Umuco

Umuco Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Umuco, Media/News Company, Rohero.

23/01/2024

🇧🇮🇨🇦:Akiwacu Night organisé par les burundais et pour les burundais

Les gens du marquez cette date dans vos agendas le 09.03.2024 .Imaginez-vous une soirée culture en présence d'abatimbo,Inyangezi,Ishaka et bien d'autres ...

🔴Umukuru w'igihugu c'uburundi Prezida Evariste Ndayishimiye yaraye aganutse avuye mu nama y'ibihigu bigize ubumwe vyomur...
21/02/2023

🔴Umukuru w'igihugu c'uburundi Prezida Evariste Ndayishimiye yaraye aganutse avuye mu nama y'ibihigu bigize ubumwe vyomuri Africa yabereye muri Ethiopia.

📌Ng’ibi ibintu bitatu nyamukuru vyaranze iyo nama :

Ica mbere : Evariste Ndayishimiye yatowe ngo abe icegera ca gatatu c’ubumwe bw’ibihugu bugize Africa.

Ica kabiri :Evariste Ndayishimiye, yaratowe kandi nk' imboneza mw’iterambere ry’urwaruka rwa africa Aho hari iy’addis abeba mu gihugu ca etiopia mw’ihuriro rigira 36 ry’ivyo bihugu bigize ubwo bumwe.

Ica gatatu : Igisagara ca Bujumbura cagenywe muri iryo koraniro ry'ibihugu bigize Africa ngo kizobe umurwa wo kwakira ibiganiro buri mwaka vy’urwaruka vy’amahoro, n’umutekano ku rugero rwa africa.

❗Mwomenya yuko Urwaruka muri africa rungana n´ibice 77%kw'ijana vy’abanyafrica.

📷

📍 « Trappish Concert »une soirée pleine d’émotions et de surprises comme l’arrivée sur scène de 3 artistes dont Kirikou ...
19/02/2023

📍 « Trappish Concert »une soirée pleine d’émotions et de surprises comme l’arrivée sur scène de 3 artistes dont Kirikou Akili, Kivumbi king et Olegue qui n’étaient pas pourtant prévu mais qui ont fait vibrer les gens.
O.l.g Olegue
Kirikou

Hier, les amoureux du Hip Pop et Trap ont été bien servis,c’était lors de l’événement Trappish Concert qui se déroulait ...
19/02/2023

Hier, les amoureux du Hip Pop et Trap ont été bien servis,c’était lors de l’événement Trappish Concert qui se déroulait à World beach.
Les membres du Trappish Movement ont enflammés la scène par des grands artistes burundais et rwandais comme B face,Ish kevin,Fabelove et Bushali ,etc..

🔴Un honneur pour le Burundi Au cours de cette journée du 18/02/2023, Son excellence le président de la République du Bur...
18/02/2023

🔴Un honneur pour le Burundi

Au cours de cette journée du 18/02/2023, Son excellence le président de la République du Burundi a été nommé comme membre du bureau de l’Union africaine en tant que 3ème vice président représentant ainsi la région de l’Afrique centrale.

📍Aba Raperi b'abanyarwanda bagera kuri 9 hamwe n'aba DJ babiri  umu MC umwe  abahinyanyuzi n´abandi bashika kuri 25 bose...
17/02/2023

📍Aba Raperi b'abanyarwanda bagera kuri 9 hamwe n'aba DJ babiri umu MC umwe abahinyanyuzi n´abandi bashika kuri 25 bose bamaze gushika mu Burundi aho bahejeje gutanga ikiganiro ku bamenyeshamakuru kubijanye ni giteramo bajemwo ciswe "Trappish Music" kizoba ku munsi w'ejo igenekerezo rya 18/02/2023 Aho nyene kuri world beach.


🎤ISH KEVIN asanzwe ari umuririmvyi ava mugihugu kibanyi c'urwanda agira ati: « Ndanezerewe cane kuba ndi ngaha mu burundi kuko tuvuga ururimi rumwe. Kandi umuziki wacu ugira agaciro kubera abarundi dufise n'imico imwe,Nyimba twaje ngaha hariho iyindi mouvement itaboneka

🔴B face nawe arongera kumenyesha KO : « Twese dufise abafana bamwe ahubwo hazoca uwambaye hama jewe ivyo mwabonye ku mbuga ngurukanabumenyi , umu rappeur ikimuranga ni kuvyonga ariko nta rwanko rwarimwo »

Twobamenyesha yuko ico giteramo kizoba gifise intumbero yo guhuza noguha agaciro abaririmvyi bakora indirimbo z'umudiho wa rap mu Burundi no mu rwanda.

🔴La pénurie du carburant continue de faire des ravages dans le centre ville de Bujumbura.📌Depuis quelques jours jusqu’à ...
16/02/2023

🔴La pénurie du carburant continue de faire des ravages dans le centre ville de Bujumbura.

📌Depuis quelques jours jusqu’à maintenant,des fils de voitures s’empilent à côté des stations qui sont situés dans le centre ville de Bujumbura dans l’espoir de s’approvisionner en carburant et cela à tout prix en passant même des journées et des nuits à attendre cette denrée d’exception devenue rare.

