Kiroso Djs +257 Buj Fleva

Kiroso Djs +257 Buj Fleva Djs

28/11/2024

twagie twes tukorer you tubyaci🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 muduz imiriro mur comenter

🚨✅ OFFICIEL : BALLON D'OR 2023-2024 ni : RODRI Tayari Ballon d'Or ni Rodri wa Manchester City ayitahukanye ntabwo Ari Vi...
28/10/2024

🚨✅ OFFICIEL : BALLON D'OR 2023-2024 ni : RODRI

Tayari Ballon d'Or ni Rodri wa Manchester City ayitahukanye ntabwo Ari Vinícius Jr

WOAOH !!

🚨🚨 Vya bintu vyari bikaze kbx !Bwanyuma FC Barcelona yaheruka gutsinda Bayern Munich, Lamine yamal yarafise Imyaka 7 .Ee...
25/10/2024

🚨🚨 Vya bintu vyari bikaze kbx !

Bwanyuma FC Barcelona yaheruka gutsinda Bayern Munich, Lamine yamal yarafise Imyaka 7 .

Eeeh intsinzi bari bayinyotewe pe !!

⚫🟠 😭Arasaba imbabazi abakunzi ba   iyo bava bakageraUyo nawe s'uwundi ni Tonny   umumenyeshamakuru w'inkino kuri Radio I...
23/10/2024

⚫🟠 😭Arasaba imbabazi abakunzi ba iyo bava bakagera

Uyo nawe s'uwundi ni Tonny umumenyeshamakuru w'inkino kuri Radio Izere FM, asaba imbabazi kukuba yari yavuze ko Réal Madrid itohava igombora ibitsindo 2 umurwi wa Dortmund warumaze gutsinda ngo yongezemwo n'ibindi; Uyu Tonny yavuga ko hamwe bobigombora ko azoca asezerera akazi ko gutangaza amakuru kw'iyo radio none yahavuye asanga hamwe yogaheba kandi ariho hava umukate w'umugore n'abana ibara ryoba riguye🥱🥱

🎤 mukunzi wa réal Madrid ikigongwe urakimugiriye canke?🤭

🟣🔵🗣️| Thomas Muller imbere yuko ahura na Barcelona avuga kuri Lewandowiski : “Müller ati : Lewandowski niwe mukinyi  w’i...
21/10/2024

🟣🔵🗣️| Thomas Muller imbere yuko ahura na Barcelona avuga kuri Lewandowiski : “

Müller ati : Lewandowski niwe mukinyi w’imbere nakinanye nawe igihe kirekire kandi n’umutima ukunze cane.

Nari mfise ubucuti budasanzwe na we mu kibuga ariko ubucuti ntibuzobaho ku musi wa gatatu rero sinzomuha umupira (aratwenga). » 😁😁

🚨🚨 Real Madrid uyu munsi irahura na Celta Vigo Isaha 3 z'ijoro .Izi nizo nkino 10 ziheruka kubahuza  : ✅Real Madrid ⚪ 4-...
19/10/2024

🚨🚨 Real Madrid uyu munsi irahura na Celta Vigo Isaha 3 z'ijoro .

Izi nizo nkino 10 ziheruka kubahuza :

✅Real Madrid ⚪ 4-0 🔵Celta Vigo
✅Celta Vigo 🔵 0-1 ⚪ Real Madrid
✅Real Madrid ⚪ 2-0 🔵 Celta Vigo
✅Celta Vigo 🔵 1-4 ⚪ Real Madrid
✅Celta Vigo 🔵 1-2 ⚪ Real Madrid
✅Real Madrid ⚪ 5-2 🔵 Celta Vigo
✅Celta Vigo 🔵 1-3 ⚪ Real Madrid
✅Real Madrid ⚪ 2-0 🔵 Celta Vigo
🤝Real Madrid ⚪ 2-2 🔵 Celta Vigo
✅Celta Vigo 🔵 1-3 ⚪ Real Madrid

⚽ Mu nkino 10 ziheruka kubahuza :

✅Real Madrid : intsinzi 9
🤔Celta Vigo : intsinzi 0
🤝Kunganya : 1
❌ Intsinzwi 9 kuri Celta Vigo

Bwanyuma Celta Vigo iheruka gutsinda Real Madrid hari muri 2014 Ico gihe Real Madrid yari yayisanze muhira maze Celta Vigo ibakubita ibitsindo 2-0 .

Uyu munsi ho biragenda gute❓

✅Twandikire tugufashe kugurura compte yaba iya canke nimba vyarakugoye kugurura compte imwe mwizo 3.

🚨⚪️ If Trent Alexander-Arnold doesn’t renew, Real Madrid WILL BE THERE.He’s been on the list since March.
17/10/2024

🚨⚪️ If Trent Alexander-Arnold doesn’t renew, Real Madrid WILL BE THERE.

He’s been on the list since March.

17/10/2024

Cristiano Jr training in a Real Madrid shirt. 🤍

Address

Bujumbura

Telephone

+25765453800

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kiroso Djs +257 Buj Fleva posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category