Chosen Generation

Chosen Generation CHANTEUR

01/09/2025
01/09/2025

📢📢📢SEMERERA BOSE BABIMENYE📢📢📢📢📢📢🔔

SOURCE : UBUTUMWA BWIZA BWAMAHORO

AMAHEREZO Y'INTUMWA ZA YESU KRISTO,INGENE BAPFUYE:

1. :Yari uw'I betisida I Galilaya) yabambwe ku musaraba acuritswe, agwa I Roma mu butaliyano mu kwezi kwa 6 mu mwaka wa 67, azira Yesu!

2. : Yiciwe I Constantinople nawe
bamubamvye ku giti. Yahambwe n'uwitwa
Maximilien.

3. :Yishwe na Herode I Agripa amuciye umutwe.
Hari mu mwaka wa 42

4. :yabambwe ku giti ahitwa I Thierapolis.
ahambwayo.

5. : bamushishuye urushato ari muzima aho bari bamusanze avuga ubutumwa bwiza.
Bamaze kumukurako urushato amara iminsi itatu abona gupfa.

6. : Niwe bita Lewi; uyu we yasogoswe nk'impene yicishwa ivyuma.

7. : yatewe amacumu ku murango izuba riva, avuye kuvuga ubutumwa mu Buhinde
(Na n'ubu mu Buhinde umusozi bamwiciyeko
barawumwitiriye : St-Thomas)

8. : baramurashe bamutsinda ahitwa I Fenisia avuye kuvuga ubutumwa I Buyuda n' I Mesopotamia.

9. : Bamuhanuye ku gasongero
ku rusengero yikubita hasi atanguye gusamba
bamuhurizako amahiri arapfa . Ivyo vyabereye I Yerusalemu.

10. :yiciwe muri Africa bamukereje
Urukero mu mwaka wa 96

11. (yasimbuye Yuda): bamuteye amabuye amaze kunogoka bamuca igihanga.

12. (umuhishuzi): Bamucaniriye mu ngunguru y' amavuta aho gusha avamwo yabaye umusore kandi bamutetse ari umutama. Babonye adapfuye, baja kumuta mu kizinga ca Patimosi...
UHORAHO n'ico gihe amurindirayo akaja aragaburirwa n'ibikona. Niho yandikiye IVYAHISHURIWE YOHANA yibereye muri uwo mwiherero kugeza igihe yagarukanywe muri Efeso aho yandikiye
inzandiko 3 za Yohana. Ni we wenyene yapfuye
ashaje azize urw'akarago (Umwami Domitien niwe yari yarategetse ko bamuteka mu mavuta)

HARI N'ABANDI BENSHI:

👉Muri bo twovuga nk'uwitwa , biciye
abana 11 bose araba ariko bamusaba kwihakana Yesu arabahakanira. Ubwa nyuma bazany

105a b Ni mushime Uhoraho, mwambaze izina ryiwe;Mumenyekanishe ibikorwa vyiwe mu mahanga.2 Mumuririmbire, mumuririmbire ...
24/08/2025

105a b Ni mushime Uhoraho, mwambaze izina ryiwe;
Mumenyekanishe ibikorwa vyiwe mu mahanga.
2 Mumuririmbire, mumuririmbire ishimwe;
Muvuge ibikorwa vyiwe vyose bitangaje.
3 Mwirate izina ryiwe ryera,
Imitima y'abarondera Uhoraho inezerwe.
4 c Murondere Uhoraho n'inkomezi ziwe;
Murondere mu nyonga hiwe ibihe bidashira.
5 d Mwibuke ibikorwa vyiwe bitangaje yakoze,
Ibitangaza vyiwe n'amateka yo mu kanwa kiwe,
6 e Yemwe ruvyaro rwa Aburahamu umusavyi wiwe,
Yemwe bana ba Yakobo, abo yatoranije.
7 f Uhoraho ni we Mana yacu;
Amateka yiwe ari mw isi yose.
8 g Yama yibuka isezerano ryiwe imisi yose;
Ijambo yashinze yama aryibuka uk' urunganwe rugenda rukurikirana gush*tsa ibihe igihumbi,
9 h Ni ryo sezerano yasezeranye na Aburahamu,
Indahiro yarahiye Isaka,
10 i Akayongera kuri Yakobo ayitsindagira, ngw ibe icagezwe,
Kuri Isirayeli ngw ibe isezerano ry'intahava;

God's children abana b'Imana

23/08/2025

Nyemerere Mana ngendane nawe.

Appuyer sur suivre.

10/08/2025

Psaume14:1-7
Zaburi 14:1-7
Zaburi14:1-6

URIZERA KW'IMANA IRIHO
By 's children abana b'Imana

Zaburi :1:1
Heri mtu asiyefuata shauri la waovu, asiyeshiriki njia za wenye dhambi, wala kujumuika na wenye dharau;
Zaburi :1:2
bali huifurahia sheria ya Mwenyezi-Mungu, na kuitafakari mchana na usiku.
Zaburi :1:3
Huyo ni k**a mti uliopandwa kando ya vijito, unaozaa matunda kwa wakati wake, na majani yake hayanyauki. Kila afanyalo hufanikiwa.
Zaburi :1:4
Lakini waovu sivyo walivyo; wao ni k**a makapi yapeperushwayo na upepo.
Zaburi :1:5
Kwa hiyo watu waovu wataanguka wakati wa hukumu, wenye dhambi hawatakaa na kusanyiko la waadilifu.
Zaburi :1:6
Maana Mwenyezi-Mungu huziongoza njia za waadilifu; lakini njia za waovu zitaishia katika maangamizi.
http://fr.bibles.org/swh-BHN/Ps/1

Appuyer sur suivre.

