabaye kuruno munsi itariki ya 8/06/2...
08/06/2022

:Umuryango wanyakwigendera nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA mubirori vyukumwibuka vyabaye kuruno munsi itariki ya 8/06/2022

Source:FranckNews.Com

.com

 :Umugwi nserukiragihugu wa Cameroun wamaze gushika mugihugu ca Tanzanie mugisagara ca Dar salam aho bagiye gutana mumit...
07/06/2022

:Umugwi nserukiragihugu wa Cameroun wamaze gushika mugihugu ca Tanzanie mugisagara ca Dar salam aho bagiye gutana mumitwe nigihugu cuburundi nurukino ruzoba kumunsi wakane itariki 9/06/2022

Source:Francknews.com

 :BBC tugiye kubona ino trio yabikoze neza mumurwi wa Real Madrid tugiye kubabona bose mumirwi yabo nserukira gihugu bag...
07/06/2022

:BBC tugiye kubona ino trio yabikoze neza mumurwi wa Real Madrid tugiye kubabona bose mumirwi yabo nserukira gihugu bagiye kuzohurira muri mondiale izobera muri quatar

Source:FranckNews.Com

Address

Rohero

Telephone

+25769010101

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when FranckNews.com posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to FranckNews.com:

Share

Category