BBC News Gahuza

BBC News Gahuza Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BBC News Gahuza, Media/News Company, BBC Gahuza, New Broadcasting House, Portland Place, Nairobi.

Mark Doyle wabaye umunyamakuru wa BBC, wataye amakuru mu Rwanda muri jenoside, yapfuye ku myaka 67Doyle yamenyekanye cya...
23/09/2026

Mark Doyle wabaye umunyamakuru wa BBC, wataye amakuru mu Rwanda muri jenoside, yapfuye ku myaka 67

Doyle yamenyekanye cyane ku gutangaza amakuru ku ntambara zo muri Afurika mu myaka ya 1990 no mu myaka ya 2000, cyane cyane mu Rwanda no muri Sierra Leone.

Inkuru irambuye hano: https://bbc.in/4hHp9xt

23/09/2026

Kurikira aya makuru yacu kuva ku wa mbere kugera ku wa gatanu guhera saa 18:30 mu Burundi no mu Rwanda, aho tukugezaho inkuru zikomeye muri ibyo bihugu, mu karere no mu mahanga, n’ubusesenguzi kuri ayo makuru.

 : Itohoza rivuga ko abanyaporitike bashobora kuba baranyuruje amahera baja kugura amazu muri Amerika, amazu afise agaci...
23/09/2026

: Itohoza rivuga ko abanyaporitike bashobora kuba baranyuruje amahera baja kugura amazu muri Amerika, amazu afise agaciro k'imiriyoni zababa 270 z’amadolari y’Abanyamerika.

Soma iyi nkuru hano: https://bbc.in/4xKVZSN

Uburusiya burimo gufasha gute Iran mu ntambara na Leta Zunze Ubumwe za Amerika?Biravugwa ko Uburusiya bwagiranye amaseze...
23/09/2026

Uburusiya burimo gufasha gute Iran mu ntambara na Leta Zunze Ubumwe za Amerika?

Biravugwa ko Uburusiya bwagiranye amasezerano na Iran angana na miliyoni 589 z'amadolari yo kuyiha intwaro zo kwirwanaho mu kirere.

Soma byinshi hano:

Kuva ku butasi kugera ku ndege za 'drones' iri ni isesengura ry'uburyo Uburusiya yaba irimo gufasha inshuti yayo Iran muri iyi ntambara.

Igihe Perezida   wa Amerika yashikiriza ijambo mu nama ya bose muri  , intumwa za 'Cuba zarivumbuye.Kubera iki? Inyishu ...
23/09/2026

Igihe Perezida wa Amerika yashikiriza ijambo mu nama ya bose muri , intumwa za 'Cuba zarivumbuye.

Kubera iki? Inyishu hano: https://bbc.in/47jaEd6

  /   ivuga ko Ebola iriko igabanuka muri Ituri, ariko ikabandanya irandagata muri Kivu ya RuguruSoma vyinshi hano: http...
23/09/2026

/ ivuga ko Ebola iriko igabanuka muri Ituri, ariko ikabandanya irandagata muri Kivu ya Ruguru
Soma vyinshi hano: https://bbc.in/4iK4bPC

Ethiopia: Ubwoba bw’intambara nshasha hagati y'ingabo za Tigray n'iza reta ya Ethiopia https://bbc.in/47kwoFv
23/09/2026

Ethiopia: Ubwoba bw’intambara nshasha hagati y'ingabo za Tigray n'iza reta ya Ethiopia
https://bbc.in/47kwoFv

U Rwanda n'Ububiligi byatangaje ko bisubijeho umubano wa dipolomasiU Rwanda n'Ububiligi – bwahoze burukoloniza – byari b...
23/09/2026

U Rwanda n'Ububiligi byatangaje ko bisubijeho umubano wa dipolomasi

U Rwanda n'Ububiligi – bwahoze burukoloniza – byari byacanye umubano mu mwaka ushize ku mpamvu zifitanye isano n'intambara yo mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo.

Inkuru irambuye hano: https://bbc.in/4hjUoNJ

  /   itarimo Amerika yaba ifite ubushobozi bungana iki bwa gisirikare?Ese niramuka yikuye muri uyu muryango, ibihugu by...
23/09/2026

/ itarimo Amerika yaba ifite ubushobozi bungana iki bwa gisirikare?

Ese niramuka yikuye muri uyu muryango, ibihugu by'i Burayi bizashobora gutanga ingabo n'ibikoresho byo kwirinda bidafite urufatiro rw'igisirikare cy'Abanyamerika?
Injira hano:

Umubano hagati y'ibihugu bikikije inyanja ya Atalantika (Atlantic) wongeye kugorana nyuma y'uko ibihugu by'i Burayi byanze cyane kugira uruhare mu bitero biherutse kugabwa na Leta Zunze Ubumwe za Amerika na Israel kuri Iran.

 : Ubwoba bw’intambara nshasha hagati y'ingabo za   n'iza reta nkuru y'igihuguHari ubwoba bw’uko intambara yeruye ishobo...
23/09/2026

: Ubwoba bw’intambara nshasha hagati y'ingabo za n'iza reta nkuru y'igihugu

Hari ubwoba bw’uko intambara yeruye ishobora gusubira kwaduka muri Ethiopia, inyuma y’imyaka ine intambara yo hagati mu gihugu yashegeshe ico gihugu irangiye.
https://bbc.in/4rr4p0h

Address

BBC Gahuza, New Broadcasting House, Portland Place
Nairobi
W1A1AA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BBC News Gahuza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share