X Trick Tv

X Trick Tv 󰤖94.7k 󰤗47k 󰤘14k 󰤭506k

✊ active now 🟢
🌐𝐅𝐚𝐜𝐞𝐛𝐨𝐨𝐤️ 𝐋𝐨𝐯𝐞𝐫𝐬

♥️ Follow our Page

29/04/2026

tubwire uko wewe ubuzi

urukundo icarico??

29/04/2026

Kamenge : hari umwana w'i Ngozi yatowe yitwa Nkorerimana Claudine.

Twaronse ubutumwa bugira buti :

"Uyu mwana mubona kuri iyo foto yitwa Nkorerimana Claudine. Ni mwene Bigirimana Pascal na Wiringiyimana Léonie. Avuga ko avuka i NGOZI, hafi yo ku Masanganzira, umutumba wa GISABANZUBA. Avuga ko basengera ahitwa KAGARI.

Umwana yatowe mu gisagara ca Bujumbura, zone Kamenge mu Mirango rond point, igenekerezo rya 25/2/2026, ariko ararira avuga ko yamanukanywe n'umukobwa atazi Izina, ariko ngo uwo mukobwa yamumanukanye yaba hafi y'aho abavyeyi b'uwo mwana basanzwe barimira. Uwo yamumanukanye ngo yamubwiye ko amuzanye kumuronderera akazi ko kurera abana. Ariko bamaze kwururuka imodoka, ntiyasubiy kubona nya mukobwa aho aciye.

Uwomenya uwo mwana canke akamenya abiwabo, yotelefona kuri zino nimero : 79300702 /69200174."

26/03/2025

Just mp3 video will be dropped out soon

20/03/2025

Address

Kayonza

Telephone

+250791266870

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when X Trick Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category