⛽Dans certaines stations , seul le carburant gasoil (diesel) est disponible, contrairement à l’essence qui reste rarissime.

There  are many kinds of animals that can change s*x including clownfish;some of cardinals;slipper limpers;butterfliers…...
15/02/2023

There are many kinds of animals that can change s*x including clownfish;some of cardinals;slipper limpers;butterfliers… in order to maximize reproduction, a male can switch to female and female can switch to male

4Diduknow.site UMUCO MEDIA Limited

February 14, while all other countries celebrate Valentine's Day, Arabia saoudite is the only country where is forbidden...
14/02/2023

February 14, while all other countries celebrate Valentine's Day, Arabia saoudite is the only country where is forbidden to celebrate Valentine's Day since 2008.

The country applies an extremely rigorous interpretation of Islam and gender segregation is imposed there.

Aujourd'hui, Vichou Love  et son manager Happy Famba sont partis au Rwanda dans la maison de production" Kina Music" pou...
13/02/2023

Aujourd'hui, Vichou Love et son manager Happy Famba sont partis au Rwanda dans la maison de production" Kina Music" pour finaliser un projet qui était en cours dépuis 2018.
Happy famba indique que"la finalisation de ce projet a pris du temps puisque depuis 2018 jusqu'à présent le temps ne leur était pas favorable".
Rappelons que vichou love va sortir son album prochainement.

12/02/2023

Kurikirirana umukuru w'igihugu cacu c'uburundi ariko ashikiriza ijambo urwaruka. Yongera agabira B face, Mutima hamwe Na Vichou Love mubirori vyiswe inkerebutsiday.👇

https://youtu.be/Q1pDTMdKVZc

📌N´ibiki urwaruka rwatowe nk´inkerebutsi mu bisata bitandukanye rwoba rwarasigaranye nyuma yo guhura n’umukuru w’igihugu...
11/02/2023

📌N´ibiki urwaruka rwatowe nk´inkerebutsi mu bisata bitandukanye rwoba rwarasigaranye nyuma yo guhura n’umukuru w’igihugu ?

Umuco yaraganiriye na bamwe muri urwo rwaruka 11 baronse ubushimwe ;

🎤Kathia Gretta Iradukunda arongoye ishirahamwe Hyacinthe Art house ihingura ivyatsi biri mu bisanzwe bibangamira ikiyaga Tanganyika mu bitekezo canke ibikoresho vyogushariza agira ati :
« Uburundi burimwo ibihumbi n’ibihumbi vy’urwaruka rero n’iteka ridasanzwe kuri jewe kuba nashoboye kugira amahirwe nkaja murwaruka mirongo itatu bashoboye kuganira n’umukuru w’igihugu. umukuru wigihugu Yadutekereye impanuro yokutagira ubwoba bwa kazoza dutegure kandi dushiremwo inguvu muvyo turiko turarangura Ubu ntitubohwe nakazoza. Reta ntizoduterurira ibintu ikabituzanira hubwo izodufasha kuvyorosha ».

🎤Floris Niyonkuru nawe asanzwe arongoye ishirahamwe Quick Witted Robotic Education Company ryitaho kwigisha urwaruka; Imiyabaga;nabakiri bato ubuhinga bugezweho (La robotique éducative) bwo gukora Ama robot, kuyikorera, kuyateranya hamwe nokuya programma nawe yagize ati :
« Umukuru w'igihugu yaduhimirije ko twokerebuka tugakura amaboko mu mpunzu tugakora kandi ko reta atariyo itanga umutahe hubwo idushigikira muvyo tumaze gushikako. Yaduteye intege yuko bishoboka yuko mu burundi duhakorera imigambi iduteza imbere kandi igateza imbere n´igihugu cacu ».

🎤Kubwimana Lambert nawe akaba arongoye ishirahamwe sauveur risanzwe ririma kandi rihingura igiterwa c´ikizinu nawe yagize ati :
« Umukuru w'igihugu yatubwiye yuko twokwemera gutangura tukiri bato Hama Tukazokura ata kintu gikomeye cane ku muntu yitunganiriza imigambi (entrepreneur) kuko kubona uri muto uyu munsi ntibisigura yuko ataho uzogera ».

Aya n'amwe mu majambo y'inkoramutima nyen'icubahiro umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye  yabwiye urwaruka ku mugorob...
11/02/2023

Aya n'amwe mu majambo y'inkoramutima nyen'icubahiro umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yabwiye urwaruka ku mugoroba w'
#

11 jeunes entrepreneurs parmi les 15 qui ont participé à l'événenement   vont être primé par le président de la  républi...
10/02/2023

11 jeunes entrepreneurs parmi les 15 qui ont participé à l'événenement vont être primé par le président de la république et recevoir des certificats de reconnaissance pour s'être demarqué des autres et pour leur contribution bénéfique au développement du pays.

Notez que les activités de cet évenement se tiennent toujours au jardin public de bujumbura avec différents personnalités publiques.

Address

Rohero

Telephone

+25761637164

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umuco posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Umuco:

Share