Media Hit/+257

  • Home
  • Media Hit/+257

Media Hit/+257 NEWS- LIFESTYLE- ALL INFO ( Mushaka kumenyekanisha ivyo mukora twandkire kuri wtspp +25761788965)
(3)

07/08/2025

Abahungu bunu bitwaza Mariage kugira baturye/ badutera dépression nyishi cn umviriza ikiganiro cose

🔴 🇧🇮  🚔😭 : Kuri uwu Muhingamo wo ku wa 6 Mukakaro 2025,Mu ntara ya 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗴𝗮, Zone 𝗞𝗮𝘆𝗼𝗴𝗼𝗿𝗼Ku mutumba wa 𝗠𝗶𝘁𝗮𝗯𝗮𝘁𝗮𝗯𝗮, habay...
06/08/2025

🔴 🇧🇮 🚔😭 : Kuri uwu
Muhingamo wo ku wa 6 Mukakaro 2025,
Mu ntara ya 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗴𝗮, Zone 𝗞𝗮𝘆𝗼𝗴𝗼𝗿𝗼
Ku mutumba wa 𝗠𝗶𝘁𝗮𝗯𝗮𝘁𝗮𝗯𝗮, habaye
Isanganya ry’imodoka (TI) ryahitanye
Umwana aca yitaba Imana aho nyene.

Uwariko atwara imodoka nawe nyene
Yahavuye agira ingaruka zikomeye, ubu
Akaba ari kuvurirwa mu bitaro vyo mu
𝗞𝗮𝘆𝗼𝗴𝗼𝗿𝗼 mugihe yari yababaye gose,
Aho vya menyekana ko asanzwe avuka
Muri komine 𝗡𝗴𝗼𝘇𝗶 i Butanyerera.

📢 Abari hafi y’ivyabaye barasaba ko
Uwoba amuzi yobimenyesha umuryango
Wiwe kuko igihe iryo sanganya ryaba
Yari ari wenyene, kandi nta bindi
Bimuranga vyabonetse 🥲🙏

06/08/2025

Simbizi wa Semavumba ntaco asigarije na 💥💥💥💥💥💥

06/08/2025

Ishure kaminuza ryigi police ngaba abatanguranye nuwu mwaka

03/08/2025

Match amical Musonganti FC VS Vital'O FC

🔴🇧🇮 : ngaha kwino photo mubona hariko abahungu bangahe???🤣🤣🤣🤣Jew nta mukobwa mbonako sinziko namwe ariko mubibona🙈🙈🙈
02/08/2025

🔴🇧🇮 : ngaha kwino photo mubona hariko abahungu bangahe???🤣🤣🤣🤣

Jew nta mukobwa mbonako sinziko namwe ariko mubibona🙈🙈🙈

02/08/2025

Eagle Day Match live

🔴🇧🇮 : Nyeniteka       niwe yongew kwizerwa ngo ayobore inama nshingamateka mwiki kiringo ca 2025-2030Yatowe kubice 98.1 ...
31/07/2025

🔴🇧🇮 : Nyeniteka niwe yongew kwizerwa ngo ayobore inama nshingamateka mwiki kiringo ca 2025-2030

Yatowe kubice 98.1 muba shingamateka 109 bitavye ayo matora.

Imana imuje imbere mwayo mabanga yongewe🙏

🔴🇧🇮 : Kera   baje ruguru iyo tuvuka bariko baradufotora twaca twiruka ngo bashaka kudutwara mu   kudandaza isura zacu 😂💀...
30/07/2025

🔴🇧🇮 : Kera baje ruguru iyo tuvuka bariko baradufotora twaca twiruka ngo bashaka kudutwara mu kudandaza isura zacu 😂💀💔
Ninako iyo tubonye umuntu yambaye yanditseko nk'izina ryiwe canke hariko yiwe twatangara tukamufata nk'umu akomeye cane nka n'aba 🥱👌🫡
Ariko aho bigeze ubu ntibidutangaza benshi barabikoresha vyoroshe kuva aho iziye🧤

Ushaka kwandikisha ku mpuzu no gushirishako i yawe canke ku mpuzu ( ijezi,umupira,inkofero...),impuzu z'ama Chorales,z'ama Clubs n'amashirahamwe atandukanye,Iz'ububare(Bar),ama Restaurants n'ama Hôtels...🥳

Twandikire kuri whatsapp👉 76 91 91 31
📞Appel: 68 823 187
Canke wishikire ku kibanza aho dukorera muri iri imbere ya King Star BWIZA hakurya y'ibarabara kuri Côté ya Buyenzi ✅
👨‍🦯Ni hirya gato ya Foyer uja Ville utarashika kuri Buyenzi canke hirya ya uvuye ville🇧🇮

Ushaka Photos ziri muri Cadre zo kumanika munzu ,Photos passeport,Ama Logos,Cover n'ama Affiches yo muma Concert vyose barabikora❤

Address


Opening Hours

Monday 08:00 - 19:00
Tuesday 08:00 - 19:00
Wednesday 08:00 - 19:00
Thursday 08:00 - 19:00
Friday 08:00 - 19:00

Telephone

+1202394415

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Media Hit/+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share