Katar Simon Daniel

Katar Simon Daniel Talking About Burundian Gospel and the Entire world
What Can we do to Serve God in good Ways 🙌
🇧🇮 🌎 🎤🎵

19/07/2025

Was amazing Night to meet Pastor Travis Greene 🔥🔥

19/07/2025
19/07/2025

Grace Idowu In the House 🔥

19/07/2025

Let's be Together ❤️

fans

N'amwe Mumahirwe adasanzwe Nagiriwe Kuba Live n'abaririmvyi Bakomeye Kwisi ✍️Ubwo Rero Bidukundiye Turashibora Kuba Live...
19/07/2025

N'amwe Mumahirwe adasanzwe Nagiriwe Kuba Live n'abaririmvyi Bakomeye Kwisi ✍️

Ubwo Rero Bidukundiye Turashibora Kuba Live Bikunze✍️

fans

19/07/2025

Let's be Together 🔥🔥
Live With Travis Greene 🔥🔥

fans

18/07/2025

Inyishu TV +257 ngo abanebwe n'ukubaheba😂😂

fans Ngenda Dodi Donathe Faraday key Ézéchiel Lavezzi Costa coks Gisèle.N Pascal Ndagiwenayo

Boom Boom Boom 💥 💥🔥🔥🎧🇧🇮Inyuma Y'Ibikorwa Vyinshi Harimwo na STREAMS OF LIFE baherutse Guhuriramwo Kikagenda neza Cane Ni...
16/07/2025

Boom Boom Boom 💥 💥🔥🔥🎧🇧🇮

Inyuma Y'Ibikorwa Vyinshi Harimwo na STREAMS OF LIFE baherutse Guhuriramwo Kikagenda neza Cane

Ni BMG na aho Tumaze Kumenya ko hari amakuru avuga KO bashobora kuba Hari igikorwa bagiye gukorera hamwe🔥🔥🔥🔥🎧🎧

Ndabibutse ko Aba ba Jeunes ari bamwe mubantu bariko barabikora neza Cane mumyaka Yabo✍️

Tubwire wibaza ko ikigikorwa kigomba gihuze bano baririmvyi Coba arikihe ? Duhurire muri comment

fans Inyishu TV +257 INYISHU BAND Didi Dynamique

14/07/2025

Vyatanguye Dukoronizwa n'Ababirigi
Ubu naho dukoronijwe n'abayapani hamwe n abafiripine badutwara na Duke twari Dufise🥺

13/07/2025

Imico
fans

Address

Rumonge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Katar Simon Daniel posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share