Imperialtv 257

Imperialtv 257 [email protected] If you need a interview just text us

Imperial TV 257 is an online TV: ImperialTV257 The main content aired in these online TV is entertainment, sports, health & education.Also ImperialTV257 news can be found on Youtube,FaceBook,Twitter and Instagram.

25/03/2025

BURUNDI VS SEYCHELLE

🇧🇪Bruxelles : Abarundikazi🇧🇮babiri baraye bahitanywe n’isanganya ry’umuriroAbarundikazi babiri ari bo Masika Sandra w’im...
10/11/2024

🇧🇪Bruxelles : Abarundikazi🇧🇮babiri baraye bahitanywe n’isanganya ry’umuriro

Abarundikazi babiri ari bo Masika Sandra w’imyaka 20 na Muco Steffy Bretta w’imyaka 27, baraye bahitanywe n’isanganya ry’umuriro i Buruseli mu Bubiligi, nkuko vyemezwa n'imiryango yabo. Hari mw’ijoro ryo ku wa gatanu rishira ku wa gatandatu (8-9/11/2024)

Uwo muriro wadutse mu nzu y’amagorofa atatu iri hagati mu gisagara ca Buruseli muri komine ya Anderlecht, mu nzu ibamwo abantu benshi. Walter Derieux, umuvugizi w’igipolisi kijejwe gukinga impanuka c’umuji wa Buruseli, yabwiye radio BBC ko umuriro watanguye kwaka mu nzu iri hasi mu gicugu maze ugahava utandukira izindi nyubako zo hejuru. Ngo bagerageje kuzimya ariko basanga mu nzu zo hejuru hariho abantu batatu bapfuye, harimwo abo barundikazi babiri.

Turahojeje imiryango yabuze!

Inkomoko : BBB News Gahuza

Birababaje cane😭😭 Aba Diaspora bo mûri   🇧🇪 ntibitabiriye concert ya *B face na mow kanzie*😌     🇧🇮
20/10/2024

Birababaje cane😭😭 Aba Diaspora bo mûri 🇧🇪 ntibitabiriye concert ya *B face na mow kanzie*😌 🇧🇮

05/10/2024

Sat B arash*tse mu Bubirigi/icamucereje mu nzira

05/11/2023

Double-jay OnceAgain na Kirikou A Kili barabiciye biracika mububirigi🇧🇪

Address

Bradford
BD30DT

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Imperialtv 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share