17/10/2025
🎤🔴 🇧🇮🪨 : Erega 𝗨𝗯𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 Buryamanye agahiye mu butare 💎⛏️.
K'umusozi Kiyange, mu ntara ya Gitega,
Nyenicubahiro 𝐄𝐯𝐚𝐫𝐢𝐬𝐭𝐞 𝐍𝐝𝐚𝐲𝐢𝐬𝐡𝐢𝐦𝐢𝐲𝐞
Yagendeye ikibanza kirimwo ubutare
Bucukurwa n’ishirahamwe ryitwa
𝐒𝐡𝐨𝐦𝐛𝐨 𝐌𝐢𝐧𝐢𝐧𝐠, rifashwa n’ikigo
Paeej-Burundi.
Mu kwezi guheze, baravumbuye
Kasiterite ipima uburemere bwa 87%,
Ikaba iri mu bifasha igihugu kubona
Agaciro k’ivya ryo.
Ivyo bitwereka yuko Uburundi bufise Ubutunzi bwihishe buteye imbere cane, Kandi ikiringo c’ejo kizoba gishingiye ku Micungararo myiza y’ivyo butare.