Reebeze

Reebeze "You are your own boss now!"

21/08/2026

😭😭Amajambo yaheze nukuri

Ibintu bibandanya kuba bibi cane!😭😭  nayo yafashwee n’umuriro😭Mana gira utabare Uburundi n’Abarundi😭Le Parisien yoyo uko...
21/08/2026

Ibintu bibandanya kuba bibi cane!😭😭

nayo yafashwee n’umuriro😭
Mana gira utabare Uburundi n’Abarundi😭

Le Parisien yoyo uko iriko irasha, womengo irimwo essence ā›½ļø 😭

  y’incamugongo:Nta kintu kibabaje nko kwubaka inyubakwa kugira izofashe igihugu n’abenegihugu ariko wavyuka ukumva ngo ...
21/08/2026

y’incamugongo:

Nta kintu kibabaje nko kwubaka inyubakwa kugira izofashe igihugu n’abenegihugu ariko wavyuka ukumva ngo iriko irasha!😭

Nta kintu kibabaje nko gufata amafaranga yawe agashira mu budandaji ariko wikangura ukabana inkuru iriko iracanacanako ngo inyubakwa y’isoko yo kwa naka iriko irasha!😭😭

Tubanje guhoza uwo wese yari asanzwe afise ikibanza c’idandarizo muri isanzwe iri mu gisagara ca Bujumbura.

ni inzu y’ubudandarizo yari yubatse ku rwego rwiza ariko ubu tuvugana mw’iki gitondo ca 21/08/2026 hakaba hayadukijemwo umuriro!😭😭
Kandi biboneka ko kuyizimya atari ikintu coroshe😭😭😭.

:

None iyi miriro yiyadukiza mu masoko buri musi iva kuki?

None yoba iva kuri installation mbi y’umuyagankuba?

Yoba iva ku gusamara kw’abadandaza?

Mbega ni igiki kizodukiza iyi miriro yo mu masoko?

Ivya kizimyamwoto vyovyo ntitwokwirirwa turabivugako?

Imigano iba iri mu masoko iba ariyo gushariza canke iba ariyo kwifashisha mu gihe c’isanganya ry’umuriro?

…

Utubazo ni twinshi... ...

20/08/2026

Aka muracakibuka mwebwe ?

Ijoro ryiza kabisa
19/08/2026

Ijoro ryiza kabisa

Ngo aka doze karakwiye ubu!
18/08/2026

Ngo aka doze karakwiye ubu!

Ego umugani w’ikirundi ngo:"Gushaza ni gushinyiriza!"Ƈa c'est le pire vraiment.
11/08/2026

Ego umugani w’ikirundi ngo:"Gushaza ni gushinyiriza!"

Ƈa c'est le pire vraiment.

Mutima nti:"Sawa, yemwe uramfuse! Je suis effacƩ!"None ibi navyo ni biki? Canke reka twiyorohereze, tuvuge duti:"Niyo mi...
09/08/2026

Mutima nti:"Sawa, yemwe uramfuse! Je suis effacƩ!"

None ibi navyo ni biki? Canke reka twiyorohereze, tuvuge duti:"Niyo misi tugezemwo!"

Ahibambewe! Ibi bintu birakwiye guhagurukirwa, hakaba icirwa cimbitse, gurtyo tukabitorera umuti urama!
Ntivyumvikana na gato ingene umusore ku myaka yiwe yo gupagasa akitora ngo ngira ndondere uwo tuzokwubakana, tuzobana akaramata, mu mahirwe no mu marushwa. Umwe nzobwira akari ku mutima, akambwira akari ku mutima. Umwe ikigoranye cose tuzicara mpaka tukagitorera umuti.
Agaca acagura umukobwa umwe rudende muri za miriyoni tuzi ziri kw’isi nzima, akamushikiriza iciyumviro! Mbere abo bompi bakabiganirako, bagatako bakanavyemererana. Bakaja no ku bavyeyi babo bakabwira ko bagira batere intambwe baze bibanire imyaka yose basigaranye.
Umuhungu rero nti ngira mve mu busore, umukobwa nawe nti nanje ngira mve mu bukumi.
Ariko vyakabaye uko, umukobwa ntakiteho imitahe umuhungu yasesaguye, amasengesho yasenze, ibirometero yagenze, vyose akabitamwo ubuhiri kubera umunota umwe gusa w’ubujuju!

Umuhungu guhera uwo munota amenyeyeko iyo nkuru mbi, agaca afatwa n’ibinyanya umubiri wose. Akicuza icamushuhije ngo ave mu busore, ave mu myaka yo gutegura imbonokazoza yiwe, agasanga vyose nta nyishu ubwiwe yokwitorera.

Reka rero duhoze uyu yariko yitegurira kuba serugo ariko bitagikunze, tunasaba abakobwa muri rusangi kwisubirako, bige neza imico ndundi, imico y’abavyeyi bacu kuko bariko batwambika urubwa!

Kora follow Reebeze

Bon appƩtit...
07/08/2026

Bon appƩtit...

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Reebeze posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category