Black Man 81

Black Man 81

MAN
🇧🇮

BOY 🤭

BIAO 🫆


(1)

22/08/2026

゚viralシfypシ゚ 🇧🇮 🇷🇼 🇹🇿 🇰🇪
Black Man 81

22/08/2026

゚viralシfypシ゚ ゚viralシ

22/08/2026

🇧🇮 🇹🇿 🇰🇪
fans Black Man 81

2027 uromwongera ijwi ryawe?
21/08/2026

2027 uromwongera ijwi ryawe?

21/08/2026

Abasani back baratahuye Ico mwababgiye🫵🔥🔥🇧🇮
Kuva aho muvugiye ko bataririmba indimi mpuza mahanga bariko barumvura impanuro

Bigeze aho umuririmvyi w'umurundi yandika ya English nziza iryoshe kandi mukayitahura

BY Fabelove DA K.SHAN BOY Yaririmvye 🔥🔥
BY B-face On The'flo 🇧🇮🇧🇮 FT Jose Chameleone 🇺🇬🇺🇬 NAYO Bayikoze eng English

Muze tuzirabire hammer kuri youtu.be mwumve izo ndimi mvamahanga 🇬🇧

Black Man 81

21/08/2026

Ibibintu vyama biba kumasoko y'Uburundi bisigura iki??✍️✍️
Buri kwezi😭😭🫵

Muri Kano kanya muri Galerie Ndayizamba hari umwotsi mwinshi
21/08/2026

Muri Kano kanya muri Galerie Ndayizamba hari umwotsi mwinshi

Mwamye mumbaza ukuntu yonsa umwana rero muravyiboneye👇 uyu numugabo😭
20/08/2026

Mwamye mumbaza ukuntu yonsa umwana rero muravyiboneye👇 uyu numugabo😭

20/08/2026

🔥🔥🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ivyananiye ba Sat-B naba Big Fizzo umuhungu wimatongo arabikoze 🔥🔥
B-face On The'flo ahejeje guturitsa ikibombe Mugisagara Na Hit Song 🇧🇮🇺🇬🔥 Yabo Bise " Hand Ina Di Air

Indirimbo Ifise Amasanamu Meza Kandi Yanditse Neza 🔥🔥🔥🔥

B-Face Arategura 🤓

🔺 Uyumva Gute? Uyibona Gute?

🔺Link Muri Commentaire 👇👇👇👇👇

by 🇧🇮🇧🇮 ft Jose Chameleone 🇺🇬🇺🇬 New hit song is out Now keep watching on YOUTUBE Link 👇👇

https://youtu.be/HOJgZ02_jTQ?si=4CZwTHQIEgJuYFKj

Black Man 81

KENYA Unomuhungu bamwita onyocha odinga😅 bivugwako yateye inda umukobwa womubwoko bwabakamba ngonawene yaramwihakanye🤔 a...
20/08/2026

KENYA Unomuhungu bamwita onyocha odinga😅 bivugwako yateye inda umukobwa womubwoko bwabakamba ngonawene yaramwihakanye🤔 acarayimutumira imbanyi 🫄 nimba abakobwa uwomuti bawukurahe? uwomufumu bagendako ntasanzwe🤔 abakobwa baramaze kurikanura🙄🙄 tube magabo abasore nabagabo tube magabo 👍👍💪

Address

Nairobi
ONE KISS

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Black Man 81 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Black Man 81:

Shortcuts

Share