Iyi Zaburi yahawe umukuru w'abaririmvyi. N'iya Dawidi. 14a b c Igipfapfa cibgira mu mutima, ngo Nta Mana iriho.Barononek...
10/08/2025

Iyi Zaburi yahawe umukuru w'abaririmvyi. N'iya Dawidi.

14a b c Igipfapfa cibgira mu mutima, ngo Nta Mana iriho.
Barononekaye, bakoze ibikorwa vyo kwankwa urunuka,
Nta wukora ivyiza.
2 d Uhoraho acishiriza mu bantu, ari mw ijuru,
Kugira ngw arabe ko harimw' abatahura,
Barondera Imana.
3 Barazimiye iyo bava bakagera, bose banduye hamwe,
Nta wukora ivyiza, eka nta n'umwe.
4 e Mbeg' inkozi z'ibibi zose nta bgenge zifise?
Ko barya abantu banje nk'uko barya umutsima,
Kandi ntibambaza Uhoraho.
5 Aho nyene bahagiriye ubgoba bginshi;
Kukw Imana iri mu bgoko bg'abagororotsi.
6 f Imigabo y'umugorwa murayitetereza,
Arik' Uhoraho n'ubuhungiro bgiwe.
7 g Icompa agakiza k'Abisirayeli kakaba kaje kava i Siyoni!
Uhoraho ni yasubizay' ubgoko bgiwe bgajanywe ar' inyagano,
Ni ho aba Yakobo bazohimbarwa, Abisirayeli bakanezerwa.

Umuntu afise ubgenge iy' ahambariwe bimushika kure Kurusha ukw inkoni ijana zishika ku gipfu.Imigani 17:10
05/08/2025

Umuntu afise ubgenge iy' ahambariwe bimushika kure
Kurusha ukw inkoni ijana zishika ku gipfu.
Imigani 17:10

Imigani17:1-281a Indumange irimw' amahoroIruta ibinoboye vyuzuye inzu birimw' imitongano.2 Umushumba w'ubgenge bazomurer...
03/08/2025

Imigani17:1-28

1a Indumange irimw' amahoro
Iruta ibinoboye vyuzuye inzu birimw' imitongano.
2 Umushumba w'ubgenge bazomureresha umwana w'agatetereza,
Kand' azogira umugabane mu biragwa hamwe na ben' umwandu.
3 b Inkono yo mu ruganda iteka ifeza, n'umuriro uvugutira izahabu,
Arik' ugerageza imitima n'Uhoraho.
4 Inkozi y'ikibi ishira umutima ku minwa y'ibibi,
Kand' umunyabinyoma atega ugutwi ururimi rw'akazikira.
5 c Ucokora umworo aba agaye Umuremyi wiwe,
Kand' unezerezwa n'ivyago vy'uwundi ntazobura guhanwa.
6 Abuzukuru ni bo gitsibo c'abatama,
Kand' icubahiro c'abana ni ba se.
7 Amajambo aroranye kw'atabereye igipfu,
Non' iminwa y'ibinyoma ntirushirije kuba iyitabereye ku mupfasoni?
8 Ingabire ni nk'akabuyenge k'igiciro kinini mu maso y'uyihawe,
Ah' agiye hose agira ukuboko kwiza.
9 d Upfuka igicumuro aba arondera urukundo,
Arik' uhoza ikintu mu kanwa atandukanya abakundana cane.
10 Umuntu afise ubgenge iy' ahambariwe bimushika kure
Kurusha ukw inkoni ijana zishika ku gipfu.
11 e Umuntu w'umunyakibi arondera ubugarariji gusa,
Arik' umutahe w'imburakigongwe azotumwa kuri we.
12 f Umuntu yopfuma ahura n'igikoko citwa idubu ciciwe ibibgana vyaco,
Hakw ahurira n'igipfu mu bupfu bgaco.
13 g Uwishura iciza ikibi,
Ikibi ntikizoruha kiva ku nzu yiwe.
14 h Gutangura imitongano ni nko kugomorora amazi,
Nuko reka ibirake utarasinda.
15 i Utsindanishiriza umunyakibi, bo n'utsindisha umugororotsi
Bompi nyene n'igisesema k'Uhoraho.
16 Igipfu bikimariye iki kugira ibiguzi mu ntoke ngo kigure ubgenge,
Kandi kitagira umutima?
17 j Umukunzi akundana ibihe vyose,
Kandi yavukiye kukubera nk'uwo muvukana mu magorwa.
18 k Umuntu atagira umutima yishira mu ndahiro,
Akigira ishinga imbere ya mugenzi we.
19 l Ukunda gutongana aba akunda kugabitanya;
Uwubaka ibirimba kw irembo ryiwe aba yikwegeye kugesezwa.
20 Ufise umutima udadika nta ciza abona,
Kand' ufise ururimi rudambikanya agwa mu vyago.
21 m Uvyaye igipfu aba yizaniye intuntu,
Kandi se w'ikijuju nta munezero agira.

28/07/2025

Prière du jour

Appuyer sur suivre

Address

Bypass Ruai
Nairobi
121323

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Chosen Generation posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Chosen Generation:

Featured

Share