RPEM Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de RPEM, Création digitale, Nantes.
(3)

https://www.facebook.com/share/1Lb9SS47f7/
04/08/2026

https://www.facebook.com/share/1Lb9SS47f7/

Mubo Yesu yacunguye, n'abantu bo muri Zone CENDAJURU - CANKUZO barimwo.

Aka ni akandi karyo ko kubwira abaremwe ubutumwa bwiza.

Abari hafi muze duhurire ku kibuga c'umupira w'amaguru kuri Centre CENDAJURU kuva igenekerezo rya 21 gushika 23 uku kwezi kw'umunani uno mwaka wa 2026.

https://www.facebook.com/share/1DHQ6T68zJ/
01/08/2026

https://www.facebook.com/share/1DHQ6T68zJ/

Woba warumvise ino nkuru nziza?

Aka ni akandi karyo keza Imana iduhaye mu gihugu cacu na cane cane ku ntara nziza ya Bujumbura.

Urashaka Ubugingo Busagutse?

Kaze ku w'Imana igenekerezo rya 09/08/2026 kuri terrain ya KINANIRA III kuva isaha icenda kandi ivyo kwiyunguruza vyaratunganijwe neza kuko azoba ari ku buntu.

Ino nkuru nziza ntuyigumane utayibwiye abandi kugira nabo bazobone ubwiza bw'Imana.

Adresse

Nantes

Téléphone

+25761037905

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque RPEM publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Raccourcis

Partager