Servant Aimable

Servant Aimable ๐—๐—˜๐—ฆ๐—จ๐—ฆ ๐—–๐—›๐—ฅ๐—œ๐—ฆ๐—ง ๐—œ๐—ฆ ๐—ง๐—›๐—˜ ๐—–๐—˜๐—ก๐—ง๐—˜๐—ฅ ๐—ข๐—™ ๐—˜๐—ฉ๐—˜๐—ฅ๐—ฌ๐—ง๐—›๐—œ๐—ก๐—š
๐—œ ๐—•๐—˜๐—Ÿ๐—œ๐—˜๐—ฉ๐—˜ ๐—œ๐—ก ๐—š๐—ฅ๐—”๐—–๐—˜ ๐—”๐—ก๐—— ๐—ฃ๐—ฅ๐—”๐—ฌ๐—˜๐—ฅ๐—ฆ

Tubakunda kurutuko mudukunda KWIMANA yaduhujye mwatwihereye Love โค๏ธ

Kanda like kuri page yacyuuu ubwo tubinshutiii

๐—œ๐— ๐—ฃ๐—”๐—ก๐—จ๐—ฅ๐—ข ๐—ž๐—จ๐—ฅ๐—œ๐—ช๐—˜ ๐—จ๐—ง๐—˜๐—š๐—จ๐—ฅ๐—” ๐—ž๐—ช๐—จ๐—•๐—”๐—ž๐—” ๐—–๐—”๐—ก๐—ž๐—˜ ๐—จ๐—ฅ๐—จ๐—š๐—ข ๐—ฅ๐—จ๐—ฆ๐—›๐—”๐—ฆ๐—›๐—”uyumunsi ni ukunsi haba ubugeni bwinshi reka dusogemwo impanuro zofa...
06/06/2026

๐—œ๐— ๐—ฃ๐—”๐—ก๐—จ๐—ฅ๐—ข ๐—ž๐—จ๐—ฅ๐—œ๐—ช๐—˜ ๐—จ๐—ง๐—˜๐—š๐—จ๐—ฅ๐—” ๐—ž๐—ช๐—จ๐—•๐—”๐—ž๐—” ๐—–๐—”๐—ก๐—ž๐—˜ ๐—จ๐—ฅ๐—จ๐—š๐—ข ๐—ฅ๐—จ๐—ฆ๐—›๐—”๐—ฆ๐—›๐—”

uyumunsi ni ukunsi haba ubugeni bwinshi reka dusogemwo impanuro zofasha benshi

๐Ÿ‘‰ . Musengere hamwe kandi mwige Ijambo ry'Imana kugira ribe ryo riyobora urugo rwanyu.

๐Ÿ‘‰ . Ntihagire ikintu gikomeye mubika mu mutima. Ikiganiro ciza kirinda amatati menshi.

๐Ÿ‘‰ Urukundo rutuma mwihanganirana, ukwubahana na kwo gutuma mwubaka urugo rukomeye.

๐Ÿ‘‰ . Nta muntu atagira amakosa. Kubabarira vyihuta birinda inzika n'ukutumvikana.

๐Ÿ‘‰ .
Muganire ku migambi yanyu, amafaranga, abana n'iterambere ry'urugo kugira mukorere hamwe.

๐Ÿ‘‰ .
Hari ibibazo bikwiye gukemurirwa hagati y'abubakanye canke hakifashishwa abantu b'icizigiro.

๐Ÿ‘‰ .
Ukwizigirana ni inkingi y'urugo. Mwirinde ibinyoma n'ibintu vyose bishobora gusambura ico cizigiro.

๐Ÿ‘‰ . Ntimuje mu mahiganwa n'abandi. Mubane hakurikijwe ubushobozi bwanyu.

๐Ÿ‘‰ .
Urugo si urw'umwe. Umunezero uriyongera iyo umwe afasha uwundi.

๐Ÿ‘‰ .
Nta rugo rutagira ibigeragezo, ariko ukwihangana, urukundo n'ubwenge bituma rukomera.

: "Urugo rwubatswe ku rukundo, ukwubahana no kwubaha Imana rushobora guhangana n'imiyaga yose y'ubuzima."

(Aimable & Judia)

05/06/2026

NDASENGA NGO IMANA IHEZAGIRE ABASHOMERI BOSE ,IMANA IBIBUKE IBARONSE UBUZI BAGABURIRE IMIRYANGO BONGERE BITEZE IMBERE

Imana irahari yizere gusa
05/06/2026

Imana irahari yizere gusa

04/06/2026
Ntuzokore ikosa kandi
04/06/2026

Ntuzokore ikosa kandi

 Kimwe mu bintu bigoye kwemera mu buzima ni uko, naho umuntu yokwirundaniriza ubutunzi bwinshi, ububasha canke icubahiro...
03/06/2026



Kimwe mu bintu bigoye kwemera mu buzima ni uko, naho umuntu yokwirundaniriza ubutunzi bwinshi, ububasha canke icubahiro, igihe azova kuri iyi si azoyivako ata na kimwe ajanye.
Amahera, ubwibone, amapeti n'amatungo abantu baharanira canke bapfana uyu musi, vyose bitakaza agaciro igihe ubuzima burangiye.

Icankenerwa si ivyo watunze, ahubwo ni ico wasize mu mitima y'abandi; urukundo wabagaragarije, ineza wabakoreye, n'iragi ryiza wasigiye abakurikirana inyuma yawe.
Niwubake izina ryiza kuruta kwirundaniriza ibintu, kuko ibintu bizosigara, ariko ibikorwa vyawe bizokwibukwa.

