L R Signé
(5)

L R= Lionel Runtown est une personnalité des médias. Évoluée auprès des artistes musiciens et des créateurs de contenu, L R se veut établir sa visibilité pour que ces fans reçoivent l'information dont ils ont besoin.

Gn. Prime Niyongabo🇧🇮 x S.E Evariste Ndayishimiye🇧🇮🫡
03/09/2026

Gn. Prime Niyongabo🇧🇮 x S.E Evariste Ndayishimiye🇧🇮🫡

Gn. Prime Niyongabo🇧🇮 x S.E Evariste Ndayishimiye🇧🇮🫡
03/09/2026

Gn. Prime Niyongabo🇧🇮 x S.E Evariste Ndayishimiye🇧🇮🫡

21/08/2026

Uko wokwigurira i ticket y'indege en ligne👇

20/08/2026

Ingoma🇧🇮❤️

Aha ni mugihe   yaba akubwiye ko iyo costume uzoyikuriramwo atayindi azogura😂😂
19/08/2026

Aha ni mugihe yaba akubwiye ko iyo costume uzoyikuriramwo atayindi azogura😂😂

16/08/2026

✨️

15/08/2026

Bruce Melodie🇷🇼😂 ubukwe bwa Irene abuhinduriye vibe

Kuva agifise imyaka 10, uyu mugabo avuga ko amaze imyaka myinshi arya amatafari, ivu n’amabuye hafi buri munsi. 😯Yitwa P...
15/08/2026

Kuva agifise imyaka 10, uyu mugabo avuga ko amaze imyaka myinshi arya amatafari, ivu n’amabuye hafi buri munsi. 😯

Yitwa Pakkirappa Hunagundi, akaba aba muri leta ya Karnataka, mu Buhindi. 🇮🇳

Iyi ngeso yiwe idasanzwe yamenyekanye cane mu mwaka wa 2014, igihe inkuru yerekanaga uwo mugabo ariko ararya uduce tw’amatafari, akarya n’ivu hamwe n’amabuye mato.

Ico gihe, uwo mugabo yasiguye ko yatanguye iyo ngeso akiri umwana, kandi avuga ko yari yarabaye nk’uwutagishobora kubaho atabikoze.
Umuryango wiwe ngo waragerageje incuro nyinshi kumwumvisha ko abireka, ariko ntivyagira ico bivamwo. ❌

Pakkirappa yaravuga mbere ko akunda amatafari kuruta ibifungurwa bimwebimwe vy’ukuri: igihe nyina yamuhereza inyama y’inkoko, ngo yasigura ko ahitamwo kurya ivu!
Iyi ngeso ishobora kuba ijanye n’ico bita « pica », ari ingorane ituma umuntu aguma arya ibintu bitari ibifungurwa kandi bitafatwa nk’ibifungurwa bisanzwe.
Naho Pakkirappa avuga ko iyo ngeso itamuteza ingorane, kurya amabuye, ivu canke amatafari birashobora gutera ingorane zikomeye ku magara, harimwo kwonona amenyo, kwandura uburozi, canke gutuma amara n’igisabo c’inda bifunga kubera ibintu bidashobora gusya.

12/08/2026

Abantu muzi ivy'intambara🤔 iyi yitwa gute? 😂

Diamond Platnumz🇹🇿
12/08/2026

Diamond Platnumz🇹🇿

Address

Jeannine-Lépine
Bujumbura
J1E4K9

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when L R posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to L R:

Shortcuts

Share