Ra-one burundi

Ra-one burundi beaucoup d'amis
(13)

πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡
29/07/2026

πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

29/07/2026

follow me πŸ™πŸ‘‡πŸ‘‡

πŸ”΄ Β« π—‘π—§π—”π—žπ—œπ——π—”π—žπ—¨π—‘π——π—” Β» : π—œπ—•π—œπ—žπ—’π—₯π—ͺ𝗔 𝗩𝗬𝗒 π—žπ—ͺπ—¨π—•π—”π—žπ—” π—œπ—¦π—’π—žπ—’ π—‘π—žπ—¨π—₯𝗨 𝗬𝗔 𝗕𝗨𝗝𝗨𝗠𝗕𝗨π—₯𝗔 π—•π—œπ—šπ—œπ—¬π—˜ π—©π—¬π—”π—§π—”π—‘π—šπ—¨π—₯𝗔 !!================Inyuma y’amanama ...
26/07/2026

πŸ”΄ Β« π—‘π—§π—”π—žπ—œπ——π—”π—žπ—¨π—‘π——π—” Β» : π—œπ—•π—œπ—žπ—’π—₯π—ͺ𝗔 𝗩𝗬𝗒 π—žπ—ͺπ—¨π—•π—”π—žπ—” π—œπ—¦π—’π—žπ—’ π—‘π—žπ—¨π—₯𝗨 𝗬𝗔 𝗕𝗨𝗝𝗨𝗠𝗕𝗨π—₯𝗔 π—•π—œπ—šπ—œπ—¬π—˜ π—©π—¬π—”π—§π—”π—‘π—šπ—¨π—₯𝗔 !!
================
Inyuma y’amanama n’ibiganiro vyinshi vyagiye birahuza abagize umugambi wo kwubaka iyo soko nkuru ya Bujumbura ( Abikorera utwabo na Reta y’Uburundi), ivyiyumviro vyabo vyahuje intumbero.

πŸ”ΉMuri iyi ndwi dusozeye, niho ibikorwa iyo soko vyatangura icese, bihagarikiwe na Fablice Manirakiza / FLYBZ aserukira imbere y’amategeko ishirahamwe UbakaNation Group, ryagiye imbere mu gushira mu ngiro uyo mugambi.

πŸ”ΉNk’uko abimenyesha mu kiganiro yashize ku mbuga ngurukana bumenyi ziwe, Fablice avuga ko iyo soko izokwubakwa mu bice bikurubikuru 7.

πŸ”ΉIbi bikorwa bitanguye akaba ari ibikorwa vy’inyubakwa y’igice ca mbere. Iyo nyubakwa izoba igeretse 5, ifise n’iyindi nzu ya Parking mu kuzimu ( Cave ).

πŸ”ΉIyo nzu ya mbere, izokwubakwa imyaka itatu, ikazotwara uburyo burenga gato imiriyaridi mirongo icenda na zitanu (95.000.000.000fbu ).

πŸ”ΉIyo nzu ihejeje kwubakwa, abatanze imitahe mu kigega ca Β« One Afrika investment Fund Β» bazoca bayikamisha imyaka 24, imbere y’uko bayisubiza Reta.

πŸ“πŸ’¬Nk’uko Fablice abishikiriza, yagize ati : Β« Ntanakimwe kitokunda. Abarundi ni babitahura, bagatanga amafaranga, tuzoshobora gutandukira inzu y’igice kigira kabiri twihuse, gushika no kuri ya nyubakwa igeretswe 30. Ubu twarasozeye umuce wa mbere wo kwakira imitahe. Vuba turatangura kwakira umuce ugira kabiri, aho tuzozunguruka igihugu cose hamwe no mu mahanga, gusigurira Abarundi no gutoza imitahe. Ababaye aba mbere mu gutanga imitahe, bazoronka akarusho n’inyungu gusumba abo tuzoba twakiye ubwa kabiri Β».

Mu gusozera, Fablice yamenyesheje ko inyubakwa z’iyo soko zizoba ziri ku rwego mpuzamakungu, aho bazoshiramwo ubuhinga bukinga impanuka z’umuriro, zitera amasoko gusha.

Mbe guhindurwa kwisura Kwa v. Junior vyoba vyamugize mwiza kurusha uko yahora ???=>Inyishuyawe irakenewe muri commentari...
23/07/2026

Mbe guhindurwa kwisura Kwa v. Junior vyoba vyamugize mwiza kurusha uko yahora ???
=>Inyishuyawe irakenewe muri commentariesπŸ‘‡πŸ‘‡
*****************************
Ukaba wipfuza kumenya amabanga ya 1xbet raba iyi video uciye kwiyi link
πŸ‘‡πŸ‘‡
https://www.facebook.com/reel/1009862018598091/?app=fbl

21/07/2026

🚨 Ibi Ni Vyo Wari Utazi Kuri 1XBET

12/07/2026

follow meπŸ™

05/07/2026

πŸ‘‡πŸ‘‡

01/07/2026

follow me plz πŸ‘‡πŸ‘‡

Address

Nairobi

Telephone

+25761080696

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ra-one burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category