Kolly Da Magic

Kolly Da Magic Kolly Da Magic is The EAST African Artist|🇧🇮🇨🇦, singer, songwriter and record producer based in Canada 🇨🇦. Bookings: [email protected]

07/29/2025
07/22/2025
06/30/2025

APOSTOLIC MEDITATION

IVYAGEZWE N'IBIKI ??

Ncuti zanje, ngomba ndabahe insobanuro y'ivyagezwe.Ivyagezwe n' uburyo bwo gufata imigenderanire yawe n'Imana ukayubakira kuvyo we wakoze kugira ng'uyihimbare.Bisigura iki ? bisigura ko ubucuti bwawe n'Imana buhagaze kuri wewe kandi ubucuti bwawe n'Imana wonabusambura wewe nyene.

Reka ndabibasigurire neza.Ubucuti ufitaniye n' Imana umushinge wabwo ni wewe,n' ibikorwa vyawe kandi wonabusambura biciye mu vyo wokora nabi kuko niwe wabitanguje.

Niyo mpamvu abana b'imana benshi bavuga bati:sinkiri mu bucuti n'Imana neza.None gute utakiri mu busabane n'Imana ?ugaca wongera ukavuga ati ndasubiye kuja mu busabane n'Imana.Gute we wokwinjira mu busabane n'imana🤔mbega urafise ubushobozi wewe bwo gufata imana ahiri ukayicarika ikakwumviriza?🤔urafise ubwo bushobozi bwo gutuma Imana ihindura ikibanza?🤔urafise izo nkomezi wewe zo gutumako Imana?Ibaze 🤔 n'umukuru w'igihugu ntiwomuhamagara ng'umutore ariko ukibaza yuko Imana umwanya n' umwanya woyitumako ukavuga ati: ubusabane bwacu burahagaze,bukeye ati:ndabutanguye kandi.

Rero iyo ubusabane bwawe n' Imana buhagaze kuri wewe, buzosambuka umwanya n' umwanya.Ntuzosubira kwumva bwa bwiza bw'Imana,uzoshiramwo inguvu kandi uzoca unababara. Abakristo benshi barababaye, kuko baguma bagerageza gushikira Imana ahiri kandi Imana nayo itari kure y'umuntu numwe 🤷‍♂️nico gituma ijambo ry'imana rivuga ngo:Imana yararetse kw'abantu bose bayirondera bakabakaba naho itari kure y'umuntu numwe.(Ivyakozwe..17:27)

Mwarahezagiwe.



Fara Ndu - ISI PARADIZO Produced by Kolly Da Magic
06/29/2025

Fara Ndu - ISI PARADIZO Produced by Kolly Da Magic

This song is about UBUNTU (humanity to all), AMAHORO ( peace), the strength of human connection, and unity to with and to all people regardless of backgr...

https://youtu.be/fcfRuJBECzk?si=tquY5gLrNgBECt6vHello everyone,  the song Fear impossible Mapozi Of God ft yoy Jamal is ...
05/30/2025

https://youtu.be/fcfRuJBECzk?si=tquY5gLrNgBECt6v
Hello everyone, the song Fear impossible Mapozi Of God ft yoy Jamal is out now you can check it out like it comment and share to show love God will bless you
Prod by Kolly Da Magic

Follow mapoziFacebook: mapoziofGodInstagram: mapoziofGodiTunes:Apple Music:Spotify:Amazon Music:Google Play:Director: Production C...

Hello Hello Fam. Abantu mwese mwari mukumbuye Magic Touch twagiye na Redemption Voice
05/22/2025

Hello Hello Fam. Abantu mwese mwari mukumbuye Magic Touch twagiye na Redemption Voice

Verse 1/Mvuze yuko agira nezNukuri kwose sinoba mbesheSivyo nabariwe oyaNarabibonye n'amaso yanjeChorus/Imana n'umuhinga akomeyeKandi ntiterwa ubwoba n'ibihe...

I did the same too 😂😂
04/05/2025

I did the same too 😂😂

11/01/2024

Montréal Bruce Melodie

10/27/2024

Ottawa Bruce Melodie

Address

11 Rue Frontenac
Gatineau, QC

Telephone

+25761101065

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kolly Da Magic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kolly Da Magic:

Share