Radio peace fm ijwi ry'urwaruka

Radio peace fm ijwi ry'urwaruka Radio Peace Fm ,est une radio la voix des jeunes

La Radio Peace Fm ,est un media avec une ligne editoriale de sensibilisation de la paix ,eveiller la jeunesse et promouvoir le droit de l'homme dans la region de grand lac et dans l'afrique de l'est notament dans le domaine des refugies

Amasengesho ateye umutima uhagaze abarundi -_-_-_-_-_--_-_-_-IMANA IGARUKIRE UBURUNDI ==============๐ŸšจBwa Mbere mu mateka...
03/10/2026

Amasengesho ateye umutima uhagaze abarundi
-_-_-_-_-_--_-_-_-

IMANA IGARUKIRE UBURUNDI
==============

๐ŸšจBwa Mbere mu mateka ya Eklezia Katorika ,hasenzwe amasengesho ateye ubwoba abarundi .

โš ๏ธโ€ผ๏ธIbitari bimenyerewe cane aho abapadiri basenga nk'aba positori ,mbere bakanavuga mu ndimi .

๐Ÿ˜ญIkindi gitangaje cane n'ukudomako urutoke mugusengera ivyaha vyibonekeza mu nzego z'igihugu uhereye ku kirimba c'umukuru w'igihugu Ndayishimiye.

๐ŸฅนAya masengesho ateye ubwoba kubera ko ameze nk'igikorane canke amasengesho y'imburi ,nayo abagenda bahanahana ijambo mugusenga ,ahanini baratakamba nkaho bafise amakuru ahagije kuvyo bariko barasengera .

*VIDEWO YOSE*

๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.

01/09/2026

โœ๐ŸฟBurundi : deux militaires prรฉsentรฉs par la police, Bob Rugurika dรฉnonce une ยซ mise en scรจne ยป pour le salir
๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ https://radiopeacefm.com/fr/burundi-deux-militaires-presentes-par-la-police-bob-rugurika-denonce-une-mise-en-scene-pour-le-salir

Umukuru w'igihugu Ndayishimiye yemezako yiteguye gutanga igice c'umuriyaridi (500.000.000 Fbu) kuwuzofata uwuturiye isok...
28/08/2026

Umukuru w'igihugu Ndayishimiye yemezako yiteguye gutanga igice c'umuriyaridi (500.000.000 Fbu) kuwuzofata uwuturiye isoko
๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Enjoy the videos and music that you love, upload original content and share it all with friends, family and the world on YouTube.

Amakuru ya Radio Peace FM๐ŸคŒ๐ŸผUmugambwe MSD uvuga ko wifuza gutahana abarundi bose kandi atari kera /Isabukuru y'imyaka 17....
10/06/2026

Amakuru ya Radio Peace FM

๐ŸคŒ๐ŸผUmugambwe MSD uvuga ko wifuza gutahana abarundi bose kandi atari kera /Isabukuru y'imyaka 17.

๐Ÿค”Mbayahaga Isidore vyamukomeranye muri ONATOUR umwanya n'umwanya abakoze baragaheba

๐ŸซฃUmugambwe CNL nawo uvuga ko amatora y'umukuru w'igihugu atazopfa abaye .

๐Ÿ˜ญAbasirikare b'abarundi, baragirizwa gufatanya na FRDC muguhonya abanyamurenge muri Congo.
๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Enjoy the videos and music that you love, upload original content and share it all with friends, family and the world on YouTube.

Ni ibiki biriko biraba kuri Faustin Ndikumana? Reta ifise uwuhe mugambi๐Ÿ”ซ๐Ÿ’ฃFaustin Ndikumana yagirizwa gutunga ibigwanisho...
05/06/2026

Ni ibiki biriko biraba kuri Faustin Ndikumana? Reta ifise uwuhe mugambi

๐Ÿ”ซ๐Ÿ’ฃFaustin Ndikumana yagirizwa gutunga ibigwanisho ,umugambi ugayitse wa Reta yโ€™uburundi.

โš ๏ธYemezako abakora mwenayo mabi buzuye ubujuju bwinshi cane .

๐ŸšจUmugambi ugamije kumufungisha akagirizwa icaha co guhungabanya umutekano w'igihugu.
๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Enjoy the videos and music that you love, upload original content and share it all with friends, family and the world on YouTube.

Le Magazine  BIGABIRO :* La Colonisation Belge dans le   ,      | Les morts successives des Leaders de l'independance Lu...
02/06/2026

Le Magazine BIGABIRO :*

La Colonisation Belge dans le , | Les morts successives des Leaders de l'independance Lumumba, Rwagasore ,Rudahirwa |Histoire de la Lutte pour l'independance du Burundi |Visite du Prince Louis Rwagasore a l'Universite de


๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Le Magazine BIGABIRO :La Colonisation Belge dans le ...

Mu kiganiro ca BujaFm umuku_________________๐Ÿ˜Abarundi barasavye kugwanira igihugu mugihe Urwanda twodutera๐Ÿ™ˆIndyane mu Bu...
02/06/2026

Mu kiganiro ca BujaFm umuku
_________________

๐Ÿ˜Abarundi barasavye kugwanira igihugu mugihe Urwanda twodutera

๐Ÿ™ˆIndyane mu Burundi, zahagaze umugambwe CNDD-FDD ufashe igihugu

๐ŸฅนUburundi burafise ibitoro vyinshi cane

๐Ÿค—Nta butunzi ubushinwa bufise uburundi budafise
๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ

Enjoy the videos and music that you love, upload original content and share it all with friends, family and the world on YouTube.

Joe Philbert Karangwa kuri ca kibazo c'ubusambanyi bwibonogoje mu mashure .Abategetsi baraharuka murizo dossier .Ba bana...
23/05/2026

Joe Philbert Karangwa kuri ca kibazo c'ubusambanyi bwibonogoje mu mashure .

Abategetsi baraharuka murizo dossier .

Ba bana bafumzwe bazira gufata ku nguvu ikinyoma c'abarezi .

Ingaruka yo kwigisha ingeso mbi ,ibiswi vy'inkona

๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Haheze imisi hobonekeza hirya no hino mu gihugu ,ingeso y'abigisha ...

16/05/2026
11/05/2026

๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿšจร‰variste Ndayishimiye sur la libรฉration de Bunyoni : ยซ Il se croyait au-dessus des lois ยป
๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio peace fm ijwi ry'urwaruka posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Radio peace fm ijwi ry'urwaruka:

Share

Category