26/08/2026
“Mwegere Imana, na yo izobegera.” — Yakobo 4:8
Niwipfuza kumenya Imana, yegere mu gusenga. Vugana na Yo n’umutima wawe wose kandi utayihisha ikiri mu mutima, urindire imbere yayo wihanganye, kandi ureke umutima wawe utuze bihagije kugira ngo wumve ijwi ryayo. Imana ntiri kure y’uwuyirondera . Uko uyiganiriza, na Yo izokwiyegereza kandi yihishure kuri wewe.....