26/07/2025
'Nshaka gushigikira urwaruka ruri hagati y'100 na 300'-
Uyu mwigeme yamuka mu ntara ya mu ntara ya Gitega yagutse ni we yatowe nk'umukobwa wa mbere mwiza, aciye ubwenge kandi w'akaranga mw'ihiganwa Miss Burundi ry'umwaka wa 2025, mu birori vyabaye mw'ijoro ryo ku wa gatatu rishira uwa gatandatu.