09/05/2025
🕳Abanyeshure bahejeje inyigisho za basabwa gushira mungiro baba bakuye kumakaminuza baba bavuyeko
kugira babere akarorero urundi rwaruka ruba rukiri mumashure y'inyuma ya bongere bashigikire imbonakazoza y'igihugu.
Vyashikirijwe na Dr Didace HATUNGIMANA , umuyobozi wa kaminuza ryitiriwe inyenyeri yakaka (Burundi shining star University) ryo mu ntara ya , mubirori vyo gutanga impapuro z'umutsindo bambere bahejeje inyigisho kur'iyo kaminuza , Kuwa 3 rusama 2025.Yasavye abo banyeshure kwitunganiriza imirimo , gukora ibikorwa bitez'imbere aho bavuka , ibukorwa bitez'imbere ibtara , ibiteza imbere igihugu no guha ubuzi urundi rwaruka.
Chadrack NIYIBITANGA yaserukiye abanyeshure , yavuze ko iryo shure rifise akamaro kuko ritanga ivyirwa mucongereza, ico congereza kikazobafasha guhiganwa n'urundi rwaruka rwo m'umuryango wa afrika y'ubuseruko, akavuga kandi ko iryo shure riha agaciro cane umunyeshure , kuburyo riha ubumenyi umunyeshure akeneye , akizera ko nabo bagiye kwitez'Imbere no gutez'ikbere Igihugu.
TABU emmerencienneb, buramatari w'intara ya mw'ijambo ryiwe , yarashimiye indongozi z'ishengero rya , zo zagize iciyumviro co kuzana iyo kaminuza arongoye , akavuga ko iyo kaminuza iriko irapfunyiriza urugendo rw'abanyeshure bahora baja kwiga muzindi ntara , akavuga ko bizotuma igitigiri c'abanyeshure b**a kaminuza ciyongera muntara ya .
Nayo BASABOSE sébatien , mwungere wa 1 w'ishengero rya petecote Burundi shining star ryo muntara ya nk'uwazanye iciyumviro c'iyo kaminuza mw'ijambo ryiwe , yavuze ko ar'umunezero kubona iyo kaminuza iramuye abanyeshure bambere, akavuga kandi ko yizeye ko abo banyeshure bazoterera mw'iterambere ry'igihugu. Yaboneyeho akaryo ko kubwira abar'aho ko iryo shure rigiye kwugurura igisata c'igifarans