Payet Barber

Payet Barber Barber international💈🇧🇮🇰🇪

🎙 Eric Garcia ati; Iyo tubonye ibintu bitugoye, duhereza umupira Pedri Nona hano aba   ntakantu mwumva😂Ubu tuvugana Real...
13/12/2025

🎙 Eric Garcia ati; Iyo tubonye ibintu bitugoye, duhereza umupira Pedri Nona hano aba ntakantu mwumva😂Ubu tuvugana Real Madrid C.F. tuyirusha amanota 7😂mugenda gahoro Hano haranyerera FC Barcelona ntiza imenyegwa kirazira oyeee 🔥🔥

13/12/2025

Mukanya aba Real Madrid C.F. mutaha muriko murira Sha Barca ntiza ibanwa kirazira🤣

12/12/2025

🇧🇮🔥🫡Hano hantu nawe Kirikou Akili ntiyakwemeje?

🤣🤣Amenyo aragutwenga arayawe ibaze kwama uhetse umwana Ariko burigihe akama yagusovye mumugongo bwaca hakabura Nico akuv...
12/12/2025

🤣🤣Amenyo aragutwenga arayawe ibaze kwama uhetse umwana Ariko burigihe akama yagusovye mumugongo bwaca hakabura Nico akuviramwo🤣🤣Basha ivyo mukora Imana irababona muzokwama mumaramara ukonyene jewe nagira mwarigutsinda none bigeze gt kugira munganye🤣 Nuko Aigle noir ⚽️⚽️ Ikaba ihejeje kugwira amazuru 🤣 mukoze ikintu cabagabo muramaramaje babantuzeya bahariya🫵😏🤣🤣

12/12/2025

🤣Aka Équipe Ka FFB Karimwo karahema vyanse🤣🤣

Big Fizzo stade  🇧🇮
12/12/2025

Big Fizzo stade 🇧🇮

12/12/2025

🔥🇧🇮King wumuzik'indundi Big Fizzo kuri Uburyo yacangamuye abafana 🔥🔥

🇧🇮🤔Mama shahu Nikuvuga IMIRIYONI CUNI NABIRI zamahera yamarundi IPHONE 17 PRO MAX wamuhungu wanyu ngo Paaa   T Akaba ayi...
12/12/2025

🇧🇮🤔Mama shahu Nikuvuga IMIRIYONI CUNI NABIRI zamahera yamarundi IPHONE 17 PRO MAX wamuhungu wanyu ngo Paaa T Akaba ayiryamanye agiye Mubandi nka Big Fizzo na Natasha hamwe na La Vache nubwo wewe yayifashe ideni muri 🇰🇪Ayiriya pole pole😂

12/12/2025

1$=6420🇧🇮Fbu
1000🇰🇪=46000🇧🇮Fbu
Updates🙄

12/12/2025

Kabaye🇧🇮🇨🇩

12/12/2025

🇧🇮🇷🇼 Vyabintu ndumva ntacoroshe🙄

Adresse

Riesenmattstrasse
Bern

Telefon

+41767580199

Webseite

Benachrichtigungen

Lassen Sie sich von uns eine E-Mail senden und seien Sie der erste der Neuigkeiten und Aktionen von Payet Barber erfährt. Ihre E-Mail-Adresse wird nicht für andere Zwecke verwendet und Sie können sich jederzeit abmelden.

Service Kontaktieren

Nachricht an Payet Barber senden:

Teilen

Kategorie