Turiho TV Radio

Turiho TV Radio +25779959435

09/05/2025

Shimimana by Nimbona Chaigo Official Video

Yagiye ahabona uramuzi?๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
09/05/2025

Yagiye ahabona uramuzi?๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Shimimana by Nimbona Chaigo Official Video

*UMURYANGO WA BENE SAMURAGWA*.*PROVINCE MAKAMBA*Umukuru w'Umuryango wa Bene Samuragwa *NIYIMBONA Mรฉlance alias De Liaiso...
19/01/2025

*UMURYANGO WA BENE SAMURAGWA*.

*PROVINCE MAKAMBA*

Umukuru w'Umuryango wa Bene Samuragwa *NIYIMBONA Mรฉlance alias De Liaison* yifadikanije kur' uyu wa gatandatu igenekerezo rya 18 Nzero 2025 n'abenegihugu b'i Nyanza-Lac umutumba Bukeye mu bikorwa vyo kubagarira ibiti vy'amavoka bigera ku 500. Ivyo bikorwa vyari vyatewe iteka na Nyakwubahwa Buramatari w'intara nziza ya Makamba, *Tantine Ncutinamagara*.

Aha Buramatari yahamagariye abenegihugu kugwiza ico giterwa c'ivoka maze Uburundi bwironkere amafaranga mvamakungu.
*De Liaison* yaje yitwaje agakemanyi yarungikanywe na Bene Samuragwa, Samuel Ndayizeye batazira Baros na Simรฉon Mugisha basanzwe bari mu muryango wa Bene Samuragwa baba mu *Bufaransa*.
Ako gakemanyi kari kagizwe n'imashine nyabwoko n'ivyo bijanye bizokora mu buserukizi bw'impetso muri komine ya Nyanza kugira boroshe ivyo kwandika no gutanga ivyegeranyo n'imyambaro y'impetso izohabwa abafise amikoro make. Yashikirije kandi mw'izina y'abo Bene Samuragwa ibifungurwa bigizwe n'umuceri n'ibaharage eka n'isabuni abenegihugu b'amikoro make bo Ku mitumba ya *Kabondo* na *Bukeye*.
Bagendeye kandi Ishure y'abafurera y'aba Scheppers y'i Kigembezi aho bashimiye uwo muryango w'abafurera ingene niyumviriye kwubaka iryo shule.

๐Ÿ””๐Ÿ””๐Ÿ””
21/10/2024

๐Ÿ””๐Ÿ””๐Ÿ””

Kwivuga amazina nkoresheje ijambo ry'Imana,naranditse nigitabo cijambo ry'Imana$@๐Ÿง ๐ŸŽ‰๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡https://youtu.be/By6l4t-TDOI Mukugura wame ukurikirana ibiganiro v...

Nturengane udahezagiwe nino ndirimbo๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
19/10/2024

Nturengane udahezagiwe nino ndirimbo๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

#๐‘ฐ๐‘ฒ๐‘ฐ๐‘ด๐‘ฌ๐‘ต๐’€๐‘ฌ๐‘ป๐‘บ๐‘ถ ๐‘ฉ๐’€ ๐‘พ๐‘ฌ๐‘ณ๐‘ญ๐‘จ๐‘น๐‘ฌ ๐‘ช๐‘ณ๐‘จ๐‘บ๐‘บ๐‘ฐ๐‘ช(๐™ป๐šˆ๐š๐™ธ๐™ฒ๐š‚)

BURUNGA impano kugwaruka ziguma zibonekeza๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
19/10/2024

BURUNGA impano kugwaruka ziguma zibonekeza๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Niyoline : Hastar Beat Video Director :Paty Classic

https://youtu.be/rJ4WHmvMWRg?si=7zK2_fUccCwFmrjL ๐Ÿ‘†๐Ÿฟ๐Ÿ‘†๐Ÿฟ๐Ÿ‘†๐Ÿฟ Muri gwarukundo,ubumwe nukwipfurizanya amajambere ๐ŸŽค๐ŸŽค๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Umuririmv...
17/09/2024

https://youtu.be/rJ4WHmvMWRg?si=7zK2_fUccCwFmrjL ๐Ÿ‘†๐Ÿฟ๐Ÿ‘†๐Ÿฟ๐Ÿ‘†๐Ÿฟ Muri gwarukundo,ubumwe nukwipfurizanya amajambere ๐ŸŽค๐ŸŽค๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Umuririmvyi nuwacu mumfashe gukurikirana ibikogwa tutirengagije gukora subscribe na comment hamwe na Like muzoba mukoze.๐ŸŽผ๐Ÿ–ฑ๏ธ

Namahunja bafise vyinshi bahuriyeko gusa aravuzukuri kundirimbo yakoranye na Ester Nishi ukovyagenze music music mix chill mu...

๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‚๐Ÿ‘‚๐Ÿ‘‚
07/09/2024

๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‚๐Ÿ‘‚๐Ÿ‘‚

Impano kugwaruka gwomuntara nziza ya Rumonge mukuririmba simbona ukobiriONLINE TV+257

24/08/2024

BURUNGA GOSPEL DEMOSTRATION

Address

Rumonge, Bururi
Rumonge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Turiho TV Radio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Turiho TV Radio:

Share

Category