Ubuvumbuzi

Ubuvumbuzi Menya uko isi y'ejo yari imeze , ibigezweho kuri uyu munsi ubashe kumenya uko witwara ejo hazaza hakubere heza. Amakuru yose yizewe yasange hano!!

๐Ÿšจ   aragarutse n'igikorwa gishasha Vuba nonaha โณโณโณ
16/04/2026

๐Ÿšจ aragarutse n'igikorwa gishasha Vuba nonaha โณโณโณ

๐Ÿšจ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Uburundi bwungutse Umuririmvyi mushasha mu gisata c'indirimbo za Gospel. N'umuririmvyi Steve Pacy Mbonihankuye asan...
14/04/2026

๐Ÿšจ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Uburundi bwungutse Umuririmvyi mushasha mu gisata c'indirimbo za Gospel.

N'umuririmvyi Steve Pacy Mbonihankuye asanzwe asengera muri Minevam KIGOBE - imuhira h'umuvugabutumwa akunzwe Chris Ndikumana.

Steve Pacy rero naho atanguye umuziki vuba ariko amaze gusohora indirimbo zibiri ( Uri mwiza hamwe na Uraganje aherukirako).

Mumukurikirane Ku mihora yiwe yose , indirimbo Uraganje iri Kuri link twashize muri commentaire ya mbere.l ๐Ÿ‘‡

๐Ÿšจ LE 17 / 05 / 2026 โœ… ~   ~BURUNDI ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎEse mwabonye ko rya Sango ryageze ? Mukwakwanye mugure ama   atarabaherana !   ari ...
13/04/2026

๐Ÿšจ LE 17 / 05 / 2026 โœ… ~ ~BURUNDI ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Ese mwabonye ko rya Sango ryageze ? Mukwakwanye mugure ama atarabaherana !

ari Tayaliii imyiteguro yarayihejeje , hasigaye ikibazo c'Umwanya gusa !
Ese nawe woba waramenye ko zamaze gusohoka ?

๐Ÿšจ   ati , ๐ŸŽค Ndashimiye Imana igwisha imvura, ikakisha nโ€™izuba mu gihe caryo, imirima nโ€™abantu tukamererwa neza. ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
12/04/2026

๐Ÿšจ ati , ๐ŸŽค Ndashimiye Imana igwisha imvura, ikakisha nโ€™izuba mu gihe caryo, imirima nโ€™abantu tukamererwa neza. ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

๐Ÿšจ   ~ NTIBAHAGARIKWA ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐ŸŽค Kuva ejo ntayindi ndirimbo iriko irasamirana muma   no Kuma   atari Indirimbo   y'Umurwi    w...
05/04/2026

๐Ÿšจ ~ NTIBAHAGARIKWA ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

๐ŸŽค Kuva ejo ntayindi ndirimbo iriko irasamirana muma no Kuma atari Indirimbo y'Umurwi wo mu gisagara ca mu !

โœ๏ธ Iyo ndirimbo iraryoshe kumviriza, kuraba no gutamba !

Ikindi nuko ino ndirimbo bano ba barekuye igize Kane kuva mu Mwaka w'ibihumbi bibiri na mirongo ibiri na Kane ( 2024 )

Bamwe ngo bararirimba ? Eka da ! Ntawobagayira , ariko twebwe tubona ko Uyu murwi wo uje udahagarikwa ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
LINK y'indirimbo yabo bise muyisanga muri Commentaire โœ… ๐Ÿ’

๐Ÿšจ Igenekerezo rya 17 Rusama 2026 mu   ~   hazobera ibidasanzwe ! Igiteramo mpuzamakungu ciswe   kigiye kubera mu mujyi w...
05/04/2026

๐Ÿšจ Igenekerezo rya 17 Rusama 2026 mu ~ hazobera ibidasanzwe !

Igiteramo mpuzamakungu ciswe kigiye kubera mu mujyi wa ! Iyo iba uko Umwaka utashe !
Iyi azoba ari 3 ! ibindi biteramo bibiri vya vyaheruka kubera mu gihugu ca โœ…

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ rero burashikiriwe Kur'iri genekerezo rya 17 /05/2026 โœ…

ISANAMU : Denis Lison Maguru
Umuyobozi wa Maguru Music International ๐ŸŒ

๐Ÿšจ   in   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 2026 ๐Ÿ’ฅโœ๏ธ Mwabimenye ? Canke mwari mubizi ? Uburundi bugiye kwakira igiteramo mpuzamakungu kidasanzwe !๐ŸŽค Nkuk...
03/04/2026

๐Ÿšจ in ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 2026 ๐Ÿ’ฅ

โœ๏ธ Mwabimenye ? Canke mwari mubizi ? Uburundi bugiye kwakira igiteramo mpuzamakungu kidasanzwe !

