Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Burundi Gospel TV, TV Channel, Avenue de l'amitié, Rohero.

Welcome to the official page of Burundi Gospel TV
All about Gospel Artists,Preaching,Different Gospel Events of Burundians and Beyond, Including Burundi diaspora
Online Burundi Gospel TV based in Bujumbura-Burundi, You can contact us on +257 69 249 867

23/09/2025

Wakupewa sifa na utukufu na heshima ni wewe mwenye nguvu

23/09/2025

Ntabwo dukwiye kuvuga dusunitswe n'ubwoba - Pst. Jérôme BIZIMANA

Ishirahamwe rukristo   rirongowe n'umuvugishwa   ryaratunganyije igikorwa co gufasha abana b'imfuvyi ba ntahonikora mumu...
20/09/2025

Ishirahamwe rukristo rirongowe n'umuvugishwa ryaratunganyije igikorwa co gufasha abana b'imfuvyi ba ntahonikora mumugambi waryo ALLINITIATIVE.
Iryo shirahamwe rikaba ryahaye abana b'imfuvyi 102 ibikoresho vy'ishuri, Abo bana bakaba ari abo muma quartier ya KAJIJI,BUSORO Na GISYO vyo muri Komine KANYOSHA.
Ivyo bikorwa bikaba vyitabiriwe n'abantu batandukanye harimo abakozi b'Imana, abatware bo muri ayo ma karitiye.
Ivyo bikorwa bikaba vyaranzwe n'umunezero muri abo bana n'abagize iryo shirahamwe
Bahejeje ico gikorwa mugusengera urwo rwaruka barusabira kuzoronka umwimbu ushimishije mw'ishure.

12/09/1997-12/09/2025 Imyaka 28 iraheze tubuze Pasteur NDARUHUTSE David! Uyu Mukozi w’Imana adasanzwe, niwe yatanguje Mi...
13/09/2025

12/09/1997-12/09/2025
Imyaka 28 iraheze tubuze Pasteur NDARUHUTSE David!
Uyu Mukozi w’Imana adasanzwe, niwe yatanguje Ministère du Réveil en Afrique/ African Revival Ministries (ARM Int’l) na Eglise Vivante de Jésus Christ!

Je t’invite à prier avec moi à travers le *Psaume 139* 🙏   Un moment d’adoration pour se laisser sonder par Dieu et se r...
10/09/2025

Je t’invite à prier avec moi à travers le *Psaume 139* 🙏
Un moment d’adoration pour se laisser sonder par Dieu et se rapprocher de Lui.

🎧 Regarde ici :

Psm 139 un moment d’adoration pour se laisser sonder par Dieu et se rapprocher de Lui. ...

10/09/2025

Ico gihe akanwa kacu kari kuzuye ibitwengatwenga,
N'indimi zacu zari zuzuyemw' indirimbo:
Ico gihe mu mahanga bavuga,
Bat' Uhoraho yabakoreye ibikomeye.
Ni koko, Uhoraho yadukoreye ibikomeye,
Natwe turanezerewe.
New song N'Ubu TURACASHIMA IMANA by Edidia MUGISHA to be out soon 🎥 🔥 !
https://youtube.com/?si=aziEy6VqNDhf_Xmc

07/09/2025

Dutoze abana bacu indero nziza/Mugire umwete yo kwigisha abana ijambo ry'Imana👉Pst. Vincent NIJIMBERE

Umuryango wa Spirit Voice - God's Voice  urongowe n'umukozi w'Imana     bashikirije ibikoresho vy'ishure abana basanzwe ...
01/09/2025

Umuryango wa Spirit Voice - God's Voice urongowe n'umukozi w'Imana bashikirije ibikoresho vy'ishure abana basanzwe bafashwa n'ishirahamwe (Twikenure impfuvyi zitwenge ) risanzwe ryitaho gufasha n' b' mu ntumbero yo kwitegurira umwaka w'ishure ugiye gutangura ku civugo bise
.

Ivyo bikorwa bikaba vyabereye muri Quartier Carama mu gisagara ca Bujumbura🇧🇮 aho hashoboye gufashwa abana bagera kuri 68 .

Umurongozi wa arashimira cane abashigikira mu gufasha abo bana kuko abana bamwe bafashijwe na bageze muri Kaminuza abandi bariko baheza amashure y'isumbuye anasaba ababishoboye gukomeza bashigikira no mubindi vya nkenerwa kuko harimwo abana baba barabuze abavyeyi bose bakenera ivyo gufungura, kwambara, n'ibindi.

kuruhande rw'abapfakazi basaba kuronswa umutahe kugira nabo bagire ico bakoze gutyo baze bararonka ico bareresha abana .

's urashimira cane umurwi w'abaririnvyi & na Holy Montain TV wabanye nabo mukubashigikira mubikorwa haba mu masengesho, m'uburyo n'abashoboye kujana nabo muri ico gikorwa c'Imana

Kuri uyu wa gatanu ingenekerezo rya 29/08/2025 niho Umukozi w'Imana Prophet Kenny Rogers NININAHAZWE arongoye ministère ...
29/08/2025

Kuri uyu wa gatanu ingenekerezo rya 29/08/2025 niho Umukozi w'Imana Prophet Kenny Rogers NININAHAZWE arongoye ministère PNEUMA FELLOWSHIP BURUNDI Aho yahaye ikiganiro abanditsi n'ibinyeshamakuru kugikorane gikomeye kirangiza umwaka citiriwe “Ijoro ryo Kuganza” (Night of Dominion*), kizobera i Kampala, mu gihugu c’Ubuganda, kw'igenekerezo rya 31 Kigarama 2025*.

🧑🏿‍🦱💬" Turashaka guhamagarira Abarundi bose, aho bava bakagera, banyotewe Imana, kuza kwifatanya natwe muri ico gikorwa. Twiteze ibitangaza bikomeye: abagwayi gukira, abantu kumva amajambo y’ubuvugishwa, no gushikirizwa umugambi w’Imana ku buzima bwabo, ku miryango yabo no ku gihugu cacu.”

*Night of Dominion* ni ijoro ry'amasengesho, ugusengera igihugu, ugusabira imiryango, no kugenderwa n'Imana mu buryo budasanzwe.

Address

Avenue De L'amitié
Rohero

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi Gospel TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Burundi Gospel TV:

Share

Category