Inkuru za Mateka by Ally Ossama

Inkuru za Mateka by Ally Ossama NITWA ALLY OSSAMA DOCUMENTALISTE
NANDIKA INKURU ZABANTU BABAYEHO MUMATEKA EKA NKANAKORA VIDEO ZUBWENGE ZIRIMWIMWO ICIRWA

07/03/2026

1
MENYA IBITANGAZA VYINZU YAMBERE NDENDE KWISI YOSE
BURJI KHALIFHA






03/03/2026

Menya amakuru yintambara hagati ya Américain na iran hamwe na Israël







02/03/2026

Turwanire umugabane wacu umugabane mwiza umugabane w'African ndetse tunarinde intwari zacu






🔴🔥 AMERIKA, ISRAEL NA IRAN BARARIMBURANA🇺🇸🇮🇱🇮🇷 INTAMBARA YAKOMEYE!Urugamba rukomeye cane  hejuru hagati ya United States...
01/03/2026

🔴🔥 AMERIKA, ISRAEL NA IRAN BARARIMBURANA
🇺🇸🇮🇱🇮🇷 INTAMBARA YAKOMEYE!
Urugamba rukomeye cane hejuru hagati ya United States, Israel na Iran ruriko ruratera impagarara mu karere ka Moyen-Orient (uburasirazuba bwo hagati)kandi isi yose iragira ico ivuga.
📍 Amerika na Israel bakoze ibitero vy’indege n’imisile ku bibanza vya gisirikare vya Iran, bavuga ko bashaka guhagarika imigambi ya Iran yogukora ibigwanisho runyanganda (Les armes nucléaires)bigateza akaga ku mutekano wabo nakarere .
🚀 Uko Iran yishuye
Mu guhangana ibitero, Iran yaciye isubira irasa imisile myinshi n’amadrone ku bihugu bitandukanye:
🔥 Israel — Iran yarashe imisile ku butaka n’ikirere c’ico gihugu abislael BAKABA BAMAZE kwinyegeza mumyobo yateguwe guhungiramwo Intambara zikomeye i.
🔥 Ibihugu bifise ingabo za Amerika mu karere: Qatar, Kuwait, Bahrain, United Arab Emirates (UAE), Saudi Arabia, Iraq, Jordan — Iran nayo yarashe imisile n’amadroni aho kugira ngo ishike ku ntego zayo. Bikaba vyahitanye ABANTU nibintu vyononekaye
🌍 ICO IBINDI BIHUGU VYAVUZE
🟥 Russia — Yiyamirije ibitero vya Amerika na Israel, ivuga ko bishobora gutuma isi yose yinjira mu ntambara nini.
🟡 China — Yasavye impande zose guhagarika intambara no gusubira mu biganiro vy’amahoro.
🟢 Canada — Yiyamirije ibikorwa vy’intambara kandi yibukije ko abasivile bagomba kurindwa.
🇪🇺 France, Germany na United Kingdom — Basavye guhagarika imirwano no gushira imbere ibiganiro vya dipolomasi.
⚠️ AMAKURU KU MUTEGETSI WIKIRENGA WA IRAN ALI KHAMANEI
Amakuru yakwiragiye ku mbuga zitandukanye harimwo nziza president WA American Trump avuga ko Ali Khamenei, umuyobozi w’ikirenga wa Iran, yaba yishwe mu bitero, kandi hari nabandi abategetsi bo muri Amerika babitangaje ku mbuga zabo. Ariko gushika ubu nta cemezo cemewe n’inzego zizewe kiriho kimenyekanisha urwo rupfu ku buryo budakekeranwako .
🛢️ INGARUKA KU BUZIMA BW’ISI
📈 Ibiciro vy’ibitoro vyaraduze kubera umutekano muke mu karere.
🌐 Isi yose iragira impungenge y’uko iyo ntambara ishobora kwaguka ikaba ikibazo kinini cane ku mutekano w’abantu bose.
Mwomenya ko amatiti ya Islael na Iran atari ayubu Amérika nayo Yama Iza gutabara Islael nkumufatanyabikorwa WA Islael wambere akomeye cane
Aho mumisi Iza uzoza wumva premier ministre WA Islael Netanyahou Ashimira amerika ko yabikoze neza mugukubita Iran ahababaza ✍️

Fyonda follow/suive nimba utarabikora kugira uronke amakuru atandukanye kugihugu mukarere eka no KWISI yose muri rusangi
📢 Like and comment Sangiza iyi nkuru kugira abandi bayimenye!

26/02/2026

Menya Amateka ya Muamar kadafi
intwari ya libiya🇱🇾🇱🇾
1 Épisode /3





24/02/2026

Abenshi barazi Kadafi nk’umunyagitugu, ariko hari ukundi kuri ku mateka yiwe. Raba iyi video wumve vyinshi kubuzima bwa kadafi






17/02/2026

Ngiyi intwari yikinjana ca 21
Umuvyeyi wacu
Pierre nkurunziza






12/02/2026

NGIZI ICUNGU ZIGUZE UBURUNDI NABARUNDI





10/02/2026

Ngizi intwari z'umugabane w'africa zitanze bikwiye zikahasiga ubuzima





08/02/2026

MUMENYE RÉVÉRIEN NDIKURIYO
Umugabo w’ijambo rikomeye,
umugabo wahagaze igihe vyari bigoye,
umugabo w’icemezo atigeze ahunga inshingano.






07/02/2026

MUMENYE Michel Micombero
Yarimuntuki kandi ni iyihe nyungu n’ingaruka yagize ku mateka y’Uburundi?”

I love  💕 💕 all my fans I'm back soon
05/08/2024

I love 💕 💕 all my fans I'm back soon

Address

Nairobi

Telephone

+25767608945

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inkuru za Mateka by Ally Ossama posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share