Sky berna burundi

Sky berna burundi I'm artist from burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 follow me on all social media and you tube 😎

15/08/2025

sister Imbere yokuvugako abahungu Bose bameze cokimwe manza wugurure amaso yawe apana ayo maguru🙊 broken heart 💔 coming soon

ndabipfurije kugira umunsi mwiza,imigisha iva kumana ibuzure mumitima yanyu, muvyanyu no mubanyu❣️❣️❣️💃🖋️
12/08/2025

ndabipfurije kugira umunsi mwiza,imigisha iva kumana ibuzure mumitima yanyu, muvyanyu no mubanyu❣️❣️❣️💃🖋️

Bamtu banje mwese ndabipfurije igitondo cuza🙊🤗❣️❣️hama vuba cane duhurire you tube ndabatenwo "broken heart 💔"
06/08/2025

Bamtu banje mwese ndabipfurije igitondo cuza🙊🤗❣️❣️hama vuba cane duhurire you tube ndabatenwo "broken heart 💔"

Iyo harumuntu angiriye nabi sintangara kuko nsanzwe ndabiziko abantu turemwe mumakosa gusa ahubwo uwungiriye neza mufata...
04/08/2025

Iyo harumuntu angiriye nabi sintangara kuko nsanzwe ndabiziko abantu turemwe mumakosa gusa ahubwo uwungiriye neza mufata nkigitangaza🤗

Abantu mudahengeshanya kunshigikira mube muritegura vuba cane ndabatanwo "BROKEN HEART😭New song from Sky berna 🙊🇧🇮💔"comi...
02/08/2025

Abantu mudahengeshanya kunshigikira mube muritegura vuba cane ndabatanwo "BROKEN HEART😭New song from Sky berna 🙊🇧🇮💔"coming soon 🔥

Ryarii iteka ridasanzwe cane ryokuririmbira imbere yumukuru wigihugu cacu🙊🇧🇮Rega ibintu nibukebuke bizoza🎯ntakure habaho...
31/07/2025

Ryarii iteka ridasanzwe cane ryokuririmbira imbere yumukuru wigihugu cacu🙊🇧🇮
Rega ibintu nibukebuke bizoza🎯ntakure habaho umuntu atoshika nukuri✊❣️❣️❣️💃

24/07/2025

Agasura kawe urabonako arikabi haguhiga inoti ngo urye useneza uza guhiga filtré muri Snapchat 🙊

23/07/2025

Kumyaka 30 : nta passport , ntana permis , basi ntana carte sésame naho yoba iriko bine ? Urumuhungu canke urinkoko? 🤣🤣

21/07/2025

Merci ikingi yimbona kazoza kunyizera ngo nserukire intara yacu yabunjumbura ✊🤗bubanza mwaserukiwe🤝🤗🤗

18/07/2025

Ndavyipfuza burimunsi ariko nzihangana 🙊🔇🤝

16/07/2025

Uravye telephone ukoresha mukwifotoza na resultant mbona nukuri ntibisa harakantu iyoba wakoresha ducomo 😄🙊

16/07/2025

Kumeza hari indirimbo zibiri tora iyo twobanza gusohora
1) broken heart
2)la déception
🤗

Address

Bujumbura

Telephone

+25772458652

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sky berna burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share