๐ŸŽค Nkuko mugize iminsi muvyumva , Umuririmvyi w'indirimbo mpimbazaMana Uzwi nka Denis Lison Maguru kuva muri , agiye kwongera gusesekara mu gihugu ciza c' anatuzaniye !

๐Ÿ™ Reka dufate Kano kanya tumushimire caaane kubona yahisemwo kwibuka Igihugu ciwe camwibarutse ๐Ÿ™
Twese duti , Harambe โœ๏ธโœ…

๐Ÿšจ Umuririmvyi agezweho muri Kano kanya tuvugana ni Gift Gadson !
Uno musore , akomeje kugaragaza imbaraga zidasanzwe mu gikorwa c' na cane-cane mu kuyiririmbira no mukuyitazira โœ…

y'indirimbo yiwe yise yisange muri Commentaire โœ… ๐Ÿ™ ๐Ÿฅฐ

โญ Umuririmvyikazi uzwi nka Constance Niyo official akomeje kugaragaza ubuhanga budasanzwe mukwitaho icarimwe ibikorwa bibiri !
+ = ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿ’ซ Aho hakurya y'akanyaru mu ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ , naho Ibintu bikomeje gufata uwundi muvuduko ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
Abaririmvyikazi bavukana bazwi kumazina ya Alicia na Germaine bakomeje kuduza urwego rwabo muri yabo ๐Ÿ’ซ
Ariko kandi sinoreka kubamenyesha ko we aherutse gutsindira agashimwe ka miliyoni zitandatu z'amafranga yama mu marushanwa yararimwo !
Aba bana bakomeje kwitabwaho mu Buryo budasanzwe n'umuvyeyi wabo uzwi nka ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿšจ Umuririmvyi adasanzwe azwi nka   , Atangaza ko muri   izoba le 17/05/2026 mu gisagara ca    ko hazobera ibidasanzwe vy...
03/04/2026

๐Ÿšจ Umuririmvyi adasanzwe azwi nka , Atangaza ko muri izoba le 17/05/2026 mu gisagara ca ko hazobera ibidasanzwe vy'imboneka rimwe mu muzika wa , Ariko kandi ngo kazoba ari n'akaryo keza ko guhimbaza imyaka mirongo ibiri ( 20 ans ) iheze atanguye kuririmba ๐ŸŽ‚

โœ๏ธ Umuririmvyikazi ukunzwe cane muri uzwi nka Ubu ameze neza caaane mumutwe no mumutima โœ…
Ubu turashobora gutangura kumwishuza igikorwa c'Umwaka ๐Ÿค—๐Ÿฅฐ

๐Ÿซถ Abaririmvyikazi and bakomeza gushimira kukuntu kubitaho mu buryo budasanzwe no muguteza imbere Impano yabo yo kuririmba โœ…

๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Umuririmvyikazi uzwi nka , aratangaza ko iruhande yo kuririmba ko afise n'ibikorwa bidasanzwe vyo kwitaho amatara y'abarwayi ๐Ÿ™

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Neuroscience research is revealing how early life environments can shape the brain in profound ways. Studies using brain...
02/04/2026

Neuroscience research is revealing how early life environments can shape the brain in profound ways. Studies using brain imaging show that children exposed to chronic stress, abuse, or neglect often develop neural patterns similar to those observed in individuals exposed to combat. Specifically, increased activity in regions such as the amygdala and anterior insula has been linked to heightened threat detection and hypervigilance. Structural findings also indicate reduced volume in areas responsible for emotional regulation and memory, including the prefrontal cortex and hippocampus. A large meta analysis of fMRI studies further confirms that early adversity is associated with stronger emotional reactivity and weaker top down control from regulatory brain regions. These patterns suggest that growing up in an unpredictable or threatening environment can condition the brain to remain in a constant state of alertness. Over time, this may impact emotional regulation, stress resilience, and long term mental health. Early experiences do not just shape behavior. They shape biology. How important do you think early environment is in adult mental health outcomes? ๐Ÿง 

Address

Gisenyi
Rubavu
00000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubuvumbuzi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ubuvumbuzi:

Share