No Repentance No Heaven Tv

No Repentance No Heaven Tv No Repentance No Heaven Tv est une Télévision Chrétienne avec mission de propager la bonne nouvelle

01/10/2025
01/10/2025

Gumiza Umutima k'Uhoraho | Igitondo c'Amashimwe
Umutumire:Munezero Liévin

01/10/2025

Muri iki Gitondo,
Ndagushimiye Mana ko .............

☝️Abaririmvyi    & Leonidas  bashize ahabona EP yabo ya mbere y’indirimbo zo guhimbaza Imana yitwa "IHANGANE".🎶🎼Izi ndir...
30/09/2025

☝️Abaririmvyi & Leonidas bashize ahabona EP yabo ya mbere y’indirimbo zo guhimbaza Imana yitwa "IHANGANE".

🎶🎼Izi ndirimbo z’ihumure n’ugukomeza, zishingiye ku bigeragezo abantu bahura navyo, ariko zikanatanga ubutumwa bw’ukwizera n’ivyizigiro. Buri ndirimbo ni ubutumwa bwiza butwibutsa kuguma twizera naho ibihe vyoba bigoye.

📝 Iyo EP igizwe n’indirimbo 5:
1. Ihangane
2. Igihe Kirageze
3. Amashimwe
4. Turarinzwe
5. Waratwimanye

🎧 Clovis Pro, umwe mu bahinga bazwi cane mu bijanye n’umu*iki n’amajwi mu Burundi, ni we yakoze amajwi y’izi ndirimbo. Uruhare rwiwe rwabaye ntagereranywa mu gutunganya amajwi meza, ndetse n’ugufasha aba baririmvyi gush*tsa iyi ntambwe ikomeye.

🎚️ Ibi vyose vyakorewe mu *Studio Agape Records*, imwe mu ma studio agenda arubaka izina mu gihugu no hanze yaco.

📲 Iyi EP ubu iraboneka kuri za mbuga zitandukanye nka *Spotify, Apple Music*, n’izindi zitanga umu*iki ku buryo bw’ikoranabuhanga.

📣 Raba nawe wumvirizi izi ndirimbo
zigufashe guhezagirwa.










*ikiMpimbazaMana

30/09/2025

🎙️ PROMOTION IDASANZWE muri
ECHO STUDIO!!!

☝️Uri umuririmvyi canke u*i uwuririmba?Ngayo amahirwe yo gukora indirimbo zawe mu buryo bwa None :
👉Arrangement,
👉Mixage,
👉Mastering, n’ibindi.

📍Basange Aho bakorera
Cibitoke, Ku rya Kanyoni – 11e Av.
📞 61134115 / 61059696

no gukora umu*iki
Wipfuza kandi ugezweho

---






*ikiMpimbazaMana

Thanks for being a top engager and making it on to my weekly engagement list! 🎉 Mwikomere Amashi👏👏👏👏 , Mwebwe mwadukurik...
29/09/2025

Thanks for being a top engager and making it on to my weekly engagement list! 🎉
Mwikomere Amashi👏👏👏👏 , Mwebwe mwadukurikiranye gusumba abandi
muri iyi ndwi turangije .
👇👇👇
Elissa Irakoze, Albertine Umutoni, Niyonkuru Pascal, Nishimwe Joselyne, Hatungimana Venant

29/09/2025

Ugusamara kw'Umukristo | Igitondo c'Amashimwe
Umutumire:Arakaza Boris Wilson

28/09/2025

🎵🎼🎶Imana ya Kandi karyo
Indirimbo y'Ibihe vyose
Pastor Lopez Nininahazwe

Burundi Gospel song
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

28/09/2025

POWERFUL SUNDAY SERVICE
2nd Service | Repentance and Holiness Church For The Revival

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when No Repentance No Heaven Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to No Repentance No Heaven Tv:

Featured

Share

Category