Bon-Fils Manager Silver Boy

Bon-Fils Manager Silver Boy Imana Imbere Shigikira Bonfils Umwe muri mwebwe https://youtube.com/channel/UCVmrgnQ0mgIZcDutrSYajZA

05/11/2025

Big shout out to my newest top fans! Bon-fils M B Silver

⚽🔥 Liverpool vs Real Madrid — Urukino rw’igitangaza muri Champions League 2025-26!Uyu munsi isi yose iritezwe ku mukino ...
03/11/2025

⚽🔥 Liverpool vs Real Madrid — Urukino rw’igitangaza muri Champions League 2025-26!

Uyu munsi isi yose iritezwe ku mukino ukomeye hagati ya Liverpool yo mu Bwongereza na Real Madrid yo muri Espagne.

Ikipe zose zifise amateka akomeye muri Champions League, kandi uyu mukino uza kuba ari ishusho y’intambara y’abanyamwuga ku kibuga!

🔴 Liverpool: Igihe cyo kwihumura

Liverpool iza gushaka kugaragaza ubukomezi bwayo, inyuma y’uko mu myaka ishize Real Madrid yabatsinze incuro nyinshi muri Champions League.
Abakinyi nka Mohamed Salah, Darwin Núñez, na Virgil van Dijk biteguye gukora ibitangaza imbere y’abafana babo b’inkoramutima.
Umutoza yavuze ati: “Twiteguye kugarura icyubahiro cyacu ku ruhando rw’u Burayi.”

⚪ Real Madrid: guhangana birabandanya

Ku ruhande rwa Real Madrid, nta bwoba na bumwe — numugwi ufise uburambe n’amahoro mu mukino ukomeye.
Vinícius Jr, Jude Bellingham, na Rodrygo barashaka kwerekana ko “Los Blancos” bagifite ubushobozi bwo gutsinda buri wese.
Umutoza Xavi Alonzo yagize ati: “Champions League ni urugo rwacu. Turakina dufise umutekano, ariko dutsinde.”

⚔️ Isesengura ry’umukino

Umukino urashobora kuba wuguruye cane, ibitsindo bishobora kuza kuva mu ntango.

Liverpool izagushaka “pressing” hejuru kugira ifate Real Madrid vuba.

Real Madrid izategereza amahirwe yo gutungura Liverpool biciye kuri Vinícius Jr.

Uko bigenda kose, abafana bariteguye kubona urukino w’igitangaza!

📊 Prediction yacu:

➡️ Liverpool 2-2 Real Madrid
👉 Umukino uzakuba wuzuye ibitsindo, inguvu, n’ivyishimo vyinshi!

💬 Wewe, ubona arinde aza gutsinda uyu munsi?

Sangiza igitekerezo cawe mu comments 👇

Bon-Fils Manager Silver Boy
Billy Pyuu
Mc Santana Pyuboy

31/10/2025

umve Belle Nice Wa Satubi arabeshuza irya Vidéo

31/10/2025

Erega nivyo

🔴 BIRAHAMBAYE! Naho yatsinzwe, Lamine Yamal yaragiye kuramukanya no gukengurukira Ousmane Dembélé ku ntsinzi yiwe yo kwe...
22/09/2025

🔴 BIRAHAMBAYE! Naho yatsinzwe, Lamine Yamal yaragiye kuramukanya no gukengurukira Ousmane Dembélé ku ntsinzi yiwe yo kwegukana Ballon d’Or 2025! 🇪🇦❤️🇲🇫

🙏 Ivyubahiro kuri Lamine!

🌍⚽ UEFA Champions League 2025/26: Tirage yamenyekanye i Monaco!Uno munsi kuwa 28 Myandagaro 2025, i Monaco habaye tirage...
28/08/2025

🌍⚽ UEFA Champions League 2025/26: Tirage yamenyekanye i Monaco!

Uno munsi kuwa 28 Myandagaro 2025, i Monaco habaye tirage y’ihiganwa rya UEFA Champions League mu buryo bushasha bwa League Phase.

🔹 Uburyo bushasha:

Ntihariho amatsinda nka mbere (groups), ahubwo hari League imwe irimwo imigwi 36.

Buri kipe izokina imikino 8: 4 mu rugo, 4 hanze.

Abasozayo hejuru bazoca baja mu 1/8 (round of 16), abo hagati bakaja mu play-offs, abandi bagasohoka.

🔥 Imihuro ikomeye yashizwe ahabona:

Arsenal na Chelsea bahuye na Bayern Munich.

Liverpool izohura na Real Madrid (reunion ikomeye).

Manchester City nayo izokina na Real Madrid hamwe na Borussia Dortmund.

PSG izohura na Barcelona na Bayern Munich.

Chelsea izohura kandi na Barcelona na Napoli – urugendo rukomeye cane!

🏆 Iyi Champions League nshasha izoba irimwo udushya twinshi, kandi amahura yamenyekanye arerekana ko hazoba inkino z’akarusho ziteye amakenga ku bakunzi b’umupira w’amaguru kw’isi yose.

---

👉 None mwebwe, mubona nde azotsinda hagati ya Real Madrid na Liverpool canke hagati ya PSG na Barcelona❓

Address

Burundi
Istanbul

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bon-Fils Manager Silver Boy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category