P.Sijen official

P.Sijen official football, news and actuality

08/05/2026

MINISTRE ALAIN NDIKUMANA ASHIZE AKABURUNGU KW'IYUBAKWA RY'ISOKO NKURU YA BUJUMBURA N'AMABARABARA2026 Download the app → goliveindia.in/download

29/04/2026

PEREZIDA NDAYISHIMIYE YASHIMIYE BIDASANZWE UMUSIRIKARE YAKOZE IBIDASANZWE MU BURUNDI

26/04/2026

Umukuru w'igihugu yasiguye uko Imana yashavuriye indongozi zahindutse ibikoko mu Burundi Download the app → goliveindia.in/download

24/04/2026

Révérien Ndikuriyo asaba abagumyabanga kudatwara abantu nk'amasho Download the app → goliveindia.in/download

24/04/2026

Ministre ALAIN asiguye impamvu abagwizatunga bohanze bataza gukorera mu BURUNDI//Ivyo asaba LETA Download the app → goliveindia.in/download

None vyukuri muri Brazil 🇧🇷 barya indya nyabaki kumenga vyoba ari ibitoke kubwinshi , 🤔😶Ntibitahuritse ukuntu umuntu yov...
23/04/2026

None vyukuri muri Brazil 🇧🇷 barya indya nyabaki kumenga vyoba ari ibitoke kubwinshi , 🤔😶

Ntibitahuritse ukuntu umuntu yovunika nkuku none coba ari igihano Imana iha abanya Brazil 🇧🇷 vrm?

Ibaze umukinyi wese w'umunya Brazil wumvisengo arafashwe nimvune kaba kabaye nukuri

Mr pisco

Umupira ninka nyashi iyo uwufise kndi uwuzi biraboneka 😁 harigihe uhekwa nabahagarikizi ukubaza ngo warushije abandi guk...
19/04/2026

Umupira ninka nyashi iyo uwufise kndi uwuzi biraboneka 😁 harigihe uhekwa nabahagarikizi ukubaza ngo warushije abandi gukina bikarangira bakudumvye igisiniya🤣🤣

Ariko ndibazako I Madrid biteguriye ubukwe mumisi iri imbere none ko bamaze kuronka 4 mumyaka 2 ga hemwe 🫣 gusa iyo sahani irateye isoni wotuma uvamwo muzambere kabisa 😂

Jewe narababwiye ntawagiriye nabi umurwi w'Igikundiro yigeze aroranirwa murabaza , Inter de Milan, Chelsea ......muzoba mumbwira ariko ico mwomenya gikundiro niwo murwi mwiza kw'isi ushora imilion zidashika 30 kwisoko ariko ntiwiburire igikombe

😄 bavyita kuruhira ubusa 🤫

Mr Pisco

Ngo mufise 15UCL 😁😁 ko mutazishize mukibuga ngo zikine na Bayern 😂
17/04/2026

Ngo mufise 15UCL 😁😁 ko mutazishize mukibuga ngo zikine na Bayern 😂

31/03/2026

Address

Nairobi

Telephone

+254799441768

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when P.Sijen official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to P.Sijen official:

Share