27/05/2026
Ivyo abanya kenya 🇰🇪 batamenye ko Yemi Alade ameze imisi yibereye muri ico gihugu mugisagara ca
Umuririmvyikazi alade umunya Nigeria amaze imisi abarizwa mugisagara ca Nairobi muri Kenya 🇰🇪 hakaba hataramenyekana icatumye aza muri ico gihugu ariko Aguma hafi y'ishure ryigisha JIDO
Tuvuge ko imyidagaduro yo muri Kenya isinziriye??