BWB YACU

BWB YACU YouTube 📺 👇👇
https://youtube.com/ Verified

04/12/2025

🔵🏨 Umunta amaze gutembera cane igihugu ciza c'Uburundi🇧🇮 naze atubwire iyi Hotel iyariyo? Iri muntara nziza ya Gitega.

Ntiwibagire gukora Follow kuri BWB YACU ikuzanira ivyiza vy'Uburundi gusa.

24/11/2025

🔵🔴 urukino rugiye guhuza Intamba mu Rugamba z'abatarenza imyaka 17 hagati y'UBurundi🇧🇮 na Tanzania🇹🇿 isaha ya 15h00 mugihugu ca Ethiopia muri CECAFA U17.

Mubona tuza gutsinda ibitsindo bingaha Tanzania ?

Ntiwibagire kugira Follow kuri BWB YACU maze tubane buri mwanya muvyiza vy'uburundi gusa.

24/11/2025

🔴📡 Akaba ukunda uburundi Wandike ati:"Burundi🇧🇮 gihugu canje c'Amata n'Ubuki tuzokugwanira , uri itunga twahawe n'Imana"

Ntiwibagire gukora Follow kuri BWB YACU Ikuzanira ivyiza vy'Uburundi atahandi wobisanga.

21/11/2025

🔴📡 Dutembete mugihugu hagati aha hantu woba umaze kuhashika nawe? Muntara ya GITEGA yagutse Commune Muramvya Muduce twa BUGARAMA mumasaha ya Sakumi z'umugiroba akavura Gahejeje kugwa.

Ukaba umaze kuhashika tubwira uko nawe uhazi , Bikunze utubwire ahandi u*i mu Burundi hafise Climat nkiyi?

Ntiwibagire kugira Follow kuri BWB YACU niyo page ibazanira ivyiza vy'Uburundi🇧🇮 gusa.

20/11/2025

🔵🎙 Niyahe ndirimbo wakunze cane ya Monia Fleur canke LinoG ? Harya woba warubizi ko bari mur'urukundo?

Muze mutubwire abazi ukuri mwoba mukoze.

Ntiwibagire gukora follow kuri BWB YACU iyi niyo paga ibazanira ivyiza biri mu burundi.

20/11/2025

🔵📡 UMUKEKE w'iburundi numwe munigwi yamafi🦈 yambere kw'isi iryoshe , Iyifi ikaba iva mukiyaga cacu Tanganyika.

Woba umaze kugirigwa amahigwe akayifungurako nawe? ukaba uri umurundi shira muri Commantaire akadrapeau k'uburundi🇧🇮 canke udutima woba ukoze cane.

Ntiwibagire kugira Follow kuri BWB YACU ukaba ushaka kumenya ivyiza vy'uburundi gusa.

19/11/2025

🔴📡 Ubwiza bw'igisagara ciza ca Bujumbura. Woba wamenyemwo hehe namba umaze kuhatembera nawe?

Kora follow kuri BWB YACU maze tubane buri munsi muvyiza vy'Uburundi gusa.

17/11/2025

🔴📡 Uyu munsi •Urbain Gomez• atuzanye kuri Lac Tanganyika mu Gitondo ca kare , Ahahoze Safi beach woba umaze kuhashiaka muri iki gihe.

Ukaba uri umurundi shira aka Drapeau k'uburundi 🇧🇮🇧🇮 muri commantaire turabe abarundi turikumwe ubunyene.

Ntiwibagire kugira follow kuri BWB YACU maze uzohore uba uwambere mukubona ivyiza vy'uburundi.

16/11/2025

🔵⛳ Murukino rwariko rurahuza Intamba mu Rugamba🇧🇮 zabakina hanze y'uburundi nabakina Muri Champion y'Uburundi. SUDI Abdallah yohushije Penalty kuruhanda rwabakina hanze y'uburundi bazwi nka Diaspora canke Intamba Pro . bikaba vyarangiye INTAMBA zikina m'Uburundi4 - 3 INTAMBA zikina hanze y'uburundi.

Ururukino woba wararukwirikiranye nawe ?

Kora Follow kuri BWB YACU maze tubane buri musi muvyiza vy'uburindi gusa.

16/11/2025

🔴📡 Uyu munsi umuryango BWB YACU ubereka ivyiza vy'uburundi🇧🇮 gusa wabashikanye kukiyanga ca kabiri kw'isi yose kiri Mu burundi kizwi nka TANGANYIKA.

Mukora follow kuriyi page maze tubandanye tubereka ivyiza vy'uburundi mumihingo atandukanye.

14/11/2025

🔴📡 Muze dutembere rero igisagara ca Bujumbura🇧🇮 mugace twahariye ivyiza vy'uburundi. Ukaba uri umurundi shira aka drapeau k'uburundi muri Commantaire mwoba mukoze cane.

Mukora follow kuri BWB YACU vuba dutangure kubaha amavideo arenza iminota 10 yivyiza vy'uburundi gusa.

13/11/2025

🔵📡 Ukaba umaze gutembera igisagara ciza ca Bujumbura🇧🇮 aha hantu ubona ari hehe?

Kora follow kuri BWB YACU hama wishure maze tubane buri musi muvyiza vy'uburundi.

Address

P.O Box: 531 Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BWB YACU posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share