23/04/2026
AMAKURU MABI CANE CANE 🥹💔😭
Nk’uko vyatangajwe na El Mundo Deportivo, Lamine Yamal yagize ikibazo gikomeye mu mitsi yo mwitako 😢🔥
➡️ Ivyo vyatumye ahagarika gukina gushika saison iheze 💔
➡️ Kandi ukwitabira kwiwe kwigikombe c’isi gushobora gushira mu kaga gakomeye cane Kuko hari Inkino 3zambere atazokina 🌍😭
👉Ni inkuru ibabaje cane ku FC Barcelona n’abafana bose 💙❤️
⚡Twese turamwipfuriza gukira 🙏💪✨
Ntugend utagiz follow kwiyi page