17/08/2025
Inkuru ibabajeπππ
Inkuru yigisha, mbega agahinda π€
ππIyumvire nawe
Umukozi w'Imama(pasteur) Y'ubakishije Isengero mumuji ukikujwe n'ishamba Rinini,yarabaye kure yiyo sengero yiwe.
Umusumwe k'uwimana, pasteur Arimwo aja gusenga ageze muri ryashamba, harwa imvura nyishi cane, aranyagirwa aratota, Arafukama asenga Imana ati:" Mana yanje ngakwingize Imvara ireke k***a, izek***a mpejeje kubwiriza murusengero"
Ahejeje gusenga, imvura yaciye irushirizaho k***a, gushikaho pasteur ajugumira munzira ariko aja gusenga.
Asubiye muhira iwe, Aritonganya abwira Imana ati: "Mana yanje, Wanyirengagije kandi narikonja kumurimo wawe, imisi yose mbandi kaishengero kubwigikorwa cawe, mpara ubuzima bwanje mwijoro no kumurango, nkabushira mukaga kubera wewe, kuvuwumusi sinzosubira kugukorera ukundi."
Muminota mike, umurwi w'abantu baraza bara mubwira bΓ’ti:"pasteur Imana yawe ninkuru, twari twahawe mission yok*kwica , twashaka kuguturira n'a essance k*k Igisigo comuri rirya shamba cashaka igitambo muriri joro, ariko ikibiriti cacu cajovye kubera imvura.
Twagomba kugusimbirako ariko twabona abamarayika imbere yacu bafise ibirwanishwa! twumva nijwi ritubwira riti:Nti mumwice nimwabigerageza mwese muca murwa imbere yamaso yiwe"
Pasteur avyumvise arababara cana, Akesha ijoro ryose ariraππ asaba ikigorwe Imana imubabarire.
ππMugenzi ntugahebe Imana Umuremyi wawe igihe atakwishuye, Kuko ibona kure kugusumvya kandi izi ivyikora. Imana nurukundo, Izogukiza amabi asumba ayurimwo. Nimba uvyizera vugati Amen,
Imana yumve ugusenga kwawe!!!
Mubandanye mugira follow Kuri page yanje
DarlΓ¨ne Official ππ