Monia Fleur Daily

Monia Fleur Daily Shurwe ry' Imana Monia Uwase 🌟

🇧🇮Female Artist🎙️ || Content Creator 🎊|| Performer 🏆||Songwriter ✍️||
(2)

21/10/2025

My king LinoG ❤️ yabakomye ☝🏼 mwayakiriye gtse ?
Kirikou A Kili 👋🏼
jay OnceAgain ☝🏼

Landrypromoter Bdi fans
mwayakiriye gtsee ahiwanyuu 🖐🏼

Eleg’ulandembesha Wasanze nd’inigg’ulandegezaUnyigisha guteletaMeze nk’umwana nsigaye nibebezaUrurukundo ruri DEEP DEEP ...
17/10/2025

Eleg’ulandembesha
Wasanze nd’inigg’ulandegeza
Unyigisha guteleta
Meze nk’umwana nsigaye nibebeza
Ururukundo ruri DEEP DEEP DEEP😋🗣️🔥
Muri tayali ??
LinoG Kirikou A Kili Onceagain

Kera nahora Numva abantu ngo bara amajoro bataryamye Bari kuri telephone nkibaza ngo ninkuru 😂 none maze amezi cumi ndar...
17/09/2025

Kera nahora Numva abantu ngo bara amajoro bataryamye Bari kuri telephone nkibaza ngo ninkuru 😂 none maze amezi cumi ndara ntaryamye 😂

fans LinoG Landrypromoter Bdi

Nguyo wamukobwa mubi cane mumapiyano🙂‍↔️❤️ Uretse gukorana ama piano neza Niki kindi shoboye? fans LinoG Landrypromoter ...
15/09/2025

Nguyo wamukobwa mubi cane mumapiyano🙂‍↔️❤️
Uretse gukorana ama piano neza Niki kindi shoboye?
fans LinoG Landrypromoter Bdi

Uwabonye ivyo mwarabu yakoze muri video ya pita Natubwire fans LinoG Landrypromoter Bdi Dj-Philbyte
14/09/2025

Uwabonye ivyo mwarabu yakoze muri video ya pita
Natubwire

fans LinoG Landrypromoter Bdi Dj-Philbyte

13/09/2025

Pita îs out now

fans LinoG Landrypromoter Bdi Dj-Philbyte

🚨ITANGAZO:Kumusi wejo isaha zine zo kumutaga dufise urubanza rukomeye cane rwitwa PITA😋Biramenyeshejwe rero Abarundi n’a...
12/09/2025

🚨ITANGAZO:
Kumusi wejo isaha zine zo kumutaga dufise urubanza rukomeye cane rwitwa PITA😋
Biramenyeshejwe rero Abarundi n’abarundikazi ko mwese mutumiriwe kwitaba urwo rubanza atanumwe avuyemwo. bikazobera kuri YouTube yitwa Monia Fleur.
NB: Gusiba cange gucererwa ntivyemewe murakoze.😋



fans LinoG Landrypromoter Bdi Dj-Philbyte

Address

Eko

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Monia Fleur Daily posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share