Vibe Africa Hub

Vibe Africa Hub Cette page c'est pour diffuser les music,les comedies et les meilleurs moments dans le monde du divertissement

🔴Burundi  Ubwo weho ntiwohava wibaza ko ari Igisirikare? Ariko Ni imbonerakure z'Uburundi💪💪 TopFans
29/08/2026

🔴Burundi
Ubwo weho ntiwohava wibaza ko ari Igisirikare?
Ariko Ni imbonerakure z'Uburundi💪💪

TopFans



 Défile idasanzwe niyo Yatangujwe n'Umuhari w'Imbonerakure Zikomoka k'Umugambwe uri kubutegetsi  .⬜Iyo mirwi ikaba yaje ...
29/08/2026


Défile idasanzwe niyo Yatangujwe n'Umuhari w'Imbonerakure Zikomoka k'Umugambwe uri kubutegetsi .
⬜Iyo mirwi ikaba yaje iva Muma komine agize igihugu c'Uburundi ikaba yitwaje n'Ivyapa biriko ibikorwa birangurwa n'Ama Kooperative yegukira Urwo rwaruka Rw'Imbonerakure.




Amafranga angana na 500.000.000fbu (Imilioni amajana atanu) niyo mafranga L'ètat y'Uburundi izoshikiriza uwuzoshengeza u...
28/08/2026

Amafranga angana na 500.000.000fbu (Imilioni amajana atanu) niyo mafranga L'ètat y'Uburundi izoshikiriza uwuzoshengeza uwo wese babonye aturiye isoko

Bikaba vyashikirijwe na Nyenicubahiro umukuru w'Igihugu c'Uburundi Gen Major Mw'ijambo yaraye ashikirije
Kubwawe ubona iyi ngingo izotuma iturirwa rya'masoko rigabanuka



27/08/2026


Umve uko bafashwe bariko bapakira ikawa hafi itoni zibiri zigira zije mugihugu kibanyi c'urwanda, Mbega Uyu Mutegetsi Akaba Ari Umuhanuzi m'Ubushikiranganji bw'Ubutungane ni Inde? Ko yubahuka agafata Fraude dufatiye kwizo kawa nayo masashe akongera Akazira Ibiturire Ntabwoba agira ko Umutekano wiwe wohungabanywa? Nyakwubahwa Abantu nkabo b'itangira igihugu nibo baba bakenewe,Mugabo umutekano wabo Turibazako ushobora Gutosekazwa.

Womuhanura iki uwo mutegetsi?
Nikihe kintu Womushimira?

Vibe Africa Hub




Simbizi Wa Semavumba
Pacifique Nininahazwe
Semerera
Edisson Ndayahoze
Eric Nyandwi
Rosetta nkina nkebura

🇧🇮Burundi🚨 BITEYE UBWOBA🔴BUHUMUZA_MUYINGA Harafashwe Hafi Itoni 2 z'Ikawa (2Tonnes)Bivurwako zagira zijabukanwe Mugihugu...
25/08/2026

🇧🇮Burundi🚨 BITEYE UBWOBA
🔴BUHUMUZA_MUYINGA Harafashwe Hafi Itoni 2 z'Ikawa (2Tonnes)Bivurwako zagira zijabukanwe Mugihugu c'Urwanda nkuko Bivurwa nabakozi bashizweko intoki.Bikaba vyafashwe n'Umuhanuzi m'ubushikiranganji bw'Ubutungane Mw'Ijoro ryo kuwa 20/ rishira irya 21/08/2026 bikaba vyari Vyafatanwe n'Amasashe ipaki 8, Imiti yica udukoko udupaki 380, hamwe n'amabido 49 yahora akoreshwa m'Urudandazwa rw'Ibitoro vya magendo. Uwo mw'Ubahwa akaba yaciye ahamagara inzego za Kugira ngo birabire iryo bara eka n'Amategeko ace akora.

🔴K'umutumba mukoni Commune MUYINGA i NTARA YA munzu y'uwitwa Iraho kuwo mutumba mukoni Harafatiwe Ibidandazwa bitandukanye vyo mukinwabi ivyo bita ( opérations commerciales frauduleuses et trafic illicite de marchandises »)

↪️Nk'uko amasoko yacu abitumenyesha aho i Igihe c'isaha zitanu z'ijoro niho uwitwa Asanzwe akora (m'Ubushikiranganji bw'ubutungane, Agateka kazina muntu n'iterambere ridakumira, mugisata c'agateka k'abana)

