ST7 +25769470657

🤣🤣Ariko Basha Nukuri Imana irababona uwakoze bino bintu🤣🤣🤣🤣
04/11/2025

🤣🤣Ariko Basha Nukuri Imana irababona uwakoze bino bintu🤣🤣🤣🤣

😂😂👌YAYAYAYAYA jewe nama nababwiye mwebwe ntakigenda Real Madrid C.F. unomugwi vyukuri bahuye na   yose ikwiye atavyo kuj...
04/11/2025

😂😂👌YAYAYAYAYA jewe nama nababwiye mwebwe ntakigenda Real Madrid C.F. unomugwi vyukuri bahuye na yose ikwiye atavyo kujaniranya. umugwi nkuko mwadutsitayeko vyukuri iragendeka Xabi Alonso wewe niwe mumenyereza mubi wambere kwisi yose muvyo kumenyereza yahuye numugwi ukomeye ntakigenda pe

04/11/2025

Abafana ba Liverpool FC ndibaza mumwanya nikuja kubana🤷😂😂💪

 💈🔥
04/11/2025

💈🔥

03/11/2025

🔥🔥Mista nubwo mwanse kumukwiriza 1M nguwo yujuje buyenzi 🤣

02/11/2025

⚠️Umukobwa Akiri kuri Téléphone Ayamasaha ! Mariage nagire Uku ❌❌🤣

😂😂 Birangiye nabi kubafana ba Real Madrid C.F. Ubu Tuvugana mutwitege nkuko ivyomwigize vyose tugiye kubahushura Sha FC ...
02/11/2025

😂😂 Birangiye nabi kubafana ba Real Madrid C.F. Ubu Tuvugana mutwitege nkuko ivyomwigize vyose tugiye kubahushura Sha FC Barcelona Ikaba izibishije iminwa abantu bose bari baje kubana none ubu muvugiki bafana ba 😂 oyeee🔥🔥🔥

02/11/2025

Ninde muririmvyi wo mu Burundi 🇧🇮, aguma ahatira kuvyo Kuririmba kandi atariyo Mpano yiwe . ❌🥶😉

02/11/2025

BABI by LinoG yakwije 1M views
HUUMU TU by SatB
Ibara ryaguye mwarayiroze nkesiri gusa murabana Babi🤣🤣

🤣Muraronse abo mwihwabira Sha Real Madrid C.F. gusa Bidatahuritse gutsinda kwako Kuma  🙈😁Ntamugwi Numwe Mwotera Ubwoba w...
01/11/2025

🤣Muraronse abo mwihwabira Sha Real Madrid C.F. gusa Bidatahuritse gutsinda kwako Kuma 🙈😁Ntamugwi Numwe Mwotera Ubwoba wlh Ukeneye Umupira Mwiza Raba ya FC Barcelona Naho iza Namatobwe gusa🙈🙈

😂 Nuko amaborogo twari dufise Abafana ba FC Barcelona Imana Ikaba irayumvise  Lamine Yamal na Nicki Nicole batandukanye ...
01/11/2025

😂 Nuko amaborogo twari dufise Abafana ba FC Barcelona Imana Ikaba irayumvise Lamine Yamal na Nicki Nicole batandukanye inyuna y'imisi barikumwe mu rukundo!

🎤 yemeje ko yatandukanye n'uwari umukunzi wiwe Nicki Nicole!❣️❌️

Mu majambo make ati: “Nta buhemu na bumwe bwabayemwo hagati yacu!”

Umukinyi wa , yamenyesheje ku mugaragaro ko yatandukanye n’umuririmvyikazi w’umunya-Argentine aho ivyo vyashize iherezo ku mvugo zari ziri ku mbuga hwaniro no mu bimenyeshamakuru vy’imyidagaduro, zivuga ko hoba hari ukutumvikana hagati yabo.

🎙️ Yamal ubwiwe ni we yabibwiye , aho yavuze ati: “Ntitukiri kumwe!”
Aca yongerako ati: “atari kubera ububegito canke ubuhuni ubwaribwo bwose. Twatandukanye bisanzwe, n'ivyo gusa. Ivyo abantu bariko baravuga ntibifitaniye isano n’ivyo twaciyemwo!”

Iyi couple yari imaze amezi menshi ivugwa cane kubera amafoto n’amajambo basangiza ku mbuga hwaniro, hamwe n’ukuboneka barikumwe mu bikorwa bitandukanye.

Ubu rero ngo bakaba bafashe ingingo yo gutandukana mu mahoro.👊😂

01/11/2025

VISION ya NYANGE ikubaguwe na DYNAMIC yanyuma 16😂Muteyisoni🤔😂😂

Adresse

Riesenmattstrasse
Bern

Telefon

+41767580199

Webseite

Benachrichtigungen

Lassen Sie sich von uns eine E-Mail senden und seien Sie der erste der Neuigkeiten und Aktionen von ST7 erfährt. Ihre E-Mail-Adresse wird nicht für andere Zwecke verwendet und Sie können sich jederzeit abmelden.

Service Kontaktieren

Nachricht an ST7 senden:

Teilen

Kategorie