๐—ก๐—œ๐—ฌ๐—”๐—š๐—จ๐—›๐—”๐— ๐—”๐—š๐—”๐—ฅ๐—” ๐—œ๐—ญ๐—ข๐—š๐—จ๐—ž๐—ข๐— ๐—˜๐—ญ๐—” ๐Ÿ‘‰Yakobo yari umunyabwenge bwo guhenda abandi,๐Ÿ‘‰Petero yari umuntu yihutira gushavura,๐Ÿ‘‰Dawidi y...
01/06/2026

๐—ก๐—œ๐—ฌ๐—”๐—š๐—จ๐—›๐—”๐— ๐—”๐—š๐—”๐—ฅ๐—” ๐—œ๐—ญ๐—ข๐—š๐—จ๐—ž๐—ข๐— ๐—˜๐—ญ๐—”

๐Ÿ‘‰Yakobo yari umunyabwenge bwo guhenda abandi,
๐Ÿ‘‰Petero yari umuntu yihutira gushavura,
๐Ÿ‘‰Dawidi yakoze ubusambanyi,
๐Ÿ‘‰Salomo yari afise abagore 700,
๐Ÿ‘‰Yona yarahunze Imana aja kure yayo,
๐Ÿ‘‰Pawulo yari umwicanyi,
๐Ÿ‘‰Gideyoni yari afise ubwoba kandi atiyizera,
๐Ÿ‘‰Marita yari yuzuye amaganya,
๐Ÿ‘‰Toma yari umuntu akekeranya,
๐Ÿ‘‰Sara yari umunyihutira ibintu,
๐Ÿ‘‰Eliya yaraciye mu bihe vy'ukwihebura,
๐Ÿ‘‰Elisha yari busa bw'ubuhanza,
๐Ÿ‘‰Mose yararanduka mu mvugo,
๐Ÿ‘‰Zakayo yari mugufi,
๐Ÿ‘‰Aburahamu yari ashaje,
๐Ÿ‘‰kandi Lazaro yari yapfuye.

Iyo uravye ubuzima bw'abo bose, uratahura ko Imana itaraba uko umuntu asa canke ubwinshi bw'ivyaha yakoze.
Imana ntihamagara abamaze kuba babishoboye; ahubwo ishoboza abo yahamagaye.

Ni co gituma uno musi hari inkuru nziza: nawe uri nk'abo bantu mu buryo bumwe canke ubundi. Naho woba ufise amakosa, intege nke, canke ukwizera kunyiganyiga, Imana irashobora kugukoresha no kuguhindura.
Imana ihezagire umwe wese muri twebwe nk'uko ukwizera kwiwe kungana. Amen. ๐Ÿ™๐Ÿพ

๐—ฆ๐—ฒ๐—ฟ๐˜ƒ๐—ฎ๐—ป๐˜ ๐—”๐—ถ๐—บ๐—ฎ๐—ฏ๐—น๐—ฒ

๐— ๐˜‚๐—ป๐—ธ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ ๐—ป๐—ฑ๐—ฎ๐—ฏ๐—ถ๐—ฝ๐—ณ๐˜‚๐—ฟ๐—ถ๐˜‡๐—ฒ ๐—ถ๐—ป๐—ฑ๐˜„๐—ถ ๐—ป๐˜‡๐—ถ๐˜‡๐—ฎ ๐—ฏ๐—ฎ๐—ธ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐˜„๐—ฎiyindwi:-Imana ibongere umunezero-murondere muronka-amafaranga abitabe-mugum...
01/06/2026

๐— ๐˜‚๐—ป๐—ธ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ ๐—ป๐—ฑ๐—ฎ๐—ฏ๐—ถ๐—ฝ๐—ณ๐˜‚๐—ฟ๐—ถ๐˜‡๐—ฒ ๐—ถ๐—ป๐—ฑ๐˜„๐—ถ ๐—ป๐˜‡๐—ถ๐˜‡๐—ฎ ๐—ฏ๐—ฎ๐—ธ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐˜„๐—ฎ

iyindwi:

-Imana ibongere umunezero
-murondere muronka
-amafaranga abitabe
-mugumane amagara mezq
-mugumane impore
-Imana ibasukeko ubuntu bwo kwemerwa
-Imana ihezagire ibikorwa vyamaboko yanyu
-Imana ibarinde ikibi cose

๐˜€๐—ฒ๐—ฟ๐˜ƒ๐—ฎ๐—ป๐˜ ๐—”๐—ถ๐—บ๐—ฎ๐—ฏ๐—น๐—ฒ

๐——๐˜‚๐˜€๐—ฎ๐—ป๐—ด๐—ถ๐˜‡๐—ฒ ๐—ฎ๐—ต๐—ผ๐—บ๐˜„๐—ถ๐˜‡๐—ฒ ๐—ฑ๐˜‚๐—ณ๐—ฎ๐˜€๐—ต๐˜„๐—ฒUyumunsi hari kuwa Mungu benshi bagiye gusenga dusangize muri commentaire ahomwize natwe dufa...
31/05/2026

๐——๐˜‚๐˜€๐—ฎ๐—ป๐—ด๐—ถ๐˜‡๐—ฒ ๐—ฎ๐—ต๐—ผ๐—บ๐˜„๐—ถ๐˜‡๐—ฒ ๐—ฑ๐˜‚๐—ณ๐—ฎ๐˜€๐—ต๐˜„๐—ฒ

Uyumunsi hari kuwa Mungu benshi bagiye gusenga dusangize muri commentaire ahomwize natwe dufashwe, murakoze!!

๐—ฆ๐—ฒ๐—ฟ๐˜ƒ๐—ฎ๐—ป๐˜ ๐—”๐—ถ๐—บ๐—ฎ๐—ฏ๐—น๐—ฒ

Address

Bujumbura

Telephone

+25768297274

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Servant Aimable posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Servant Aimable:

Share