Mugihe yarikumwe n'uwujejwe umutekano wiwe bavuye ahitwa La cassa resort beshi bita kwa munteguro z'urubanza bari bafise k'umusi wagatandatu ukurikira niho bahura n'imodoka yo mubwoko bwa probox ifise imparati igenda yazimije amatara Iyo modoka ikaba yariteye amakenga Kuko ariyibiyo bitabona kandi igenda yazimije amatara babona ikatiye muri Quartier Haruguru y'ibarabara barayikurikira n'amaguru babona igiye k'urupangu rw'uwitwa bivurwako yari asanzwe akora urwo rudandazwa rw'amagendo nkuko vyemezwa N'amasoko yacu aho i .
▶️ bahageze basanze Umu chauffeur n'umuzamu bariko barapakira ikawa zitonoye benshi bita , nkuko Abafashwe bavyiyemerera, ngo baragerageje gutanga Igiturire kugirango ntibashengezwe Uwo ababera ibamba abamenyeshako atodandaza Igihugu🇧🇮 mugushigikira urudandazwa rw'amagendo.Niho Yaca abimenyesha inzego zitandukanye Harimwo Uwutwara Parquet Aho Imuyinga, uwutwara Imbonerakure Hon. muri uwo nawe akaba yaciye abimenyesha uwutwara igendereza eka mbere n'izindi nzego zitandukanye gushika kuri Chef wa zone.
▶️Bahageze basanze inkuru Ariyo aho hafashwe imifuko 20 y'uzuye ikawa Umwe Umwe ukaba warimwo ibiro 80kg nk'uko Abo babifatanwe bavyivugira.
Harafashwe Amapaki 8 y'amasashe
Harafatwa kandi udupaki 380 tw'imiti y'ica udukoko (insecticide) eka n'amabito 49 agaragara aboneka ko yahora akoreshwa m'urudandazwa rw'amagendo y'igitoro.
⏩Harafatwa kandi n'imoto plaque Nayo nyene yahora yifashishwa mururwo rudandazwa.
➡️abajejwe intwaro muntara ya Buhumuza barashima cane Ubutwari bwuyo Mwubahwa N'ubukerebutsi Yerekanye Mugushengeza
Uwo wese Atagomba kuvavanura n'urudandazwa rwo mukinwabi.

💪Aba basatirizi Hon. Asanzwe arongoye imbonerakure mwiyo ntara eka mbere na asanzwe ari umuhanuzi m'ubushikiranganji bw'ubutungane,
Basanzwe bahimiriza abenegihugu muri rusangi kuvavanura n'urudandazwa rutemewe n'amategeko.

❓Urudandazwa nk'Uru rwoba hari ico rwonona mw'Iterambere haba iry'abenegihugu canke Iry'Igihugu💬❓Hoba hari akamaro k'ugihugu kigize abategetsi banka Ibiturire benshi nkuwo mwubahwa💬 Uyundi mwanya nawo k'Umengo baca bankwa nabakora urwo rudandazwa ntibashobora kugirirwa nabi n'Uburwi bukora ayo mabi❓

NTURENGANE UDATANZE ICIYUMVIRO CAWE MURI💬






24/07/2026

Akajambo kamwe kwino nfura ya yaraye Igiye kubandaniriza amashure mumahanga💥

Yaranzwe n'Ibigumbagumba bivanze namarira aho yasezera Umukobwa wiwe W'Infura.  Mugusezera Umukobwa wiwe aho yazindutse ...
23/07/2026

Yaranzwe n'Ibigumbagumba bivanze namarira aho yasezera Umukobwa wiwe W'Infura.
Mugusezera Umukobwa wiwe aho yazindutse afata iyihuta🛫 aja mumahanga kubandanirizayo amashure yiwe vyamwankiye arakorora amosozi.

Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook yagaragaje Umunezero udasanzwe aho yanamenyesheje ko ari imwe mundoto yarafise zisohoye kubona Aho atageze Uruvyaro rwiwe ruzohashika.

Turipfurije iyi Couple kubandanya Ija Imbere

Isanganya  Mukanya gaheze mumasaha y'Agatondo ko kwuyu wa kane itariki 23/07/2026 Hahejeje kuba isanganya I  .Iryo sanga...
23/07/2026

Isanganya

Mukanya gaheze mumasaha y'Agatondo ko kwuyu wa kane itariki 23/07/2026 Hahejeje kuba isanganya I .
Iryo sanganya akaba atawe ryahitanye aho Ibi duga bibiri binini binini vy'Ubwikozi vyasekana neza na neza mu GASENYI.

17/07/2026

Nyenicubahiro ati bisubiriye kwerekana kera uko abarundi baranrwa NIKIBIRI.Aba STAR bo Muburundi Barakoze ibintu vyamateka Imbere yabagize Reta Yuburundi

🔴Burundi     Iruka Munweshe abaherereye Mugisagara ca
15/07/2026

🔴Burundi
Iruka Munweshe abaherereye Mugisagara ca

Adresse

Boulogne-Billancourt
92100

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Vibe Africa Hub publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à Vibe Africa Hub:

Raccourcis

Partager

Type