Isôko Fm-Rbdc

Isôko Fm-Rbdc Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Isôko Fm-Rbdc, Radio Station, Rohero.
(1)

✅ 👊 Official page of
📻Radio Isôko Fm 🇧🇮 Ijwi ritungisha

▪️Mudukurikiranira kuri 100.4Mhz ku bari i Bujumbura no mu gihugu hagati.

▪No kuri www.isokofm.com ku bari hanze y'igihugu


Contact +25765478000

Amafaranga yababa imiriyaridi 2 ni yo amaze gukoreshwa mw'itunganywa ry'ikibanza cahahoze isoko nkuru ya Bujumbura,  .Ay...
18/07/2025

Amafaranga yababa imiriyaridi 2 ni yo amaze gukoreshwa mw'itunganywa ry'ikibanza cahahoze isoko nkuru ya Bujumbura, .

Ayo mafaranga akaba yakoreshejwe mu bikorwa vyo kubomora ibisigarira vy'ivyahitanywe n'umuriro, gukubura no kuzitira ico kibanza.

Fablice Manirakiza, arongoye ishirahamwe , ryahawe uburenganzira bwo kubaka iyo soko nkuru ya Bujumbura, asigura ko ivyigwa vyo gupima isi (études géotechnique) hamwe no gushiraho igicapo c'uko isoko izoba imeze vyamaze kurangira. Amenyesha kandi ko iryo shirahamwe ryashizeho n'uburyo bwo gukinga ampanuka zizotumbera iyo nyubakwa, zigatuma abakorerayo bahunga.

Kukijanye n'uburyo bwatanzwe n'abenegihigu ngo bushirwe mu kigega co kubaka iyo soko, Fablice manirakiza agira ati:"Abantu bamaze gutanga amafaranga yabo muri ca kigega, ntihagire uwusimbwa n'umutima ngo hari amafaranga yiwe arakora. Ntanicasha kirakora kuko, position ubaka nation group ihagazemwo, ni kunyungu zuwayizeye, ni kunyungu zuwizeye gushigikira uwu mugambi. Bisigura ngo na twebwe turi muri position yo kuvuga tuti , kugira amafaranga ba benegihugu bamaze gutanga, ashobore gutangura kuza muri ibi bikorwa vya buja city plaza, nuko iyo contrat ya 2 reta izoba yayidusinyiye kuko niyo garantie".

Twagiye live kuri YouTube mukiganiro c'inkino ♨️♨️♨️♨️👇👇👇
18/07/2025

Twagiye live kuri YouTube mukiganiro c'inkino ♨️♨️♨️♨️👇👇👇

Kaze tubane mukiganiro c'inkino co kur'uyu wagatanu igenekerezo rya 18.07.2025- Ninde agiye gutsinda hagati ya DYNAMO n'URUNANI kuruyu wagatandatu?-Aigle Noi...

Kaze tubane mukiganiro c'inkino co kur'uyu wagatanu igenekerezo rya 18.07.2025- Ninde agiye gutsinda hagati ya DYNAMO n'...
18/07/2025

Kaze tubane mukiganiro c'inkino co kur'uyu wagatanu igenekerezo rya 18.07.2025

- Ninde agiye gutsinda hagati ya DYNAMO n'URUNANI kuruyu wagatandatu?

-Aigle Noir yasinyishije umukinyi mushasha

- Real madrid Niyo yinjije amafaranga menshi mumwaka uheze.

- Deco ashobora gutandukana na Barcelone

- Inyuma yuko Jude bellingham abagiwe ,Xabi Alonso yoba agiye kuja arakinisha umugwi wiwe gute?

- Sami Khedira yatangaje ibikomeye kuri Real madrid.

- Mercato zifashe gute?

18/07/2025

Journal En Français Du 18/7/2025 Sur IsokoFM 100.4 MHZ

18/07/2025

AMAKURU MU KIRUNDI YO kw'igenekerezo Rya 17/7/2025 Kuri IsokoFM 100.4 MHZ

18/07/2025

Kurikirana ikibiriraho amateka yaranze igenekerezo rya 18 MUKAKARO, amakuru yiriwe aravugwa ejo hahise hamwe kandi n'ikiyago kiryoshe, gitwenza kandi cigisha. Ni kunsamirizi ISOKO FM kw'100.4 MHZ

Umukuru w'igihugu c'uburundi Evariste Ndayishimiye yagenywe kuba intumwa idasanzwe y'ishirahamwe ry'ubumwe bwa afrika mu...
17/07/2025

Umukuru w'igihugu c'uburundi Evariste Ndayishimiye yagenywe kuba intumwa idasanzwe y'ishirahamwe ry'ubumwe bwa afrika mu karere ka Sahel.

Biri mu mw'itangazo ryasohowe n'ishirahamwe ry'ubumwe bwa afrika kuruno wa 17 mukakaro.

João Lourenço, umukuru w'igihugu ça angora akaba ari nawe arongoye ishirahamwe ry'ubumwe bwa afrika akaba yizeye umukuru w'igihugu c'uburundi kuba intumwa idasanzwe murakoze karere, kubera uburambe afise mu burongozi no gutahura ingorane umugabane wap afrika ufise.

Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye akazokurikirana ibibazo bijanye n'umutekano no gufasha abanyagihugu bari mu ngorane, hamwe no gufasha guhimiriza ibijanye n'imigenderanire y'ishirahamwe ry'ubumwe bwa afrika nakarere ka .

🚨🔥 Bishasha bigiye kuboneka muri Twash*tse Event, ubuho ntanumwe atazoronka akaryo ko kuzoronkayo ikintu. 🥳 Ngiryo ihiga...
17/07/2025

🚨🔥 Bishasha bigiye kuboneka muri Twash*tse Event, ubuho ntanumwe atazoronka akaryo ko kuzoronkayo ikintu.

🥳 Ngiryo ihiganwa rimwe muyo twabateguriye rigiye kubonekayo. Kurijamwo ntakigoye kirimwo, simbira kuri Instagram yacu ariyo bubet_officiel mwirabire uko bizogenda .Ironkere ubushimwe muri BuBET vyoroshe,biciye muri Twash*tse Event.

👉 Kwinjira Instagram yacu vyoroshe fyonda aha gusa : https://www.instagram.com/bubet_officiel?igsh=MXI2NXp4bHBsdHpsYg==

☎️ Mufise ico kutubaza twandikire : 65 170 955

🔥Hamwe na Bubet Utsinze Uraronka

Kaze mu kiganiro c'inkino turi Live
17/07/2025

Kaze mu kiganiro c'inkino turi Live

Kurikirana Ikiganiro Isoko Sports Kuri Isoko FM 100.4Mhz Lamine Yamal Yamaze Guhabwa /Ibrahim Konate

17/07/2025

Journal En Français Du 17/7/2025 Sur IsokoFM 100.4 MHZ

♦️♦️Indirimbo yatahukanye ikibanza ca mbere mu Kiganiro  .==========✍Indirimbo   Tu ya Simpo Ra ikaba ariyo ndirimbo yat...
17/07/2025

♦️♦️Indirimbo yatahukanye ikibanza ca mbere mu Kiganiro .
==========

✍Indirimbo Tu ya Simpo Ra ikaba ariyo ndirimbo yatahukanye ikibanza ca mbere mu Kiganiro ,ikaba igiye guhabwa Promotion y'indwi yose ivuzwa ubudasiba ku Nsamirizi Isôko Fm-Rbdc .




Address

Rohero

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Isôko Fm-Rbdc posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Isôko Fm-Rbdc:

Share

Category