Wizzo Media Tv

01/01/2026

Mugihe H.E Kagame yasabye kurinda
umutekano w'abaturanyi muburundi ho 😃 Ndayishimiye
ashinja u Rwanda kuzamutera.😂 kuki avyonga intambara hageze kuyirwan agakominduru ngo tabara 😂😂

31/12/2025

Uko Niko ninjiye mumwaka musha wa 2026 muri Germany 🇩🇪 👇👇👇

30/12/2025

Ngo nta musirikare nt’umwe urabishije amaso ari ariko ´ubushishozi n’ukuntu hifashe ngupime nagato ukore ikintu kitagendeke muri ngo uta regretté ngo simba ziko maco🤣🏃🏾‍♂️‍➡️🤣🏃🏾‍♂️‍➡️🤣🏃🏾‍♂️‍➡️🤣

À suivre..


26/12/2025

Nyuma yaho ariye amafranga abafana bateranye amavidage 😭police yomuri Germany 🇩🇪 yavyivanzemo ngo mpaka basubijwe amafranga yabo kuko bayarishe baze kureba .a

26/12/2025

Nyuma yuko atageze mugihugu cubudagi 🇩🇪 akarya amafranga yabantu atayakoreye bateye induru ngobasubizwe amafranga baterana amavidaje
Na police 👮‍♀️ ivyivangamwo bikomeye
Ngiyo video
Link 👇👇👇👇
https://youtu.be/H-BohyHrZZs?si=nKzUR8XyKgi9poHE

26/12/2025

Ngaho MUNYUNVIRE ubukoroni bwabategetsi buburundi 🇧🇮😂Kandi muribo wasanga hari uwuyitunze😂

BURUNDI: Ufite "Sim Card " yo mu
Rwanda afatwa nk'umugambanyi🥹😭

25/12/2025

NDIMBATI AZIZE UBUGARI KURİ NOEL 🎅 🎄 NTAZOSUBIRA KUVUMBA 😭🥹

24/12/2025

‼️ Bonjour 🇨🇩, abasamariye ntaho batoto ya biko kwenye musururu umoja 🚶🏾‍♂️‍➡️🚶🏾‍♂️‍➡️🚶🏾‍♂️‍➡️🚶🏾‍♂️‍➡️🚶🏾‍♂️‍➡️🚶🏾‍♂️‍➡️🔥🔥

Imiserebende ya , rinda shirira🤣🤣
À suivre…

23/12/2025

Mwaramutse ariko
Adouii nukumohonda, ariko yirukira , kandi ibarinyuma
Kazi Ina endereya🔥🔥🔥

À suivre…
.

22/12/2025

‼️‼️Aba police murugo kwa ba kinois mutekana tuza mukanwa kanyu azobasaza nico citwazo musigaranye , mubandanye muryana 🤣🤣

Intare za Sarambwe ziri maso zitwengera ubwo bujuju bwanyu, ahiza gufyondera kurusoro mutatawanyika🏃🏾‍♂️‍➡️🏃🏾‍♂️‍➡️🤣🤣
À suivre…

21/12/2025

Igi police caba ndabira namwe ibiyeri nkaba !!
Umunyamakuru nawe ngo eheee ndabira bagiye kugwa mukimba🤣🤣
Abandi bagiye muri misiyo inyuma y’ikibuga nakamaramaza , hewe Bagaza ahuri warumiwe basi!!
À suivre…

20/12/2025

Ehe muzehe ukuntu abwira ababanyi bacu ivyo bategerezwa kuzirikana kandi Ibibazo vyamaho , hama imbuto yo gukunda igihugu mukayizirakana mukareka ruswa👏👏🫡

Ibiswi vy’inkona namwe muze ngaha babigishe siasa !!

À suivre…

Address

Kigali
31582

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Wizzo Media Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Wizzo Media Tv:

Share

Category